Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
PAFE:’’Ivyuma vyarushe, impapuro zaheze’’ - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > PAFE:’’Ivyuma vyarushe, impapuro zaheze’’

PAFE:’’Ivyuma vyarushe, impapuro zaheze’’

vendredi 19 Ruheshi 2015

Abashaka ivyangombwa vyo gusohoka imbibe z’igihugu, babwiwe ko ivyuma birushe, mbere bakaba basabwe gutaha.

Mu gihe imbere y’ikigo ca PAFE hari hasigaye hirirwa abantu bashaka vyangombwa vyo gusohoka imbibe z’Uurundi, abayobozi ba PAFE(Police des Airs, des Frontières et des Etrangers) bavuga ko bahagaritse gutanga ibitabo vy’ingenzi, aho basigura ko impapuro zaheze, ndetse n’ivyuma birushe. Igihe c’isaha zine z’aka gatondo ko kuri uyu wa gatanu, igenekerezo rya 19 Ruheshi, abayobozi ba PAFE basavye abari aho gutaha. Bagenzi bacu bari imbere ya PAFE, batubwiye ko abantu bari bakihari ari benshi, ariko kandi, hakaba hari amakuru yavuga ko mu ndwi iza, bashobora gusubira gutanga izo mpusha zo gusohoka imbibe z’igihugu.

Muri iyi minsi hakaba huzuye inkuru usanga zitagira ivyemezo, bamwe bati ni ibihuha vy’indwano, abandi bati ntandwano izosubira kuba mu Burundi, ariko abantu bo bakagumana ubwoba bwinshi, mbere abahunga bakaguma barwira, abagabo nabo, bakarara amarondo mu bice bitari bike vy’igisagara ca Bujumbura. Ariko naho biri uko, ibibanza bimwe bimwe bikaba bikunze kumvikanwamwo amagrenade aterwa n’abantu bataramenyekana, aho bamwe bakomereka, abandi bakitaba Imana.


IGIHE

Messages

  • MUBISANZWE NIBABIHAGARIKE ,MUGABO RERO BAHEREZE IMPAPURO ZOGUSOHOKA ABANTU BAGIRA BAJE MURUGENDO RWAKAZI CABURE ABAGIRA BAJE KWIVUZA HANZE YIGIHUGU GUSA BONYENE NAYO ABAGOMBA GUSOHOKA BADA FISE INVO ZUMVIKANA BAZIBIME

  • Ahahaaa! Iyo Nimotif Kugira Ntibihungire

  • Umuntu yakoze iy nkuru yari gushiramw ivyavuzw vyose kuko havuzw ko bahagarits gutanga passeport na laissez-passer kubera ivyuma vyarushe ariko bazobandanya ku musi wa mbere yamara abarondera CPGl bo babandanij bazihabwa. Donc l info serait a rectifie

  • Ubwo Nta Manyanga Yinyegeje Inyuma Y’ako Kaga Ko Kwima Uburenganzira Abifitiye Iyo Barora?Aho Ntibumva Ko Biteye Isoni Kubwira Abantu Ngo Impapuro Ziraheze Mu Gihugu Reta Yaco Idasiba Gutangaza Ko"tout Va Bien"?

  • Ubwo Nta Manyanga Yinyegeje Inyuma Y’ako Kaga Ko Kwima Uburenganzira Abifitiye Iyo Barora?Aho Ntibumva Ko Biteye Isoni Kubwira Abantu Ngo Impapuro Ziraheze Mu Gihugu Reta Yaco Idasiba Gutangaza Ko"tout Va Bien"?

  • mwagomba mugende mwese kugira tubure abo tumesa,guma hamwe

  • Ahaa,leta yafashe ingingo y ukwakwa umwidegemvyo abayo mukubuza abarundi kurenga imbibe biciye mukubima vya ngombwa!none uburenganzira dusigaranye ni ubuhe?amaradiyo arugaye,turabujijwe kuja mubindi bihugu,hasigaye ah Imana gusa.

  • Ahubwo Iyo Bugara N,imbibe Kiretse Kubima Izo Mpapuro Abo Nibo Bashitse Hanze Bavuga Yamuhe

  • Mana nahawe hodukora kuk abana bawe turarushe peee!

  • TURAGOWE NON BASHAKA BIGEDE GUTE?MUTAMA WACU ARAKUBURE AVUGENEZA TURONKE AMAHORO.NANBA SATANI YATSE INDARO MUBURUNDI ABASENGA MUSENGERE UBURUNDI

  • Ibihuha biriho ariko hari nagahaze uravy chargeurs abasoda n:abapolisi basigaye bagendana kunkoho zabo.Guhunga navyo biterwa n’icuka ca politik kihari.Kenshi usanga umuntu yiyumvira kazoza kimbere bigatuma ahunga.Uko biri kwoseizi mpunz ni nyinshi mukwezi kumwe.Nubwo babibona ibisanzwe mbere hakaba m’umutegetsi akomeye cane mu burundi yavuzengo na 2005 amatora yarrabaye hari abarundi isinzi bari bakwiye kuvyigs neza kuko ubu ntibisa

  • reka abagenda bagende kuko ntawuhisha umwotsi inzu yahiye kuko muburundi haragwaye

  • murabesha basha nukuri ubuho twese turahunga uwudutegera tumukororera muri kanyaru canke abohwe naho nakagende sinari bwabone intwaro mbi nkiyuburundi.mana dukize falao murabesha basha nukuri ubuho twese turahunga uwudutegera tumukororera muri kanyaru canke abohwe naho nakagende sinari bwabone intwaro mbi nkiyuburundi.mana dukize falao ningabo ziwe.

  • Abarundi turizera imana kanda hakaba ari uwo twita premier damm naw arasenga can nab nka ESTELLA wo muri bible ataruko ubwoko bwimana burahona turamusavy ariko vyukuri nimba ari
    umugabo wiw wamasezerano imana izomwumvira murskoz

  • @Kezakimana,
    Ni uburenganzira bwawe kuvuga ikikuri kumutima ariko notangara caane hamwe nsanze ufise amashuri arenga10. Ntasoni kuvuga ngo bime ivyangombwa vyo gusohoka abanyagihugu mu Gihugu kiri enclave, kidashobora gukora n’ikibiriti?? Wewe iterambere ry’igihugu rikubwoye iki?? Wibagiye ko n’agaceri murya kava hanze???
    Eka nimba woba uri mubafata ingingo mugihugu canke hari abazifata biyumvira nkawe, ntivyontangaza kuba Ubwanyaburunga bugowe ayo bugowe uyu munsi

  • Ni Kuk Mu Dadika Kuri 3e Mandat Na Calndrier Elctoral?Ganir Si Non Ibintu Bigiy Kugora Hagow Ba Nyarucari Mu Guma Mukinirako Politiqu Yamanyanga.

  • @Kezakimana
    Ninde muntu wumvise yugaranirigwa mugihugu, akankigwa kugisohoka ngo nuko adafise impamvu zumvikana?? Erega harya barabona abantu ukuntu basohoka bangana kandi atabandi bari kwinjira.

    @IGIHE
    Nimba mwarihaye igikorwa co kwandika mukirundi, be mwandika mukirundi nyene. "INDWANO" naco n’igiki? Nimba mwarushe, nimuhebe rero nakare ntaterambere ririho mugihe mugikorera musi y’ukwaha kw’abanyarwanda.

  • Turabamesa murabesha rindira amatora ahere tuzobamesa numunoho ubavemwo. Rindira tumwimike ibisigaye muzovyishura imiduga yacu mwaturiye tuzobamesa basi nisabuni ibaheremwo.

  • Le propos de Kezakimana est surprenant. None iyo umuntu yaba yaremwe kugirango ntanshobore kuja iyo agomba, Imana yari kumuremana imizi. Ce n’est pas le cas. La liberté de mouvement est garantie par la Constitution ntivyumvikana rero ingene umuntu, qui n’est pas condamné, yokwimwa vya ngombwa pour se déplacer comme bon lui semble.
    Vous serez quand même d’accord avec moi que c’est complètement absurde d’empêcher les gens d’aller où ils se sentent mieux.

  • imitwe yose y’abatutsi yanse hagez aho bahunga nibagende barabe ingene hanz hasa n’irya mbere dans l’histoire umututsi ahunga, bagarutse guter bazosanga duhagaz bwum, igihe bica ndadaye bibaza ngo birarangiy, nibagende mu nkambi barabe ingene nawe yahabaye atabishaka

  • Jw Mbona Atagirigay Nibaduh Izompapuro Twihungir Kko Ha Gupf Uno Musi Wopf Ejo.

  • abahunga nibijuju.natw twarasw kera twojahe..

  • usangwa ari abahunga;twebge tutagira iyo tuja tuzoba abande?IMANA n’idufashe!

  • @ Pete
    Imbwa ikuga cane ntiryana. Jewe nd’umuhutu nimba wipfuza kumenya ubwoko bwanje, kuko ndazi abakunzi ba Nkurunziza bama bashaka kubicisha mumacakubiri. Nka wewe aho usanga udashobora no guterura ibiro 10, ariko uri kuvuza induru ngo uzomesa abantu. Urampa address yaho uri hanyuma tumesane nk’abagabo. Tuve kuri Internet tuje muri real world.

  • ntantwaro yabahutu pupu

  • Non Ivyo Vyitwa Gut?Ivyo Muri Leta Y’ibujumbura Vyabuze Pe!!!Burya Ivyuma Bisigaye Bivuga Ko Birushe!Karabaye Pe!!!Nibabahe Bigire Muvyabo Kuko Umwe Wese Ategura Ubuzima Bwiwe.Ahubwo Iyo Bavuga Ko Nyavyuma Vyashaje!!!

  • @ nyishu naho asenga ntiyarushaga simone bagbon

  • @OkAY
    Mbega basaba impapuro ngo bahunge,domage imashini zirarushe,nibagende n’amaguru,uwuhunga arindira passeport!Hari igihe bohunga bahumye umunsi umwe,

    @cyriaque
    N’ukuri hakagira uwubategera ngo ababuze kuyerera!Vas gouter àla vie de refugiés ne fusse que quelques temps!

    @Augustin
    Reka sha kuba ugaya ba nyarucari,mwibazako batazi ubwenge n’ivyo bakeneye?mwibazako abo batutsi b’i bujumbura aribo ba représenta abarundi bose,nivyo mushaka ,mais non ba nyarucari bazi vyinshi bihoreye.la preuve mu ma genocide ya 65,72,89,91,93 à2005 ba nyarucari abatutsi ntimwabageze umutwe mwabacishije ku buhomba,nabari kurima mwabakurayo mukaja kubica!!

    @peke
    warasaze,ariko je préfère rigoler de tes commentaires,moi aussi j’aurai dit ça,mais je préfère kubabwira baruhe inda bahunge bavura ata ma passeports,bashaka guhunga,ok il faut qu’ils le fassent comme il se doit,par la brousse et les marecages!!!hihihiiiiii

    @Nkunduburundi
    Mbega nimba tudashobora gukora ikibiriti,wibagiyeko ko twabandanirije aho abahima b’i bururi bagejeje,iyo umbwira uti ama industries micombero,bagaza na buyoya basize yarahomvye ,nari kuvyumva,mbeko mwirata ngo abatutsi mwarize iyo myaka cumi yose harabuze nuwusohora une formule révolutionnaire ngo atwubakire industrie dutere imbere,muzi guturira abahutu mu ma pine no kubesha no kwitonesha mu bazungu gusa.

    @Melc
    Nanje nahora nibazako twokugara imbibe,ariko ce n’est pas une bonne idée,ne t’en faits pas bazovuga bacoke,kubera na harya baja bakabaha uruvugiro nabo baraziko uwuhunze wese avuga ayamuhe,kandi ikigutangaza nko mu bubiligiho ntiwibaze ngo niho uca uronka ibipapuro canke ngo uronke un traitement spécial,loin de làabo bita aba vlaams belang ntibashaka abanyamahanga surtout b’ibinebwe,bakurungika kwaha inkere,rero babime impapuro ,imbibe zigume zuguruye ,bafate utuyira two mu nzuzi no mu mashamba!!!!!hihihiiii reka ntwenge basi imana izoduhorera abacu bazize ubusa bishwe nabo batutsi!!!!
    @Amza
    ntaco ndakubwiye!

  • Babajije Pierre Buyoya ati:mbe son exelence Pierre Buyoya,igihe wayobora uburundi igisagara ca bujumbura ko cari gifise isuku ubu naho igisagara kikaba gifise umwanda ni kuki?nawe ati:igihe nayobora hariho abakozi ba cetemu bari bajejwe gukoropa amabarabara,ubu nabo nibo buzuye muma office y’inzego z’igihugu ubona isuku ryokorwa nande??umututsi??rekada kirazira..hahahhahahhaa kari igaciyemwo,uti ngo ivyuma vya PAFE vyarushe hahahhhahah ndabatwenze ejo naho buca mugara n’imbibe hahahhaa abahutu mwikoze munyo mutumye abatutsi duhunga atavyo tumenyereye??sha nimurindire retour yiwacu niyo mbi,,twe tuzoza atavyaguteganya ibiganiro vy’Arusha nkuko mwabigenjeje,,twe tuzokubita n’imbwa zimoke maze mwangare nakare n’ivyo mumenyereye nta ntwaro yabahutu murakangara

  • IVYUBURUNDI NAKANANIRA BAHINGA

  • mana yanje ndumiwe vrt!ubw si kuber abantu bar basigay bahunga kubwinshi?mbe amategeko yoba avug iki kumuntu yankiy uwundi guhung mugih abon kwatamutekano afise.bategets ikebuk vrt kuk mushobir kuzobibazwa

  • Nibareke kubesha nibatang izo mpapuro abant bihungre kuk akarorero ko bazobamesa kariho.none uwogucungereye akurash habahasigay iki? Barigijw kurementanya kweli!!!

  • Nibazeko umuntu ari umuntu
    Ahubwo twofukama tugasenga imana yaturemye Uwukora amaraso wesse azoyabazwa.

    Mbekushakwica wararemye?

  • La communaute internationale reconnait nous sommes entrain de quitter le pays a cause de l,inseculite qui regne dans notre pays de cela surtout les pays l,hemitrophe du burundi prennent en charge que nous sommes entrain de quitter le pays sans document.

  • Ivyuma Birashobora Kuruha.Ivyo Turabizi Ni Mureke Guhahamukira Impapuro,ingorane Ziheze Akazi Kazobandanya

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.