Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Nigeria:Abategetsi batatu bakuru mu gisirikare birukanywe
Nigeria:Abategetsi batatu bakuru mu gisirikare birukanywe
lundi 13 Mukakaro 2015
Umukuru w’igihugu ca Nijeriya Muhammadu Buhari yirukanye abategetsi batatu bakomeye mu gisirikare.
Amakuru ava mu buvugizi bw’umukuru w’igihugu ca Nijeriya,amenyesha ko abirukanywe ari uwurongoye abasirikare barwanira hasi,abarwanira mu kirere n’abarwanira mu mazi.
Iryo yirukanwa ryabo bategetsi ribaye indwi imwe gusa imbere y’uko umukuru w’igihugu ca Nijeriya afata urugendo ruzomushikana muri Reta Zunze Ubumwe za Amerika,aho azobonana ana Barack Obama arongoye ico gihugu.
Amazina y’abazobasubirira vyitezwe ko azomenyekana mu masaha make.
Van Naris Mugisha
Messages
13 Mukakaro 2015, 19:36, par Valis e-loi
Non yabahoyik?eheee nicogihugu kirahagabir!!
14 Mukakaro 2015, 07:36, par kwizera Therence
Numugabo kabisa!ngaruts gato yabahoy iki?
14 Mukakaro 2015, 09:52, par MIBURO
Abategetsi nkabo kubakurira rimwe hari imvo ikomeye.!buhari ari nivyo yiketse canke yahaw inkuru n’igendereza!
14 Mukakaro 2015, 10:16, par muremesha mahoro
ur’umugabo mutama hakugira intwazangabo zititaho ineza y’igihugu n’abanyagihugu zotuma zifutwa zikakwa amapete,urazi ingen abavyeyi bana nigeria bahekuw abana babo babakobwa bagatahira ibi bivume ngo ni bokoharam izo ngabo zibona ntihagir nico zishikako zitwaza ko atabakobwa babo barimwo,mbega ayo mapete bambay baribuka neza ico bayambariy cank uwayabahay yari yiyumviriy neza,ko bishimy gusa bakanga aba civil ataco bamaz ahubwo nabandi ba president ba africa bari bakwiy gufata ingingo ikomey ku ngabo zabo nkuko kwa president wa Nigeria,turagukej urindya munyu,komera kdi Imana ikuj imber