Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Niger: Umwe mu bazikwitoza mu kibanza c’umukuru w’igihugu yahagaritswe - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Niger: Umwe mu bazikwitoza mu kibanza c’umukuru w’igihugu yahagaritswe

Niger: Umwe mu bazikwitoza mu kibanza c’umukuru w’igihugu yahagaritswe

vendredi 1er Nzero 2016

Umukuru w’umugambwe UDR TABBAT akaba umwe mu bazokwitoza mu kibanza c’umukuru w’igihugu muri Niger Amadou Boubacar Cissé yarahagaritswe inyuma y’umutaga kuwa kane igenekerezo rya 31 Kigarama 2015.

Ahejeje guhagarikwa Amadou Boubacar Cissé yigeze kuba umushikiranganji yaciye apfungirwa mu gipolisi c’inyamiramabi.

Amadou Boubacar Cissé yashikanye ibisabwa kugira yitoze mu kibanza c’umukuru w’igihugu kuri uno wa kane igenekerezo rya 31 Kigarama 2015,mu masaha yo ku mugoroba.

Bitegekanijwe ko ibisabwa ku bashaka kwitoza mu kibanza c’umukuru w’igihugu bishika mu bushikiranganji bw’intwaro yo hagati mu gihugu kuwa gatandatu igenekerezo rya 2 Nzero 2016.


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.