Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Papa Francisko yagenye aberanda ku ncuro ya mbere - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Ukwemera > AMASHENGERO > Papa Francisko yagenye aberanda ku ncuro ya mbere

Papa Francisko yagenye aberanda ku ncuro ya mbere

dimanche 12 Rusama 2013

Umwungere wa Ekleziya Katolika Papa Francisko, yagenye aberanda ku ncuro ya mbera, kuva abaye umu Papa.

Barimwo abantu amajana umunani baguye mu bwicanyi bw’abasirikare b’aba Ottoman mu kinjana ca cumi na gatanu, abaciwe imitwe mu gisagara ca Otranto mu Bumanuko bw’ Ubutaliyano, bahorwa kwanka kwinjira idini rya Islam.

Amazina yabo ntazwi, kiretse umwe gusa yitwa Antonio Primaldo.
Muri iyo nkuka y’imisa, Papa kandi yagize abatoni ababikira babiri bo muri Amerika y’Ubumaniko, Laura Montoya wo muri Colombiya na Maria Guadalupe Carcia Zavana, wo muri Mexique.

Mu mezi abiri gusa amaze ashikiriye amabanga, Papa Francisko yagenye aberanda benshi kurusha aba Papa bose bamutanguriye.


Aristide Nizigire

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.