Accueil > Amakuru > Mu makungu > Papa Francois yahagurukiye abasenyeri banyegeza abahohotera (...)
Papa Francois yahagurukiye abasenyeri banyegeza abahohotera abantu
jeudi 11 Ruheshi 2015
Ku ncuro ya mbere, umwungere w’ishengero katolika, Papa Francois, yashizeho ibiro bishasha bizocira imanza abasenyeri banyegeza abihebeye Imana bahohotera abantu mu kubashurashuza.
Umuvugizi w’ibiro vya Papa Francois , Federico Lombardi, yavuze ko ubu hariho uburyo budasanzwe bwo guhana abihebeye Imana batazohangana n’iryo hohoterwa.
Mw’ ishirahamwe ry’abahohotewe rifise icicaro muri Reta zunze Ubumwe za Amerika, rivuga ko ivyakozwe na Papa Francois ata kamaro kanini bifise kandi ko bije bitevye.
Iryo shirahamwe ryavuze ko Papa yari kuba yarirukanye abasenyerei benshi rivuga ko babigizemwo uruhara.
Uwundi mugwi ugizwe n’abahohotewe, wabajije ingene ibiro vya Papa i Vatikano vyohana abareka ivyaha nk’ivyo bigakorwa, mu gihe bari mu nzego zo hejuru za Vatikano nyene.
Messages
11 Ruheshi 2015, 14:16, par giraneza
es’ubundi mwari murinz’iki ngo bikorwe?hera m’uburundi turabe!
11 Ruheshi 2015, 14:17, par giraneza
es’ubundi mwari murinz’iki ngo bikorwe?hera m’uburundi turabe!
11 Ruheshi 2015, 14:43, par rwatokampayano
igikoko caditswe mu vyahishuriweyohana ?
11 Ruheshi 2015, 16:03, par keza
Uwohora imbwa gusutama yozimara zose!!
Ni bafume babareka barongore basi aho kubikora binyegeje
11 Ruheshi 2015, 17:46
Emwe Nakosore Ntamwana Na Ngoyagoye Bo Bagiye Kw,isonga Mukuvuga Ko Bokwikurako Gutwarwa Nkabaja Nurya Mupatiri Yasomy,imisa Y,inkehwa Zo Muri Mediterane None Raba Ivyo Mwababwiye Babayobotse Gira Ico Mukoze Bave Mw,ibarabra Bareke Guturira Imiduga Yabene Burundi
11 Ruheshi 2015, 20:54, par Masumbe
Ivyo nibiteye isoni kubantu nkabo,mbega babategekanirije ibihano nyabaki?mumategeko yarakwiye kwirukanwa agaca ashikirizwa ubutungane,irishengero niryamanyanga pe!ejo le 11/6/2015 patiri mukuru wa paluwasi ya nyanza-lac yasomeye misa mungoro yumugambwe cndd fdd kumutumba wa bukeye afadikanije numwungere wishengero rya Eusebu nabandi pastor ngo muntumbero yugusengera amatora mwumva ari abakorerimana canke abanyapolitike?
12 Ruheshi 2015, 20:00, par Melchiade
Masumbe Nagira Nkubwire Uwo Yafatanije N.Abandi Gusenga Ntacaha Yakoze Nkurya Wo Kuwa Mungu Muri Katedrale Regina Mundi Basengeye Amatora Banka Ubwicanyi Bwabadashaka Amatora N,intwaro Z,amagaburanyama Naw,urimwo
12 Ruheshi 2015, 21:31, par Irakoze
Umuntuwese akwiye kwiraba kukatwe kiwe ntitwihute gucimanza.yezu bamubavye bamwagiriza gucumura
19 Ruheshi 2015, 12:28, par kezakimana
Huuumm, hanyuma baka duhenda ngo aba senyeri na ba padiri ngo ntiba rongora ; ego mama wumukondo
19 Gitugutu 2015, 23:30, par Irakoze didier
Eeh! Ubuhanuzuburiko burasohor ivyo vyarahanuw k bizoshik! Harakurikir ikimenyetso muruhang! bakundw ncutizimana nigihe canyum mwubah’IMANA muyiseng kuk igihe kiregerej