Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
OBR yatakaje imiriyaridi 2 zirenga muri Nzero 2016 - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Ubutunzi > OBR yatakaje imiriyaridi 2 zirenga muri Nzero 2016

OBR yatakaje imiriyaridi 2 zirenga muri Nzero 2016

mercredi 17 Ruhuhuma 2016, par egide

Ikigo OBR kijejwe kwegeranya amakori ya Reta kimenyesha ko cagize uruhombo rugera ku bice 5 kw’ijana ku mahera muri ico kigo bategekanya kwinjiza mu kwezi kwa Nzero 2016.

Mw’itangazo ikigo OBR casohoye kuri uwu wa gatatu, bavuga ko muri ico kigo bategekanya kwinjiza mu kwezi kwa Nzero 2016 amafaranga y’amarundi agera ku 50253550362. Ariko ikigo OBR kikaba cashoboye kwinjiza ayagera ku 47818703865.

Uruhombo rugera ku bice bitanu kw’ijana akaba arirwo ikigo OBR cagize (imiriyaridi zigera kuri 2434846497)


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.