Accueil > Poritike > Pascal Nyabenda yatowe kurongora ibiro vy’inama nshingamateka
Pascal Nyabenda yatowe kurongora ibiro vy’inama nshingamateka
jeudi 30 Mukakaro 2015, par
Umukuru w’umugambwe CNDD FDD Pascal Nyabenda niwe yatowe n’abashingamateka ngo arongore inama nshingamateka mu myaka itanu iri imbere.
Ibikorwa vy’inama nshingamateka vyo kuri uno wa kane igenekerezo rya 30 Mukakaro vyatanguye igihe c’isaha zitanu n’igice,ivyari ku rutonde harimwo gutora abagize ibiro vy’inama nshingamateka.
Umurwi w’abashingamateka bava mu mugambwe CNDD FDD watanze umukuru w’umugambwe Pascal Nyabenda aca atorwa ku majwi 101 ku bashingamateka 112 bitavye ibikorwa.
Mu kibanza c’icegera ca mbere c’umukuru w’inama nshingamateka,Rwasa Agathon niwe yatowe mu gihe Edouard Nduwimana ariwe yatowe ngo abe icegera ca kabiri c’umukuru w’inama nshingamateka.
Mugisha Van Naris
Messages
30 Mukakaro 2015, 14:31, par jean marie
none rwasa yicishije abiwe kugira aronke ikibanza ca mbere munama nshinga mateka.
30 Mukakaro 2015, 14:35, par THERANCE
IVYO NTIBIZORAMA BIRAMYE VYOBAVYIZA IMANA YOBICANYE
30 Mukakaro 2015, 14:55, par Jogingi Marahwe
na Rwasa Yaje?CN...@...FDD Batangatange batangatange batangatange tubashire KUMURONGO.
30 Mukakaro 2015, 15:00
RWASA NIVYO YASHAKA ARIKO ARAHEMUTSE NABANTU BIWE BINZIRA KARENGANE. BAPFUYE NUMUHEMBU NDITITE NAMUVINYUMA
30 Mukakaro 2015, 15:03, par TABARA
AHAAA,KIRAHIY AMAMANUKA.MANA,NTAWUNDI WO KUBOHOZA UBURUNDI ATAR WEWE.DUFASHE NI WW TWIZEY
30 Mukakaro 2015, 15:04, par bongo
jewe icombona Eduard nduwimana niwe yarakwiye kuba umukuru w’inama nshingamateka,naho ari umututsi. aravuga ukuri kandi aranka akajagari mubuzima bwiwe.nibagipange hama nditije nabiwe barase turabe.muvyombona abayoboka nditije bagizwe n’abatutsi banka abahutu hama abo kwa consiriya nibigira n’abatutsi bishakira kubana n’abahutu mumahoro n’umutekano.
30 Mukakaro 2015, 15:17, par matana
yezu tabara uburundi na barundi
30 Mukakaro 2015, 15:36, par Beno.niyinge
Umushingantahe RWASA ni areke guherekeza abo ba keba biwe kuko biragaragara ko ata tegeko ribi bazotora ngo aribuze,atari ukudukwegera akarambaraye nta kindi ariko aramara.asubiye mukibanza ca concilie NIBIGIRA.
30 Mukakaro 2015, 15:44, par james
Nutwenge NDUWIMANA,na CONSILLIE ,GASTON,bansenye umugambwe wa Rwagasore bangaje bene wabo barikwicwa ni Zara muri camps de refugees Imahama kubera amahera mbega maherezo yabo basome in kurukiko ya Yuda eskayote yaguze YESU indariyo 30.
30 Mukakaro 2015, 15:47, par cishaha
Ivyo nivyo twari twiteze nimwubake inama nshingamateka hama abagiye gusutama Addis Abbeba nabo turabe ahubwo bashitse bose mu mpimba
30 Mukakaro 2015, 15:51, par Rukundo Alex
Birayangay Tugarukire Mana Niwewe Wodutabara Gusa Ntawundi
30 Mukakaro 2015, 15:51, par NIBARUTA Celestin
Rwasa ndamukeje kuko yagarukanye ubwenge yari yarataye.Namenye ko vyose ari munama ningingo atari mwibarabara.ongera sana RWASA
30 Mukakaro 2015, 16:28, par Niyukuri jonh
Rwasa ni mumureke niwe wazi ICO ariko arakora ahubwo abanamarimwe ntimusamusamare ahubwo mumutere itntege Rwasa numugabo.iyo ataza muriyo nama nshinga mateka nshasha ibwirizwa nshingiro namasezerano ya arusha vyari bigoye ubitakiboneka
30 Mukakaro 2015, 16:42, par Falcon
Uko utwenga Pascal niko uzorira,ayo menyo yawe nkayifuku yahaze imyimbati uragaba akari inyuma karahinda.
30 Mukakaro 2015, 17:26, par Dukuze
Hahaha,barakigabuye atacamira kweli.none rwasa iyoyavuga hakiri kare ko akeneye ico kibanza,na 2010 yarikukironka ntarindireko abiwe batotezwa!
30 Mukakaro 2015, 17:35, par nduwimana
politik yuburundi irahaye ifata inumbero nzinza kuko imyaka ya kajagari yararenganye ubu hageze aho twubaka igihugu catwibarutse hanyuma umukuru w’igihugu arongore i gihugu mu bugwaneza ntangere.
30 Mukakaro 2015, 17:36, par Ndabaza
Abagabo gusa, ivyo ni ibiki? Nta bagore batowe muri uwo mutwe w’abashingamateka, harimwo discrimination basée sur le genre ??? Mugabo ivyo ni ivyo guhuma Communaute internationale kugira batabapfungira amazi n’umuriro mu Gihugu. Mwumva Nyamitwe wewe bazomuha ikihe giti ko umengo Nduwimana atazogaruka muri Ministere de l’interieur ?
30 Mukakaro 2015, 17:40, par None?
Ndakeje Nyabenda, na Rwasa, hamwena Nduwimana, hanyuma icokibanza Nyakwubahwa Edward Nduwimana agiyemwo abaye aragifatiye uyundi mugumyabanga kuko bitarenze igihe kinini twizeyeko bazomwimurira ahandi mukindikibanza. Ariko kubwanje asangwa nawe yobavyiyumvamwo yogumizwa mubushikiranganji bwintwaro yohagati mugihugu. Uwonukuri numu papa kuba papa. Ariko iconzi nuko uwitwa umugumyabanga arangwa nubwitonzi ntangere ntatwarirahejiru nkabaraho tumazimisi twumva baribaratwinyegejemwo bakazakwubuka biruka za Bulaya.
30 Mukakaro 2015, 17:50, par Avec
Mugenziwanje wavuzeko ikibanza Pascal yaguyemwo carijuba ica Edward Nduwimana ndakwumvako tubihirirako kubera ubuhangange Nduwimana amazekwerekana mu Burundi, ariko kiryakibanza Pascal nawe kiramukwiye gusa jewe nawe ndumva twokwishiramwo bitebebitebuke hariho ikindikibanza kibijiwe Edward Nduwimana worema nanje nkarema muvukanyi.
30 Mukakaro 2015, 18:12, par Ntare
Rwasa Iconzi Co Akaja Iburaya Abongereza Ntibareka Kumufata Arabiyi Narindire
30 Mukakaro 2015, 18:14, par Ntare
Rwasa Iconzi Co Akaja Iburaya Abongereza Ntibareka Kumufata Arabiyi Narindire
30 Mukakaro 2015, 18:18, par eric
hamwe rwasa yoba atwaweyo n inzara ntaho yoba ataniy naba conciliya bahemukiy umuganwa atarumugani
30 Mukakaro 2015, 18:55, par omar
mbe wewe wiyita #falcon#akogahinda wamawavuze gahindishe nubu turabe ahubwo uzoshavura utebe wiyahure upfe canke ugahindishe gahitane wewe.
30 Mukakaro 2015, 19:00, par Maxime
Umuti Warwasa Uriko Uravugutwa Narindire Gato Nayo Pascal Nyabenda Wwe Ntashire Agti Muryinyo Ivyiwe Brazwi
30 Mukakaro 2015, 19:18, par INDOMVYI 1OO%
RWASA TWAGUKUNDA MUGABO INDA YAWE IRAKUBONEKESHEJE NABI URABONOYE PE!
30 Mukakaro 2015, 19:25, par Bizohimduka J Claude
Twebwe Muri Bujumbura Rural Turamurimdiy Niba Yaraduhemukiy Tuzobimeny Ariko Yibuk Akahis Kiw Muri Rural Uko Twamwumyek Akatubuz Kuja Gutor Kumb Bamuhay Amaher Uwuramvyazobona
30 Mukakaro 2015, 19:26, par Bizohimduka J Claude
Twebwe Muri Bujumbura Rural Turamurimdiy Niba Yaraduhemukiy Tuzobimeny Ariko Yibuk Akahis Kiw Muri Rural Uko Twamwumyek Akatubuz Kuja Gutor Kumb Bamuhay Amaher Uwuramvyazobona
30 Mukakaro 2015, 19:27, par Bizohimduka J Claude
Twebwe Muri Bujumbura Rural Turamurimdiy Niba Yaraduhemukiy Tuzobimeny Ariko Yibuk Akahis Kiw Muri Rural Uko Twamwumyek Akatubuz Kuja Gutor Kumb Bamuhay Amaher Uwuramvyazobona
30 Mukakaro 2015, 19:31, par horicubonye
banyeportik yacomubamuhe ndaumunyagihugu turazikwarindazanyu muronderera
30 Mukakaro 2015, 19:59, par J.Bosco Bahati.
Ramba Komera Sangwintwaro Ibereye,munama Nshinga Mateka Irongowe Ningabo Yijunja Nijambo,y’umugumyabanga Pascal Nyabenda.Nibarambane Nabo Bazofashanya Kurongora Inama Nshingamateka.
30 Mukakaro 2015, 20:14, par 54
Nyabenda jewe mbona aberewe n’ako gatwengo k’umuntu ahaze ntacoyimena
30 Mukakaro 2015, 21:05, par ZENO
RWASA?IMANIGUHEZAGIRE,WIYUMVIRIYE,NEZA,NABANWANYIBAWE,BOSHIMA
30 Mukakaro 2015, 21:28, par LL
ON
30 Mukakaro 2015, 21:34, par Falcon
Pore sana wambonerakunya wiyita OMAR,urugamba tuzorutsinda na NKURUMBI yarwana igitambi cikwega hasi yararutsinze,gupfa nzopfa mugabo naso na nyoko s’amabuye bazonkwirikira.
30 Mukakaro 2015, 21:39, par freedom
mwahejeje guteranya abarundi nonubu agatwego karabishe kuberamadayanyu mare mare ati rerobu murikugabura imitwe yabarundi imana izibibahanire izovugozanyu zituzanira ishano mugihugu
30 Mukakaro 2015, 21:51, par N.J.D
Ivyobakozenivyizakubabahayenarasangoashwabaguzedukeyamugabontabearinzirayogushakumuniga
30 Mukakaro 2015, 23:42, par K
Yuranezerewe cane ariko ntinuzonere nkabahorabatwa iyonama nshingamateka ububageze Bukaya biruka bagenda bavuga ayamuhe kukobirya twebwe abenegihugu tubonako kwarukutugurisha.
31 Mukakaro 2015, 00:06, par NDAYIZEYE PASCAL
NDAGUKEJE KUBAWATOWEKUBUMUKURUWINAMANSHINGAMATEKANIVYIZACANE
31 Mukakaro 2015, 05:43, par Kanyosha
Umukuru wigihugu ngo: amatora yomuri 2015 azogendaneza cane, nonegayemwe mubona ayamatora ahuriyehe nayo muri 2010 aho Rwasa magingo nkaya yarikwarabundabunda arikuyumusi akaba aricegera cambere cumukuru winaba nshingamateka. Rwasa ndamwifurije kujandajanda mukihugu ciwe nkindongozi yabarundi bose.
31 Mukakaro 2015, 06:43, par Adony star
ls indisplibenes aient change.
31 Mukakaro 2015, 06:51, par new
rwasa yanse kwicwa na kigoyi.acabona yopfuma ahemuka naho bagire bamwicire umugore.araba yaratahuye karya gatwengo ka nyabenda.niyemere akome amashi.arko uheza kugoka ibigori bikra.
31 Mukakaro 2015, 07:28, par papias
Turagushima Mana komeza ushyire igihugu cuburundi kumurongo, aba batowe bose turabakeje nakare bose bafise umutima ukunda igihugu. shetani muminsi ishize yari yakanuye ngo ate uburundi murwobo ariko Imana yaramuhinyuye. shimwa Mana.
31 Mukakaro 2015, 07:55, par ali
aaah!! le pouvoir de deux rebelles HUTU????!!! wait and see!! mbe ko kare busokoza na nditije abahora basukamwo mabisi mur assemblée bo batagiy mwishamba? mwarakoz kwigumizako agahuzu mwanka kujayo, rwasa naw mumurek azokweregw, twe Imana iratubona
31 Mukakaro 2015, 11:40, par murerwa solange
Turbulence cane Imana il une imbere
31 Mukakaro 2015, 11:40, par murerwa solange
Turbulence cane Imana il une imbere
31 Mukakaro 2015, 12:49, par alphonse
Mr Rwasa twarashimye ingingo yafashe yokwegera abandi bayobozi ngo bafatikanye gutorera inyishu zibibazo igihugu gifise, arekane nabo bose bamuhenda canke birirwa baramutuka,nakare abo bose baratunze ama etage none batagira ahere mugukota aho kuba azarinde apfa ataco yimariye kandi yararushe arwanira igihugu, bo baba bashaka gukoresha izina ryiwe ngo baronke ibiti muri leta. Rwasa inzira urimo ninziza cane kandi ivyiza biri imbere courage,felicitation kuri decision wafashe.
31 Mukakaro 2015, 13:17, par Hamisi
Igihugu Cogoroye Intovyi Zaragiye Zirigushinga Ubugenenege Mumahanga
31 Mukakaro 2015, 13:39, par kabura georgebataziramavuta
rwasaturagukezekubonaurimunamashingamateka komerakwibanga arikopascal nyabenda agatwengonikosekubonayariburamatare ibubanzanambantihenze hanyuma akaba umukuruwumugambwe aherekezwanimodokaz,3 ubukababaye umukuruwinamashingamateka arabonakobitwengeje aharuyehoyaciye abomuricominengozizonemivokambati turakeze agathon rwasa weyemeye akazamurireta ibiganirobizobarimuri reta
31 Mukakaro 2015, 14:23, par audace
yarahemuts.rwasa uwamuvmy ntiyakaravye.nuwomuha ighugu ntacoyoshbra.inzara nimbi.muga ntarind ryabhut
31 Mukakaro 2015, 18:05, par Jean Baptiste MUNYARUGERO
Congratulations, Mr. Pascal. You are a verhy courageous man and a Democracy fighter.
SONGENI MBERE, Ndugu zangu.
31 Mukakaro 2015, 18:06, par Jean Baptiste MUNYARUGERO
Congratulations, Mr. Pascal. You are a verhy courageous man and a Democracy fighter.
SONGENI MBERE, Ndugu zangu.
31 Mukakaro 2015, 22:03, par KAZE-FDD NGOZI
UMUKOZI ABERWA N’IMPEMBO KUKO AKARENGANYO NI KABI.AMATORA YEREKANA UKWIKUKIRA.
1er Myandagaro 2015, 14:31, par snapsie
Uwo mutipe kabisa araseka ntazi imibu iriko irandya hano I nyarugusu mu kambi!
2 Myandagaro 2015, 14:37, par itwengere batangiye kubakoramo
itwengere mugabo utwenge ugabye dore batangiye kubakoramo
2 Myandagaro 2015, 21:41, par Vyiringiro Jumy
Nivyiza cane.
2 Myandagaro 2015, 23:23, par sifa
Mubure gusenga sha uvyisi bigize ahatemba imana irazi ibiri inyuma.
4 Myandagaro 2015, 22:21, par H
B-
5 Myandagaro 2015, 04:45, par Deng
Mandela said that i have been stay in prison bcs i want you to get a good life.
7 Ruheshi 2016, 09:38, par Bruce lee
Urabihiw Nugutwnga Abnd Brk Bararzwa Nivy Mubkorera