Accueil > Amakuru > u Burundi > OIF yemeye gufasha gushira mu ngiro ingingo y’ukurungika abaporisi ba ONU mu (...)
OIF yemeye gufasha gushira mu ngiro ingingo y’ukurungika abaporisi ba ONU mu Burundi
lundi 4 Ndamukiza 2016, par
Umunyamabanga mukuru w’ishirahamwe ry’abakoresha ururimi rw’igifaransa arashima ingingo y’ishirahamwe mpuzamakungu ONU y’ukurungika abaporisi ba ONU mu Burundi.
Michaëlle Jean, Umunyamabanga mukuru w’ishirahamwe ry’abakoresha ururimi rw’igifaransa OIF (Organisation Internationale de la Francophonie) amenyesha ko yashimishijwe n’ukubona iyo ngingo yatowe na bose, agashimira n’igihugu c’Ubufaransa cayishikirije.
- Michaëlle Jean, umunyamabanga mukuru w’ishirahamwe ry’abakoresha ururimi rw’igifaransa
Kubwa Michaëlle Jean, iyo ngingo yerekana uruhara rw’amakungu mu kurondera gutorera umuti ibibazo biri mu Burundi, hamwe n’ukurondera amahoro mu Burundi, n’iyubahirizwa ry’agateka ka zina muntu.
Umunyamabanga mukuru w’ishirahamwe ry’abakoresha ururimi rw’igifaransa avuga ko azofasha ibishoboka vyose kugira iyo ngingo ishirwe mu ngiro.
IGIHE
Messages
4 Ndamukiza 2016, 10:28, par Nzorubara
Ahubwo nimunyarutse abantu twaheze nukuri
4 Ndamukiza 2016, 10:57, par Wesha?
Nkurunziza Asumbwa Ijambo Nabagore ! Murumva Ingene Ryavumerewe?
4 Ndamukiza 2016, 11:28, par Falcon
Nibanyaruke turabe ingene nkurumbi abarasa kuko yaravyivugiye mugabo turazi ko atohangana na OTAN,FBI bomutoza iminwe mu masekonda,"AKIMBWA KARASHESHE....."
4 Ndamukiza 2016, 12:13, par Murundi
Twizereko atari bamwe bangana 30 gusa kkuko ataco bofasha nibake cane. Abarundi dukeneye abadukingira benshi kuko twahonye amakungu arorera.
4 Ndamukiza 2016, 13:47, par tari
Abanyamahanga niko mwabaye nubwo barikuvuva kwatabo barungika mwarigushima mwebwe mukunda agapfa ntimukunda agakira
4 Ndamukiza 2016, 15:31, par Andre Buj
Nitwa Adre Buj Uymunt Narab Ivyiwabo Ivyuburundi Abivinyuma Tuzobaho
4 Ndamukiza 2016, 16:50, par YAREDI
ABASENGIMANA NIBAGUMEKUMAVI ABARUNDI BAFISUBWOBA
4 Ndamukiza 2016, 18:47, par gahungu
Erega ntawuzobarondere amahoro wumunyamahanga mwebwe mwenyene mutayirondereye ugira muri libiya ntibariyo ayo mahoro muvuga yarabonetse ubu abene gihugu ntibasangukiye kunzira
5 Ndamukiza 2016, 00:02, par Isaie
Mbega ko bagiye guhagarikira agateka kazinamuntu muri ribiya hagapfa kadafi umurundi
5 Ndamukiza 2016, 00:02, par Isaie
Mbega ko bagiye guhagarikira agateka kazinamuntu muri ribiya hagapfa kadafi umurundi
5 Ndamukiza 2016, 04:44, par Morodikayi Jon
Nibihute ningoga kuko hano muburundi, ntagi porisi cogukingira abanyagihugu kikiriho. niki porici twari twizeye cahindutse twimujeri, nico catumariye abacu.
5 Ndamukiza 2016, 13:34, par RASHIDI
irungikw ryabobpors muburndi travyiyamirij!ahubwo onu niyihwez ntitwarw namajambo yibipfamutima ngo nabamenyeshamakuru batazi amategeko yakazi bakora none abamenyesha makuru nibobafatingingo?ntamurundi afisumutima akunda nigihugu camwibarutse yoshigikarango abobaporis baze mugihugu cacu turabiyamurije%%
5 Ndamukiza 2016, 13:36, par RASHIDI
irungikw ryabobpors muburndi travyiyamirij!ahubwo onu niyihwez ntitwarw namajambo yibipfamutima ngo nabamenyeshamakuru batazi amategeko yakazi bakora none abamenyesha makuru nibobafatingingo?ntamurundi afisumutima akunda nigihugu camwibarutse yoshigikarango abobaporis baze mugihugu cacu turabiyamurije%%
6 Ndamukiza 2016, 18:05, par Eric
Twebwe abarundi ntiturageraho twiyambaza abaporisi abodufise nabo boca bakora iki? ntabodukeneye
7 Ndamukiza 2016, 13:31, par EMMANUEL KANT
SI CELA N’EST PAS UNE MANOEUVRE DE L’UN OU L’AUTRE,EN COMPLICITE AVEC L’OCCIDENT,MA CONVICTION EST QUE TOUT PUISSE ETRE MIS EN OEUVRE,SI VRAIMENT NOUS,BURUNDIS,VOULONS LA PAIX ET LE DEVELOPPEMENT!
10 Ndamukiza 2016, 07:00, par www com
Ubwambere bavuze abasirikare turabiyamiriza none ubu bageze kuba polisi? Mbega yemwe mwabatutsimwe mwifuziki? Mwabuze ahomufatwa nkumwana ahiye mukwaha? Abapolisi turabifitiye ababizi naba centrafricain bo bama batabawe na PNB none mwibazako PNB yacu izokurwaho? Murahumba irya ninkinzo yigihugu cacu