Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
OMS: Kurwanya malaria vyaragabanutse - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amagara y’abantu > OMS: Kurwanya malaria vyaragabanutse

OMS: Kurwanya malaria vyaragabanutse

mercredi 19 Kigarama 2012

Ishirahamwe mpuza makungu ryitaho amagara y’abantu (OMS) riramenyesha yuko inguvu mu kurwanya indwara ya malaria zagabanutse kandi ko intambwe yari amaze guterwa mu myaka iheze muri urwo rwego ishobora gusubira inyuma.

Nkuko amakuru dukesha BBC abitumenyesha , hari amafaranga abura mu mugambi wo kugwanya, gupima no kuvura indwara ya malaria . Ivyo bikerekanwa nuko imisegetera itangwa ku mugabane wa Afirika yagabanutse kugera munsi y’ica kabiri y’iyatanzwe mumyaka ibiri iheze. Ivyo rero bigatuma habaho imiriyoni z’abantu batagishobora kwikingira indwara ya malaria.
Iryo shami rya ONU ryitaho amagara y’abantu rivuga ko rikeneye ayandi mafaranga agera ku miriyaridi zitatu kugirango igikorwa co kugwanya iyo ndwara congerwe ingufu zikwiye.

OMS kandi iriko irondera inzira zo kuronka amafaranga , nko kwaka amakori mu buryo bwo guhanahana amafaranga hamwe no kumpapuro z’agaciro


Marie Claire Ingabire

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.