Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Nigeria: Igitero mu rusengero cahitanye abashika batanu
Nigeria: Igitero mu rusengero cahitanye abashika batanu
lundi 6 Mukakaro 2015
Umwiyahuzi yiturikirejeko igisasu muri Nijeriya,mu gisagara ca Potiskum muri Reta ya Yobe,abantu badhika batanu baritaba Imana mu rusengero rw’abapentekoti.
Umwe mu bari aho mu rusengero igihe vyaba,yavuze ko,umukenyezi yaje yigize umukirisu,aca yiturikirizako igisasu mu gihe,urwo rusengero rwari rwuzuye.
Yavuze ko mu bahitanywe n’ubwo bwicanyi harimwo umupasitori,hamwe n’uwundi mugora ari kumwe n’abana biwe babiri.
Ico gitero gikurikiye ibindi bitero vyagirizwa umurwi Boko Haram umaze iminsi ukora ibitero muri ico gihugu.
Abantu bashika 200 baramaze gupfa bahitanywe n’ibitero vy’uwo murwi mu minsi itarenga indwi zibiri.
Umukuru w’igihugu mushasha wa Nijeriya Muhammadu Buhari, yiyemeje kurwanya uwo murwi Boko Haram.
IGIHE
Messages
6 Mukakaro 2015, 10:37, par Elie
Imana Ibakire Mubwami Bwayo
6 Mukakaro 2015, 12:25, par TOTI
Nivyo bisigaye gushikamu burundi.
Mana tabara africa
6 Mukakaro 2015, 12:50, par kubwimana
imana ibakire mu bwami bwayo!
6 Mukakaro 2015, 13:28, par Museke Vinsh
Nukuri Turakwiye Nyene Dutabagure Afirika? Mana Fasha Aba Nigeria!
6 Mukakaro 2015, 17:16, par TWIRWANEKO
Erega iyo umwansi akoze ikintu ugahora akwita ikijuju;mugihe twosubira ku njiri ya kera natwe tukabasubiriza mu nkoko nabo bagapfira mumisigiti vyogabanuka,IMANA imbabarire.
7 Mukakaro 2015, 10:39, par mbabazi
Book haramu njyewe rwose ndabashyigikiye ariko mureke kwicya abaturagi binzirakarengane.yagabyibitero se kungabo zigihugu!njyewe nabahanuraga kotongerukundi kwicya inzirakarengane;boko haramu nshyuti zanjye nonese KO mwiyemejye kurwanya leta mukaba mugaba ibitero kubaturagi ubwongubwo murwanya leta cyangwese murarwanyabaturagi?KO ntabwo mwigera mugaba ibitero kungabo?mbahanura KO mwabisubika vuba na vuba kuko yawumul qiama izo roho zinzira karengane muzazibazwa.
7 Mukakaro 2015, 11:53, par REMEGIE
BOKO HARAM NONE NTIBOYITUZA BURUNDU MBEGA OBAMA KO ATACO ABIVUGAKO KANDI ARIWE WO KUWUGWANYA? AFRICA IRAHANZWE !MANA DUTABARE !AMARASO ASESEKA MURI NIGERIA NI MENSHI CO KIMWE NO MU BURUNDI . POLICE YUBURUNDI NI NKA BOKO HARAM.
7 Mukakaro 2015, 14:28, par nikonabay mishu
emw nakamaramaz narinz yuk ari muburund harbwicany gus hamw no mur somalie iman igarukir iyis
7 Mukakaro 2015, 18:49, par Eric
Nibabice Babahonye Abo Ba Boko Haramu