Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
OBR ntiyaronse umwimbu wari witezwe mu gice ca mbere c’umwaka - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Ubutunzi > OBR ntiyaronse umwimbu wari witezwe mu gice ca mbere c’umwaka

OBR ntiyaronse umwimbu wari witezwe mu gice ca mbere c’umwaka

mercredi 13 Ndamukiza 2016, par egide

Ikigo OBR kijejwe kwegeranya amakori n’amatagisi mu Burundi kimenyesha ko mu mezi atatu atangurira umwaka hegeranijwe imiriyaridi 149,7 z’amarundi, ku miriyaridi 151,1 ico kigo categekanya kwegeranya.

Muri ico kiringo nyene mu mwaka w’2015, ico kigo cari cegeranije imiriyaridi 166,7 z’amarundi.

JPEG - 32 ko
Domitien Ndihokubwayo, umuyobozi mukuru w’ikigo OBR

Mu kiganiro mu kigo OBR bahaye abamenyeshamakuru kuri uwu wa gatatu, bamenyesheje ko iryo gabanuka ry’amakori n’amatagisi ryatewe n’umutekano muke wibonekeza mu Burundi kuva mu kwezi kwa Ndamukiza 2015


IGIHE

Messages

  • Nimureke kwiseka uko nukwitera ijeke Ngo mwerekaneko ibihano mwafatiwe bitabarembeje muribesha ikindi turaziko hari ibihugu namashirahamwe amamwe bikibaherekeje murubwo bwicanyi murimwo iyo babahaye ifashanyo muca mubesha Ngo nizo mwegeranije kandi atarivyo mukubakingira kuko muziko bamenyekanye nabo Boca bafatirwa ibihano mwarahinyutse

  • uwo niwo musaruro wo kwirirwa mumena amaraso
    umwimbu mwawukurahe ko abanyamahanga mwirirwa murica aribo babahaga amakori
    kanatsinda nabarundi bakaba batazi gukora arukwirirwa banywa bierre gusa
    mwitonde nibindi biri munzira mwabanebwe mwe apuu

  • uwo niwo musaruro wo kwirirwa mumena amaraso
    umwimbu mwawukurahe ko abanyamahanga mwirirwa murica aribo babahaga amakori
    kanatsinda nabarundi bakaba batazi gukora arukwirirwa banywa bierre gusa
    mwitonde nibindi biri munzira mwabanebwe mwe apuu

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.