Accueil > Amakuru > Mu makungu > Papa Francois asaba ihagarikwa ry’ubwicanyi bukorerwa abakirisu
Papa Francois asaba ihagarikwa ry’ubwicanyi bukorerwa abakirisu
vendredi 10 Mukakaro 2015
Umwungere w’ishengero katorika kw’isi Papa Francois amenyesha ko ubwicanyi bukorerwa abakirisu bo ku mugbane wa Aziya bugereranwa n’intambara ya gatatu y’isi.
Papa Francois ivyo yabivugiye mu gisagara ca Santa Cruz mu gihugu ca Bolivie,mu bumanuko bwa Amerika.Papa Francois yavuze ko biteye intuntu kubona hari abakirisu bicwa abandi bagahohoterwa mu karere ka Aziya yo hagati n’ubuseruko.
Papa Francois avuga ko ibice bibangamiwe ari igihugu ca Syrie,na Iraq aho hari imirwi igomba gushinga Reta ishingiye ku mategeko ya Islam.
Mu mwaka w’2014,abakirisu bashika 4300 bava mu bakatolika,abaporoti aba orthodoxes n’aba anglikane nibo bishwe.
Van Naris Mugisha
Messages
10 Mukakaro 2015, 12:30, par Djibril
Ivya abakirusu urabivuze aba islam bicwa nindege za abanya israeli ni imilioni zingahe?amerika amaze kwica aba islam bangana gute? Reka nabo bihore nimwabonako bibabaza genda mubuze America nu uburayi gutera aba mislma hama mwibere mumahoro
10 Mukakaro 2015, 14:27, par Fabrice
Mbenga Bapfiki? Idini Nyakuri Nirehe
10 Mukakaro 2015, 18:43, par Gérard
Karabaye!!!ubwicanyintiburi muburundigusa?ariko isangory’imana ririhagufi
11 Mukakaro 2015, 11:43, par EDDY
NIVYIZA CANE
11 Mukakaro 2015, 23:20, par Sindayihebura
Abiyita abakirisu muga bahegekey inkoho namabombe si aba Yezu. abobakirisu biwe nabanz abigishe ko kujamuntambara atarivyo yezu yigishij igihe yavuga ngo dukundane.
13 Mukakaro 2015, 20:48, par bimenye
ewe wa mzeeh we ugomvye wokwihorera non kwimana yabo yabatumye ubuhanga bwabantu mbere bakaba bavuye hasi aribenshi kuburondera hari al shabab, al Qaide, isis,boko haramu,etc/abobose ngobarondera gucamazosi yabarinyuma ya kristo ngobabone kwemegwa nimana atari rurema kuko uhoraho akaneye abantu ntiyokwirigwa atuma yovyishoborera rurema ntawo yemerera kwica itang 9:5 6kuvayo20:13/ niwica umenye uwukorey niwamwicanyi shetani wadini we wigishagukrerana warazimiyn .