Accueil > Amakuru > Mu makungu > Paris : Abanyagihugu barenga 120 baguye mu bitero vy’abihevyi
Paris : Abanyagihugu barenga 120 baguye mu bitero vy’abihevyi
samedi 14 Munyonyo 2015, par
Abantu bagera kw’ijana na mirongo ibiri nibo bamaze kumenyekana ko baguye mu bitero vyabaye ku mugoroba wo kuri uwu wa gatanu mu bibanza bitandukanye vyo mu gisagara ca Paris mu gihugu c’Ubufaransa.
Igitero ca mbere cabaye ku kibuga c’umupira w’amaguru ahariko habera urukino rwa kivandimwe rwariko ruhuza umurwi nserukiragihugu w’Ubufaransa n’umurwi w’Ubudagi. Umukuru w’igihugu c’Ubufaransa François Hollande nawe yari yagiye gukurikirana urwo rukino, akaba ariko yarashoboye guhungishwa.
Abantu bariko bakurikirana igiteramo c’umurwi wa Eagles of Death Metal mu nzu y’ukwidagadura ya Bataclan bagizwe imbohe, muribo abagera kw’ijana bose baricwa. N’abanyagihugu bari mu micungararo y’ico kibanza barafashwe n’amasasu y’abo bihevyi banjiye muri ico kibanza bavuga bati : « Tubikoze kubwa Siriya. »
Bakarasa bavuga bati : « Allah Akbar ».
Muri ico kibanza abari bagizwe imbohe baryamitswe hasi, mu nyuma baraswa umwe ku wundi.
Abategetsi b’Uburundi batanguye gushikiriza ubumwa bw’uguhoza imiryango y’Abafaransa yaburiye abayo muri ivyo bitero vy’abihevyi. Umukuru w’igihugu Petero NKURUNZIZA, mu butumwa yanditse ku muhora wiwe wa Facebook, yagize ati : « Nifadikanije n’ababuze kandi ndahojeje abanyagihugu bo mu Bufaransa. Iterabwoba ntirizokwigera rironka ijambo rya nyuma.» (Toute ma solidarité et mes condoléances au peuple de France. Là, comme ici ou ailleurs, le terrorisme n’aura jamais le dernier mot.)
IGIHE
Messages
14 Munyonyo 2015, 10:05, par Bukuru
Urucira mukaso rugatwara nyoko mukokeza ngo muburundi biracika imbere yogutosora uwundi banza witosore imana ninyenubushobozi mwumve namwe ko biryoshe kugihugu cawe abanyagihugu bicwa ninkozizikibi zitazwi
14 Munyonyo 2015, 10:32, par Niyonzima
Ivyo vyoshikira ubufaransa? Hahahaa; amerka ububirigi ’amwe mugabe. Ukuvuga nabi abndi ntacobimaze.
14 Munyonyo 2015, 12:47, par kamaro
birababaje.. ibi nivyo reta yuburundi iriko irarwanya Hama ubufaransa ngo sigaho sigaho, noneko izonkozi zikibi bataziretse ngozigende?? urabona KO vyasavye ko porisi yicirayo kunguvu kubahagarika!! kandi barasanye ntihabuze nibindi vyononekaye. rero inkozi zikibi zikwiye gutuzwa.....
14 Munyonyo 2015, 12:59, par mwanba
babuzekwica.uwomukuruwigihuguyigirangonogihangange.mukugaya.abandi.uwofutakagomenawe
14 Munyonyo 2015, 14:19, par nana
iburundi hapfuye abarenga magana bili. ntabutumwa bwo kubihanganisha nijyeze mbona buvuye mu bufransa . none nkurunziza aho ali yinyegeje ngo bihangane.kuko bazi ko aliwe utera ibibazo byose. yashyanuste.
14 Munyonyo 2015, 14:50, par twarabahinyuye
Hanyuma kuri tweeter Nyamitwe yanditse ngwiki? genda utohoze neza ureke kubesha abantu ngo u Burundi bwahojeje u Faransa.
14 Munyonyo 2015, 15:16, par Iyumenya
Abantu twirinde kuvuga menshi kuko twese turi musi y’izuba kandi ntanahamwe urupfu rutagera uretse ku Mana honyene.U Bufaransa nibutegure umushinga w’umutekano canke bufatigwe igihano nkuko buri gukokeza k’u Burundi.Rorera urabe ibigiye kubera mu Bubiligi,none ninde wo guhanwa? n’uwutera canke n’uwutegwa.M’u Burundi biramaze kuboneka ko abica abantu ari abaturuka mugihugu c’igituranye ndetse Kagame ubwiwe amaze kuvyemanga ,kuki atofatigwa ibihano? uUbufransa burabonye isomo,birababaje kubona Police yabo ija muri Stade kwica abo bagomba gucungira umutekano .Imana ni icabona kandi tubandanye tube kumavi
14 Munyonyo 2015, 16:25, par dady
ndabona habaye nko kumusaga, Imana ya nkurunziza itagiye kubakubita ingumu.
14 Munyonyo 2015, 17:22, par INTAGOHEKA
NTANGORANE SHA ABOBAFARANSA NIBAHAMAGARE IVYOVYIHEBE NABO BAGIRIBIGANIRO NIBA BABONYE UMUNYAGIHUGU WABO APFUYE ATANGORANE MUBURUNDI ABAPORISI BISHE UMUGIZ IWANABI NGONIHONYABWOKO.URUCIRAMUKASO RUGAHITANA NYOKO
14 Munyonyo 2015, 17:23, par INTAGOHEKA
NTANGORANE SHA ABOBAFARANSA NIBAHAMAGARE IVYOVYIHEBE NABO BAGIRIBIGANIRO NIBA BABONYE UMUNYAGIHUGU WABO APFUYE ATANGORANE MUBURUNDI ABAPORISI BISHE UMUGIZ IWANABI NGONIHONYABWOKO.URUCIRAMUKASO RUGAHITANA NYOKO
14 Munyonyo 2015, 17:37, par INTAGOHEKA
ABANYABURAYA NIMUMENYEKO UMUGIZ IWANABI ATAGIRIZINA CANKUBWOKO MUBURUNDI HISHWINKOZIYIKIBI NGORETA IRAHONEJUBWOKO NONE NAMWE KOMWACIYE MWICA ABOBAGIZ IBANABI MWAHONEJ UBWOKO BWITWANGWIKI MWARIZE MURAMINUZA NIMUNYISHURE
14 Munyonyo 2015, 17:42, par INTAGOHEKA
ARIKO TURAHOJEJE IMIRYANGO YABUZE NIMWIHANGANE MUKOMEZ EGUSENGERISIYOSE NUBURUNDIBURIMWO
14 Munyonyo 2015, 17:43, par INTAGOHEKA
ARIKO TURAHOJEJE IMIRYANGO YABUZE NIMWIHANGANE MUKOMEZ EGUSENGERISIYOSE NUBURUNDIBURIMWO
14 Munyonyo 2015, 17:50, par kamaro
mubufaransa ibara ryaguye, turasavye reta yuburundi ko yorungika inteko mubufaransa gucungera umutekano wabarundi bariyo. kuko inzego zaho zananiwe!!
14 Munyonyo 2015, 17:56, par kamaro
mubufaransa ibara ryaguye, turasavye reta yuburundi ko yorungika inteko mubufaransa gucungera umutekano wabarundi bariyo. kuko inzego zaho zananiwe!! canke naho inteko borungitse muburundi nibace bazikatishiriza mubufaransa....
14 Munyonyo 2015, 22:32, par pascal
mbega yemwe iyisi itera ijahe.nibihugu vyigirango nibihangange birashobora kubura abantu nkabo.muga bahezw nababirigi bigerahejuru ngo muburundi hariyo intambara ibihano navyone bitibagiwe.mbega bibaza abo bashigikira abihevyi aha muburundi canke ahandi ko basuvya ububasha Imana?bigira ngo barahambaye bakoziki ngobakingire abobapfuye.ndahojeje abufarasa nabafarasa bose nacanecane imiryango yabuze.ariko dieu est tout puissant
14 Munyonyo 2015, 23:16, par ntaco
mbabajwe nabo bapfuye kandi ataco bazira.ariko nivyigishe amakungu aboneko niwabo atari mwijuru,bareke gucinyiza uburundi.babirigi namwe mushaka iki,kagame nawe ushaka iki amaraso yabarundi azoguhumira.mbe kagame we usumvya ubutwari obama ko atameje mugutuka umukuru nkawe?ariko we wararezwe président twubaha twese na obama akubaha we niwewe umwifatira?urifatira ipatalo yawe.kumurundi suru
14 Munyonyo 2015, 23:37, par kimana armand
Ibirwarudubi ni vyinshi.
Murashimagiza inganda zatikiy. Ariko ntibitangaje umuntu afis umutima w,agakoko ni uko. Ico mwibagira ni uko i Burundi ari abajejw gukingira abanyagihugu babagandagura.
Ubwicanyi butabavuy mu mitw ntituraza dukira turacagow.
Uburundi Nico gihugu camber gikeny kw,isi kubera ivyoduteje imber biherera mu kurondera ibirwanisho vyo kumara abanyagihugu hamw n,abategetsi bayamarira mu bapfumu.
15 Munyonyo 2015, 06:52, par Jonas Ndayizeye Musongati.
Uburundi Turazi Ko Bushoboye.Ni Bemere Bubafashe Nkuko Bwafashije Somalie.
15 Munyonyo 2015, 11:45, par nkdn
nosaba ko inama ya ONU yokorana vyihuta ifatire ibihano abajejwe umutekano bo muri franse kubona bica abo bokingiye bakabicca ikivunga birateye isoni nihabe amatohoza anyaruka ataho yegamiye kandi isi yose ize yumve ko bahanwe igitunye mvugibi nuko uburundi bwatewe nabicanyi nkabo bava nugihugu gituranyi urwanda aba fransa ngo fatira ibihano uburundi aba fransa barabonye kwinzoka yizingiye mumayaya ari ukumenana nambere mpaye kuraje abajejwe umutekano buburundi ntibigeze bakora kivyo aba fransa bakoze mumu segonde umwe birababaje nosaba kwisi yose yokurira hasi rimwe ikarwanya abantu bivumbura kubutegetsi kuko ivyo vyose niho bizana murabonye kw’IMANA ariyo igaba vyose inama nizikorane vyihuta
16 Munyonyo 2015, 19:54, par Nora Shekka
ibigwarudubi vyose vyandika ibabaje mumutwe, naho mwebwe mwandika mukokeza ntimuzopfa muganye nabafaransa muzokwama mugendera munsi yibirenge vyabo hiiiiiiiiiii
17 Munyonyo 2015, 18:34, par POLYCARPE Iragerageza
onu nikore amatohoza abobambisha bafatwe