Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Nigeria:Ubuhinga bwo kubakisha inzu n’amacupa ya plastic biragabanya (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > Mumakungu > Nigeria:Ubuhinga bwo kubakisha inzu n’amacupa ya plastic biragabanya (...)

Nigeria:Ubuhinga bwo kubakisha inzu n’amacupa ya plastic biragabanya umwanda

vendredi 30 Nzero 2015

Mu gihugu ca Nigeria batanguye ubuhinga bwo kubaka inzu bakoresheje ibicupa vya plastic mu kibanza ca matafari, ivyo bikagabanya amafaranga hamwe n’umwanda ivyo bicupa bishobora gutera

Ubuhinga bwo kubakisha inzu n’amacupa ya plastic mu kibanza c’amatafari bwaramaze gutangura gukoreshwa muri Nigeria, bugafasha igihugu kubungabunga ibidukikije mu gihe tuzi ko ivyo bicupa ari umwanda.Si ivyo gusa, ubwo buhinga buragabanya n’amafaranga, umuntu akoresha mu kwubaka. Ibinyamakuru bimwe vyo muri ico gihugu vyatangaje ko ayo mazu usanga akomeye cane.

Mu kubakisha rero ayo macupa mu kibanza c’amatafari, bagenda bashiramwo isima n’ivyondo hanyuma bagahambira n’imigozi.Abantu bavyubaka baremeza ko biba bikomeye cane ku buryo amasasu canke ibindi bishobora gutuma inzu isenyuka bidashobora kuyimbomora.


Lorene Nubwabo

Messages

  • Ndafise utubazo 3 mbega ivyobicuga vya plastic bituma inzu ikomera? Mbega ivyobicupa vyoroshe kuboneka gusumba amabuye namatafari? Mbega bibonekesha inzuneza gusumba ibindi vyosedusanzwe dukoresha? Ivyobintuvyose kubimenyavyodufasha natwe tukitegura gutangura kubikoresha ubonako ngahamiburundi harisekeza ryokwubaka nkaba Bujumbura murabona amahera agatafali kagurwa simake kumbure ayomacupa yobazimbutse.

  • TUBWIRE NEZA UKO BAYUBAKISHA NATWE TUZE TUBIGERAGEZE

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.