Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Perezida Petero Nkurunziza yatanguje indwi yahariwe ibikorwa vy’Ububirigi (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Perezida Petero Nkurunziza yatanguje indwi yahariwe ibikorwa vy’Ububirigi (...)

Perezida Petero Nkurunziza yatanguje indwi yahariwe ibikorwa vy’Ububirigi mu Burundi

lundi 25 Ruhuhuma 2013

Kuri uyu wa mbere, Umukuru w’igihugu c’u Burundi Petero Nkurunziza yatanguje indwi yahariwe ibikorwa vy’Ububirigi mu Burundi rikaba ari ikoraniro rigira 4.

Petero Nkurunziza yahamagariye abagwizatunga b’i Burundi kugira bafate nka nkama iyo ntererano bagenzi babo bababirigi babaronkeje kuko bafashe ibirometero n’ibirometero kugira bunge ubucuti no gufasha barundi.

Amashirahamwe y’igenga agera kuri 41 akaba ariyo yari yitavye iryo koraniro rikaba rizorangira igenekerezo rya 3 Ntwarante umwaka w’2013.


Grace Irimbere

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.