Accueil > Amakuru > Poritike > Pierre Claver Ndayicariye:Isango ry’amatora ya mbere ni ntabanduka
Pierre Claver Ndayicariye:Isango ry’amatora ya mbere ni ntabanduka
mardi 23 Ruheshi 2015
Umurwi utegura amatora mu Burundi CENI,umenyesha ko uri kumwe n’imirwi itegura amatora mu ntara CEPI no mu makomine CECI, bariko barakora bategura amatora ya mbere ategekanijwe kw’igenekerezo rya 29 Ruheshi,2015.
Mu kiganiro yahaye iradiyo Ijwi rya Amerika,Pierre Claver Ndayicariye arongoye umurwi CENI,yavuze ko ibikoresho vyose vy’amatora ya mbere vyamaze gushika mu gihugu hagati,mu ma CEPI n’ama CECI.
Pierre Claver Ndayicariye yavuze ko abakozi bazohagarikira amatora bamaze kuronderwa kandi bamaze kwigishwa ingene bazokora ico gikorwa.Ndayicariye akamenyesha ko naho bovuga ngo amatora abe ubu nyene, umurwi CENI witeguye.
Umukuru w’umurwi CENI,asaba abarundi kuyitaba bose kandi ari benshi, kuko ijwi ry’umurundi wese rihambaye kandi rifasha guhindura inzego zica zirongora igihugu ku myaka itanu ikurikira.
Mwomenya ko,kuwa mbere igenekerezo rya 22 Ruheshi,ari naho abasubiriye abapatiri bavuye mu mirwi CEPI na CECI ariho barahira imbere y’abagize umurwi CENI,ku rwego rw’igihugu.
Naho mu murwi CENI babandanya bemeza ko isango ry’amatora ari ntabanduka,ku ruhande rw’abatavugarumwe na Reta,bavuga ko amatora adashoboka mu gihe hibonekeza umutekano muke mu gihugu,amaradiyo amwe atavuga,hamwe n’abarundi bahunze igihugu.
Messages
23 Ruheshi 2015, 09:45, par MBONI
NONE.TUZOMENYAGUTE KWAMATORAYAGENZENEZA ATAMA.RADIO.AVUGA?
23 Ruheshi 2015, 09:48, par cyriaque
murabesha nakuru adahevye mandat yagatatu amatora naho yoba nimpfagusa kuko ntawuzoyemera ndayicariye nabo barikumwe ivyo nkuru yabatamitse impera nimperuka bizobamena inda kuko bari mubaryanisha abarundi mukubandanya bahamagara amatora yuruhande rumwe gwankuru gusa atation!!!
23 Ruheshi 2015, 10:23, par Délicia
Reka turindire kambukawe harageze.ariko nzojambona! mwererwe.
23 Ruheshi 2015, 10:45, par Rutwe
Ayo matora mwateguye ama resultat yayo ari muri ordinateur za ceni mwarayahejeje turabizi muzontege murayo matora y;ubusuma
23 Ruheshi 2015, 11:40, par Birasara
Uwo mukuru wa Cn ariko aratsa umuriro kandi atazozimya amenyeko impemboyiwe ari kumpimba nayo uwuzokwihenda akaja mwayo matora nukubarasa kuko ntantwaro yigikenye tukirondera AM
23 Ruheshi 2015, 14:20, par hfhdfhhfh
NDAYICARIYE KO AMATORA MWAMAZE KUYIBA MUZA MUFISE MU MA ORDINATEUR AMA RESULTATS( Vyavuzwe na Moise Bucumi yari umwishikira kwa Nkurunziza ), KUBERA IKI MWIRIRWA MUTESHA UMWANYA ABARUNDI NGO BAJE GUTORA ,,,,,,,,,Jewe ndi umurundi mba hanze , I will not loose my precious ngoca nja muri ambassade gutora amatora yamze kwiba
AHUBWO NKURUNZIZA EJO Ã 10H 38 MIN NATUMEKO ANAMA NSHINGAMATEKA NA NKENGUZAMATEKA ARAHIRE,,KO AGIYE GUCURANGUZA UBURUNDI GUSHIKA YEZU AGARUTSE
23 Ruheshi 2015, 14:52, par Dåkëįjū
Nivyiza ko bose boshira imbere ibiganiro
23 Ruheshi 2015, 15:43, par juvenal
harageze twitorere indongozi bavyanka bareka turatora ’
23 Ruheshi 2015, 16:22, par Kanyosha
Rekambanze nishimire ivyo nyajwubahwa umukuru WA CENI avuze, hanyumanamwe muvuga ngwamatora yizewenabose uwobishinga na Yezu yozorindagaruka tutarakora amatora.
23 Ruheshi 2015, 20:04, par Bwirwawumve
Ndayicariye! Izina niryo munyu! Wicariye inda yawe canke wicariye satani? Urashimitse igihugu ugite mulaga? Reka kurwana n’Imana kuko ntiwoyitsinda! Ko wase kwumvira ijambo ry’Imana, ugakurikira inda yawe,
ndalumenyeshako nqwe Imana yase ko ubaho!
23 Ruheshi 2015, 21:46, par bizi
Abatavuga rumwe nareta ndabatahura kuko ntibohiganwa n’a nkurunziza ngobamutsinde kuko ntamigambi bafise , ariko vyaribonekeje ko ku musaga mutakura nyakabiga ngagara kobomutsinda ayomajwi nayo nimake cane ntaco yobamarira bashimye guheba matora kuko babonye k arugut umwanya
23 Ruheshi 2015, 22:09, par kelly
ahubwo amatora nab turayakene twitorer indongozi nzizoturongor abo nabo bashaka kataba bamaramare
24 Ruheshi 2015, 06:47, par Gabin
Amatora Nibayigize Inyuma Batangure Ibiganiro Kuko Amatora Yitabwe Na Bose Ariyo Meza. Ikindi Mbega Amaradiyo Yugawe Yaruguruwe? Ibirwanisho Biri Mu Mbonerakure Vyaravuyeyo? Ni Bavyitondere.
24 Ruheshi 2015, 08:55, par emma
emma
jewe ngomba mpanure ico kijuju cavuze ngo nihagira abaja mumatora bazoraswa,wewe wiyumvira uko usa nimva irangaye,kandi umuntu atazoja mumatora ntazoba arumurundi araca yigira kwa kagame! Menya amatora niyo acurubanza,nayonawe udashaka amahoro urafuy
24 Ruheshi 2015, 10:25, par humura
amatora yaramaze kwibwa ivyo birazwi,ariko ca sera sans issu ne vous enfaites pas,Imana niyo nkuru.
24 Ruheshi 2015, 11:42, par JEAN
KANDI WEWE WAMUGABO INDYANE ZIRIKO ZIRABA KUBARUNDI UZIFISE MWURUHARA RUNINI WEWUHAMAGARIRAMATORA MWAHEJEJE KWIBA TUBIZI EMWE NIMUJEMWARIKO MUZE MWEREGWE IPU!!!! MURANTEGA MWABASUMAMWE MWANKA GUHANUGWKANDI WEWE WAMUGABO INDYANE ZIRIKO ZIRABA KUBARUNDI UZIFISE MWURUHARA RUNINI WEWUHAMAGARIRAMATORA MWAHEJEJE KWIBA TUBIZI EMWE NIMUJEMWARIKO MUZE MWEREGWE IPU!!!! MURANTEGA MWABASUMAMWE MWANKA GUHANUGWA
25 Ruheshi 2015, 21:09, par prosper
reka amatora abe kuko ntayindi nzira y amahoro
25 Ruheshi 2015, 21:56, par libere
nyimba babona bizokunda nibashakishe ariko barabe ntihagire abo banigira mumeshi muvuga uburund ari igihugu cuzuy democratie nibaza k iyo muvuga idasa niyo jewe niyumvira
26 Ruheshi 2015, 03:41, par AUGUSTIN V5
AMATORA ATEGEREZWAKUBA, UWUSHAKAKUYATOBA, NATESHWATE. AHUBWOHARATEVYENGOTUJEKWITORERA INDONGOZIZIZODUTWARA.
17 Rusama 2018, 13:31, par Vianey
urunani amizero y’abarundi nibatekene imana dusenga iratuzi kand niyo izotuma indoto zaba zishika.ariko yishurira kugihe