Accueil > Amakuru > u Burundi > Pascal Niyoyankunze, icegera c’uwurongoye uruganda rwa RPA yagenwe mu bagize (...)
Pascal Niyoyankunze, icegera c’uwurongoye uruganda rwa RPA yagenwe mu bagize umurwi CNC
lundi 10 Ntwarante 2014
Urwego rujejwe kugenzura itangazamakuru mu Burundi CNC (Conseil National de la Communication) rwaronkejwe abarongozi bashasha, mu gihe abahahora barangije ikiringo cabo. Muri abo bagenwe, harimwo Pascal Niyoyankunze, icegera c’umukuru w’uruganda rw’itangazamakuru rya RPA (Rédacteur en Chef Adjoint de la Radio Publique Africaine).
Abo bahawe kurongora urwego CNC (Conseil National de la Communication) bagizwe n’abagabo 11, hamwe n’abagore batatu :
1. Richard Giramahoro
2. Jean Pierre Amani
3. Déo Rugerinyange
4. Pascasie Minani
5. Yollande Niyonzima
6. Antoine Hasabumutima
7. Pascal Niyoyankunze
8. Albert Nyabenda
9. Serge Njebarikanuye
10. Alice Hakizimana
11. André Jofimar Ndikumana
12. Martin Ninteretse
13. Ruhotora Papien
14. Nizigiyimana Cleophas
Egide Nduwimana
Messages
10 Ntwarante 2014, 13:57, par kuki
Pascal Niyoyankunze na Serge Njebarikanuye komera mumabanya terimbere!
10 Ntwarante 2014, 15:26, par nanje
Ewe Josimar sha uvuye habi! Usubire udeconner bakunyare nka mbere! Ubu ho ngira ngo uzokwitonda sha!
10 Ntwarante 2014, 15:26, par nanje
Ewe Josimar sha uvuye habi! Usubire udeconner bakunyare nka mbere! Ubu ho ngira ngo uzokwitonda sha!