Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Ntampuhwe zinyabu - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Utuntu n’utundi > Ntampuhwe zinyabu

Ntampuhwe zinyabu

mardi 18 Kigarama 2012

Burya gusoma cane inkuru zisanzwe ni vyiza umenya amakuru menshi kandi agezweho ariko no gusoma izitwenza biruhura umutwe cane, uretse ko no gutwenga vyongereza kuramba.

imbeba yaje mw`ishengero gusenga ,nuko iriko irasenga ikanuye isanga yicaranye n`inyabu, nuko imbeba ubwoba burayitaha iratetemera niko kubwira inyabu iti "umva wangu mwene data mukristo mugenzi wanje witonde ntuzane bimwe vyawe vyo kuryana, hano nugukorera m`urukundo nukuri ntibaryana ivyaho vyose ni amena na halleluya".

Inyabu iti" Ivyo vyihoze kuko na pasitori yamaze kutubarira ko tugiye kurya umubiri wa kristo, none ngo wewe ni wewe utaribwa? Senga vuba noneho turangizanye kuko ndanashonje". Nuko iherezo ry`imbeba rica riba iryo.

Mbe iyo mbeba yabanje gusenga mbere yuko iribwa, ishobora kuba yaragiye mw`ijuru, gusa ntimumbaze muti iryo juru n`irihe!!!


Sengurebe Joel

Portfolio

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.