Accueil > Diaspora > Nkurunziza yasabiye imiryango yabuze ababo mu gitero c’abarwanyi b’umurwi Al (...)
Nkurunziza yasabiye imiryango yabuze ababo mu gitero c’abarwanyi b’umurwi Al Shabaab
vendredi 26 Ruheshi 2015, par
Inyuma y’igitero c’abarwanyi b’umurwi w’intagondwa z’abaislamu wa Al Shabaab ku kirindiro c’abasirikare b’ishirahamwe ry’Ubumwe bwa Afrika,mu bumanuko bw’igihugu ca Somaliya cahitanye abashika 30. Umukuru w’Igihugu Petero Nkurunziza yahojeje ababuze ababo abicishije kumuhora FACEBOOK.
IGIHE
Messages
27 Ruheshi 2015, 00:08, par MUTIMA
NTABA HIPOCRITES TUCEREKWA.UBU ABARUNDI TURI TRES YEUX.HENDA ABATAKUZI.UKWO NUGUSHIMA KUK UGOMB UKWIZ IVYO WASABW NGUKUND UGUM KUBUTEGETS.IMANA IRUTA INGABO.
27 Ruheshi 2015, 01:25, par ALX
Abandi baja kwiradiyo n’imboneshakure nawe akaja kuri Facebook?
Ntamutima afis.Ari gito nkuko yapfuy. harinaho atoyitwara iyi ya 3.
27 Ruheshi 2015, 02:54, par Cécile Nzeyimana
Urabesha abandi wewe utunzwe n’inyama n’amaraso yabana b’uburundi!!!???
Jana munsangire navya nyakuzumu vyawe wa CANCER WE !!!
UFISE INZIGO NKA CANCER SYIWE !!
27 Ruheshi 2015, 04:16, par Iyumenya
Abantu murazi kumaguza,wabasabiye ukoresheje ayahe majambo imbere y’Imana?Nkurunziza Pierre kabagira gute uragafise?
27 Ruheshi 2015, 04:23, par Jeremi
TWARAGUHINYUYE,AHO WADUHENDA BIGAKUNDA HARI MURI 2005,KORERA CNDD-FDD MUKORERA UBUSA MUKWIRIKIRA UBWIJE.
27 Ruheshi 2015, 04:26, par ongeya
Iyo Mana usenga mugushinyagurira muguhumya amaso abarundi buca ikumaramaza,hinge burakeye ugiye kuzosabira nabagiye gupfa bazira inyoshambiza n’abaja bawe
27 Ruheshi 2015, 04:45, par PETIT
ABO BOS BAPFA KUBERA IMIVUMO Y’IMANA YAHAW PETERO NKURUNZIZA KAND UTIKEBUTS ABO WORONGOY BARAGUHERERAKO.
27 Ruheshi 2015, 04:52, par Abdur
Igihugu Cuburundi Kigeze,ahatemba Kuki Batazakurwanira iciwabo?bobahendeshwa amahera,ariko bazoherabose!
27 Ruheshi 2015, 05:38, par Félicien
mbe mwarabony uwusenger uwundi naw itisengey?harya pharaon nimba yaraseng,amasengesh yiw yayerekez ku Mana cank kwa rusufa?kubwanj nti iryo rupfu rurababaj.Imana ibakire mubwami bwayo
27 Ruheshi 2015, 05:47, par ntare
Huuu emwe uwuravye azobona vyinshi yemwe gd frr Nkuru manzusengere ibiba iwawe kuko navyo bimaze gutwara abatari bake
27 Ruheshi 2015, 06:03, par Diela
ABARUNDI DUSENGE TWISENGERA KANDI TURONDERE KUMENYWA N IMANA GUSA NTITURONDERE KUMENYWA N,AMAKUNGU.NTITWOZE IGIKOMBE INYUMA IMBERE CARASIVYE.
27 Ruheshi 2015, 06:12, par ALNI
USENGE WIBUKA GUSABA IMBABAZI KUKO TURETS ABO HARIBENSH BASEZEY ISI BAZIRA MANDAT YA 3.NON UBU NTIWOBONA KO IVYO ARI VYAGO BITURUKA KUKUTUMVA KWAWE.....NIBINDI NIRI INYUMA
27 Ruheshi 2015, 06:14, par Kuki
Emwe urakwije isabwa nategeko ubase kugende kwa so nkigisigo ewe bazoguhumira
27 Ruheshi 2015, 06:35, par Niyongabo
Mbe iyomana usenga uraba mukuzimu vya grave niyahe mbe ni musumba vyose canke nimana yimbwa?mwangabo zacu mupfuye muzira amahera umukama abakire
27 Ruheshi 2015, 06:37, par Alexis
Nanj Ndahojeje twabuz twese
27 Ruheshi 2015, 06:42, par kelly
Komera mutaba kuza urasengera bos ntugir ubwobwa tuzogutora abasi bamaramar
27 Ruheshi 2015, 06:50, par PETIT
MBE PITA KO WUMVA USENGA, IZINA YEZU CANK YESU URICISHAMU KANWA KANGAHE?UMUSI WARICISHIJ MU KANWA AMAHOR AZOB AJ .
27 Ruheshi 2015, 06:51, par PETIT
MBE PITA KO WUMVA USENGA, IZINA YEZU CANK YESU URICISHAMU KANWA KANGAHE?UMUSI WARICISHIJ MU KANWA AMAHOR AZOB AJ .
27 Ruheshi 2015, 07:13, par emma-pro
Huuuu!gezaho!amasengeshoyawe turayazi.
27 Ruheshi 2015, 07:54, par Fatuma Rajabu Amisi
Burya kwikwegera imivumo biroroshe uyumukuru wigihugu muramuziziki gayemwe? Nambawibazako ivyasenga atarivyo jakowewe usenge ibirivyo wewe kwatawuraguhinyura? Uyumukuru wigihugu azobahumira kandi bizobonabeshi nubwobamwe tutazomenya kwariwe yabahumiye tukibaza nizindingorane kumbe nimivumo ituruka kurututujambo mwandika mwinyegeje mutuzinatwuduhimbano mukibagirako Imana yoyo itareba utwotuzina ahumwo ikubona wewe neza wesewese.
27 Ruheshi 2015, 08:07, par Scott
Ntimutangare kuko tumenyereye abandi mugusenga baraba mw’ijuru dore nguyo amaso yayerekeje kwa satani bisigura ko iyasenga itari hejuru ahubwo iri ikuzimu sha basengere mugabo ejo aho bukera ntawuzogusengera.
27 Ruheshi 2015, 08:17, par JUSTICE KURIBOSE
Mbega bimaz ik guhoza imiryango yabuze naw uriko utegura guhekura iyind miryango?
27 Ruheshi 2015, 08:38, par mahoro
Kumenya imana samajambo mbega mwibaza ko imana ariyo yabatumye kuja mumabarabara kubera iki imana nwayatse intebe yayo mukagomba ko ica aho mushaka gusumba guca aho ishaka nagomba ndababwire muzotangara nimwashika imbere ya sentare y’Imana abanyavyaha bariko bacirwa imanza mwisange abariko bahigana ngaha kwisi duhuriyeyo twese ntizoca urwa manda ariko izoca urukwiranye nivyo umwumwe wese yakoze koko iyaba mukunda inana nwohariranye mukayishikiriza vyose harimwo na manda mukarindira ico yikorera none ko mwirirwa muraca imanza munzira zanyu Imana nayo izokora iki? Ukuganza kwose kuva kumana abayemera barabizi nivyaba bimeze uko bimeze nuko rurema yavyemeye uko genda duhanurane tuyigarukeko nayo izotugarukako itunganye ivyiza munzira yayo atari munzira zacu. Nagomba ndababwire bene data aya ma msg mwandika ntabwo ariyo nyishu inyishu iri kumavi kandi niwasenga ngo mana dukureko naka ntizokwumva ahubwo vuga uti mpagutahura ibiriko biraba munzira yawe Mana kandi udukorere ivyo ubona bidukwiye kubisigaye imana ntica aho dushaka ahubwo igomba ko twebwe duca aho ishaka.
27 Ruheshi 2015, 09:23, par fidelité
Birababaje abo basoda bacu bapfira muri somalia,nta kundi ababo bihangane.Mwumvise kuri gahuza.com ivyo ca kijuju Onesime yavuze,ngo ni umu cnddfdd ubu niho avyibutse?Yibaza ko ubu arico kimwe na ya periode yo kuri Radjabu yica agakiza muri cnddfdd,aho yakuje muri assemblée nationale la veuve Immaculée n’ukuntu umushingantahe wiwe yari yarakoreye umugambwe,nakome yakoreye ikibi benshi,Mbega aho avugira aba paysans nabareke bamusumvya ubwenge,yibazako ariwe yayikoreye kurusha abandi uyo ko yari i bulaya urugamba rwa cnddfdd aruziko iki,ko bamugiriye confiance bakamushinga amabanga y’igihugu aca aza yigira uwagwanye kuruta abo ba dolofu na banyagihugu bari kuri terrain bagogwa,qu’il se taise il n’a rien à nous dire,ubu ko atari muri cnddfdd ntiriho?iyo baba bicana ntiyari kuronka aho yinyegeza;en plus ari en cachette chez les amis du cnddfdd ,mwibaze namwe.
27 Ruheshi 2015, 09:26, par masabo
Komera mutama wacu!!
27 Ruheshi 2015, 09:36, par fidelite
Mbega abantu mwese mwavuze imivumo kuri iyi pages ubwo muzi icarico,ko mwa batutsi mwe ataco muraba namabi mwadukoreye,abo bene wanyu b’aba al chabab bo ko batarazimangana,vuga make
27 Ruheshi 2015, 09:43, par kabwa
arrete ces larmes de crocodiles
Dieu seul sait
27 Ruheshi 2015, 09:43, par VITAL
IMANA IBAHE IRUHUKO RIDASHIRA
27 Ruheshi 2015, 09:49, par Ntacontemanga!
Wewe wiyise mahoro,wibaza ko uzukuri kuvuye ku Mana?Aho ivyowanditse ubona bisa nuwuzi neza ukw’Imana ikora?Imana niyo yanditse amategeko uburundi bugenderako?Manda urazicogisigura?Umwenegihugu we?Kuja kumavi vyovyo urabizi?Canke ntiwumvise neza uko pasteri agisigura?Washaka kumenya Imana ariko ntabwenge ushiramwo!komera!
27 Ruheshi 2015, 10:56, par Horicubonye Innocent
Ariko muranyumvira nkumukuru w,Igihugu wijunja n,ijambo,arasabira abahitanywe nigitero ca Al shaabab ahokunamira isinzi ry,abarundi barikwicwa nimbonerakure n,igipolisi c,uburundi,abandi barigupfira mubuhingiro bazira ubusa,turasaba amakungu nimpuguke muvya politike bakore ibishoka vyose baharike ubwica abatutsi nugusha inyungu za cndd-fdd
27 Ruheshi 2015, 11:12, par Ubugaboburihabwa
Uh UYO MUGESERA WUMWICANYI RUHARWA PETER BURYA NAWE ARAGIRA IKIGONGWE KWELI? ARUMVA IKIGONGWE HAMA AKAGUMA YICA ABARUNDI AHO AHAYE ABAKINA KUMUVYIMBA MUGA NTANGORANE IMANA NTIBESHA IZOTWISHURA KANDI BIDATEVYE KUKO PETER ARI MUGUTEMBAGARA MBE HAMWE YAMA AHENDA ABARUNDI NGO ARASENGA UBU NAHO IVYIWE NTIVYAHINYUTSE. UBU UYE AZOKWAMA AHENDA NYINAWIWE NABANA BIWE NUMUGORE WIWE GUSA NAYO JEWE NTAGEZA!
27 Ruheshi 2015, 11:12, par Ubugaboburihabwa
Uh UYO MUGESERA WUMWICANYI RUHARWA PETER BURYA NAWE ARAGIRA IKIGONGWE KWELI? ARUMVA IKIGONGWE HAMA AKAGUMA YICA ABARUNDI AHO AHAYE ABAKINA KUMUVYIMBA MUGA NTANGORANE IMANA NTIBESHA IZOTWISHURA KANDI BIDATEVYE KUKO PETER ARI MUGUTEMBAGARA MBE HAMWE YAMA AHENDA ABARUNDI NGO ARASENGA UBU NAHO IVYIWE NTIVYAHINYUTSE. UBU UYE AZOKWAMA AHENDA NYINAWIWE NABANA BIWE NUMUGORE WIWE GUSA NAYO JEWE NTAGEZA!
27 Ruheshi 2015, 11:23, par hfn
Kwatahojeje abarundi ariko yicisha ikiringo ca3 ??ahorero nurukundo rwinshi afise? Canke ababajwe nabanyamaha? Narindire azobona urwakadaf...kandi nareke kwitwenga atabuze abamutwenga...
27 Ruheshi 2015, 11:31, par Ubugaboburihabwa
EWE MUNTU WIYISE MAHORO URI IKIJUJU BASI WE WIVUGISHA NGO IYO BATAJA MUMYIYEREKANO NTIBARIGUPFA MBE PETER WEWE NIWE ARI MUKURI AHO AHONYANGA AMASEZERARA YA ARUSHA UBU AKAGOMBA KUGUMA KUBUTEGETSI BURYA IYO ABONA NUWARI UMUVUGIZI WIWE YAMUVUYE INYUMA TOUT AUTRE. PETER URAGOWE.
27 Ruheshi 2015, 11:37, par Iribuka
Nabe arabombagura amanwa,mbega ko ijambo ry’Imana rivuga ko uwanka mwenese wundi ab’arumwicanyi urukundo yerekanye kubarasiwe mumabarabara navyabinwamaraso vyiwe ngo n’abaparisi ruri hehe nabe areka gukora Imanamujisho ngo ariko arayisenga ibikorwa vyiwe ntibiva kumana biva kwa sekibi ewe rugo rutahamwo pasitori numukozi w’Imana rukaba rwuzuye amaraso yabishwe bazize manda ya 3, reka nitwengere,nkurunziza we urigumira murivyo wahisemwo ureke gucokoza Imana urumuntu muto kuri ba faraon,berushaza,nebukadineza,herodi ariko Imanantiyabihanganiye
27 Ruheshi 2015, 12:01, par kasira
AHUBWO ICOMBONA NIMUKUREYO ABANABURUNDI BAZE KUGARUKANA AMAHORO IWABO NAY’UBUNDI NTAWATEWEYOBURAKWIVUNA YONGERE YITWE MUBI
27 Ruheshi 2015, 12:04, par Horicubonye Innocent
Ariko muranyumvira nkumukuru w,Igihugu wijunja n,ijambo,arasabira abahitanywe nigitero ca Al shaabab ahokunamira isinzi ry,abarundi barikwicwa nimbonerakure n,igipolisi c,uburundi,abandi barigupfira mubuhingiro bazira ubusa,turasaba amakungu nimpuguke muvya politike bakore ibishoka vyose baharike ubwica abatutsi nugusha inyungu za cndd-fdd
27 Ruheshi 2015, 13:27, par Desire Puruzi Drc
Bwana Rais,muheshimiwa Pierre Nkurunziza,nakumbuka Namna Ulikuwa Ukifundi Kama Pasteur Ukiwa Vilevile Rais Wa Burundi Ya Kuwa Utatumikiya Mungu Kwa Uhaki Na Utaheshimu Katiba Ya Burundi Kwa Uhakika Na Wanainchi Wa Burundi Wakakuheshimiliya Hiyo Sana Tena Sana. Ulizo Ni Hili Muheshimiwa Rais,wasahau Namna Gani Amri Za Mungu Wako Unaye Muheshimu Ajili Ya Kupenda Kuendelesha Ungine Muhula Wa Tatu? Baba, Haungemuachiya Mwengine Mtu Kwanza Ubaki Mushauri Mkubwa Inchini Na Kuendelesha Kazi Ya Mwenyezi Mungu Kama Vile Tunafahamu Namna Unamutumikiya Muumba Wako Na Sisi. Imana Ibagendere Bwana Nyakubahwa. Umukuru W,u Burundi. Merci
27 Ruheshi 2015, 14:14, par Anthony
None abirwa barapfa muburundi ko atahoza abiwabo ,ivyagira peter buca bimuhindukirira kuko ntababimushimira
27 Ruheshi 2015, 14:19, par Edmond
birakwiye kwiri
27 Ruheshi 2015, 14:33, par Dave Kamaro
Ntawuhakura izitamurya!!!!Nabone ntibari bagiye kuririmbira muri Somalia!!!
27 Ruheshi 2015, 16:23, par Rabiro
Mbe uwu murozi ngwarikasabira bande! Nabanze yisabire nawe nyene haraho yobakwirikira. Bo bajanyiteka nayo we azopfa nkwimbwa
27 Ruheshi 2015, 16:32, par nigga
Erega ivyovayos nikubwivyaha ukora.mbe abo bosirikare mubarungika hanz kuzanumutekano mugihug atabahari ahubwo mbona ko bovayo bakaz gufasha NIYOMBARE gukurigihug mukaga.
27 Ruheshi 2015, 19:01, par kabambe
banza usabire abarimo barapfa iwawe mugihugu no munkambi,mbembe uyo ni perezida wahe hemwe-kweli????
27 Ruheshi 2015, 19:32, par Kevin
Raba iyo mitwe ya PETER ngo ariko arasengera abasoda bapfiriye muri SOMALIA kumbe ariko yunamira SATANI.harabanyamitwe kweri kurinosi.
27 Ruheshi 2015, 19:58, par simon
Service militair nigikogwa gihambaye cane burya iyo twunva nkizo nyanazimba zivugivyo zitazi zishongora zimenyeko zarizokwoyi kwitonda.
27 Ruheshi 2015, 20:31, par Pierre Sim Sy
mwabantu mwe mwandika mumenyeko umwami aganza k,ubw,imana!mwibuke basalomo dawidi n,abandi rero Umukuru W,igihugu C,uburundi Mumenyeko Isezero Ryiwe Ari Iry,UHORAHO Rero Mumenyeko Atabwo Azokurwa N,amajombo Yanyu.Mwibuke Aho Yakuye Uburundi?!Isezerano Ry,IMANA Ntirihindurwa Numuntu.Kuki Mwinyegeza Mumazina Ayariyo Mukwandi?Iyerekane Abomuri.Nagitware Gushike Kumusi Wiwe Wanyuma Wokuba Kwisi!UHORAHO AMUJE IMBERE.
27 Ruheshi 2015, 20:43, par DIMALIA
OYA UKWO SUGUSENGA UKWO NUGUSHIMA IVYABEREYE MURI SOMALIA.USANGA ABASODA YABATANZE ISHIKANWA KWASATANI.
27 Ruheshi 2015, 21:29, par KIRENGE
ABABIPHA NABABISANGIYE.
IYO MUMPA AMAHORO MWOBAYE
MUKOZE.
28 Ruheshi 2015, 03:40, par ZENON
MUTA NATWE TURAGUFASHIJE UMUBABARA NTAKUNDI IMANA IBAKIRE MUBWAMI BWAYO
28 Ruheshi 2015, 05:31, par Augustin V5
Wewewigirangurimwiza Urimubi. Muragowemwebwemwishira Hejuru. Nayongo Uwishizehejuru Azoshirwahasi. Uvuzengo Abarwanyamandayagatatungobasanabarikugarukanamahoromubindibihugu Ntahutaniyenikijuju, Mugihe Abankamandayagatatu Baturira Abant,imiduga,amazu Namabarabarabakayacangobasanabarimu Somali Bariko Bitangira Amakunguyose Nawewe Urimwo Urikijujupe.
28 Ruheshi 2015, 06:45, par Jojo5
Imana ibahe uburuhukiro bwiza kuko bapfuye baharanira amahoro kandi Nyakubahwa Umukuru w’igihugu cacu yakoze neza caaaane mukwibuka abo basirikare. Hanyuma commentaires z inzigo nizo gutukana nukutubaha abaganza zandikwan’incuti z’uburundi turazanse kwubaha abaganza ni itegeko ry’Imana pole sana kura inzigo sinzi ko ariyo mwonse canke mwigishijwe kuri kaminuza mwizemwo
28 Ruheshi 2015, 10:10, par Izayi Key Abaganwa
Nukugerageza Tukihangana Kandi Murakoze Nokuduho Nukuraba Mukadutera Iteka
28 Ruheshi 2015, 10:17, par Izayi Key Abaganwa
Baraba Bashingure Izo Nkund’amahoro Ziguye Kururwo Rugamba Zisumba Abakomeye Bashaka Guhungabanya Amahoro N’iterambere Vyigihugu C’uburundi Kandi Murakoze
28 Ruheshi 2015, 10:19, par umumararungu
mbe ko mutukana kandi agapfuye katagaruka,mwumva mutariko mushinyagurira ababyeyi n’imiryango yabuze,?garukana umutima buntu twifatanye n’imiryango yabuze,umunwa mubi ntaco umaze
28 Ruheshi 2015, 10:21, par umumararungu
mbe ko mutukana kandi agapfuye katagaruka,mwumva mutariko mushinyagurira ababyeyi n’imiryango yabuze,?garukana umutima buntu twifatanye n’imiryango yabuze,umunwa mubi ntaco umaze
28 Ruheshi 2015, 10:24, par umumararungu
mbe ko mutukana kandi agapfuye katagaruka,mwumva mutariko mushinyagurira ababyeyi n’imiryango yabuze,?garukana umutima buntu twifatanye n’imiryango yabuze,umunwa mubi ntaco umaze
28 Ruheshi 2015, 11:40, par niyonizeye j.de Dieu
erega nubwo har akagwi katamwrmera turaz kand ntidukekeranya kwar sebarundi.horakungoma.
28 Ruheshi 2015, 12:11, par simon
Service militair nigikogwa gihambaye cane burya iyo twunva nkizo nyanazimbwa zivugivyo zitazi zishongora zimenyeko zarizikwiye kwitondera ivyozivuga.
29 Ruheshi 2015, 08:02, par ELIPHAZ
NONE ABOBANTU BITAVYE IMANA BARIKO BARARWANA
29 Ruheshi 2015, 11:30, par manzi
uri kubasabira kurimwe yikuzimu usenga urateyiso umugabo nkawe naho woburi Data wopfumupfa ukareka gusesa amaraso yabarundi wibaza koharutazi kwariwe wabicishije
29 Ruheshi 2015, 19:42, par vuru
abasoda 30 bose??? birerekana ko nta bukerebutsi n’ubuhinga abasoda b’abarundi bafise. Nonoho america yahora ibigisha yakuyemwo akarenge none hazopfa abasumba abo
29 Ruheshi 2015, 20:06, par nduwimana aman
muze nashaka ndakuramunce naho urimubihebigoy niwihangane bizohra ntanmvuridahit
30 Ruheshi 2015, 06:57, par prudent
nagira mbaze abacu bazobatuzanira ryari? tubafubane iteka
30 Ruheshi 2015, 16:07, par SOSO
HUUUUM ARIKURINDYARYA WAMUGABOWE NUKURI NGURABABAYE NTABARA UGEZAHO GUSESA AMAROSO AYO WASHESHE ARAKWIYE! HANYUMA UCUSHAKUREKE KWIRUHISHA WIGIRINZOKA KUKO HARYA UBURYARYA BURAVUNA NDABIZI!
2 Mukakaro 2015, 00:54, par kombe
twaraguhinyuye sha imana usenga ukiza twagirango turarose umupresida yubaha Imana yo mw’ijuru kumbe usenga iyikuzimu yama igusaba amaraso yabantu sha Imana ntibayifyinako izokwereka k arinyenecubahiro ikimbabaje n’uryango waw wambaye iceyi kubwawe aho ntiwokumva ga wa mugabo we impanuro baguha n’abana baw kwri n’umugore none wewe wubaha nde canke iki?twakagenda umu presida ur’uwambere mugabo ntamvura idahita sh twizeye iyo mw’ijuru irabona kzndi irumva
2 Mukakaro 2015, 00:55, par kombe
twaraguhinyuye sha imana usenga ukiza twagirango turarose umupresida yubaha Imana yo mw’ijuru kumbe usenga iyikuzimu yama igusaba amaraso yabantu sha Imana ntibayifyinako izokwereka k arinyenecubahiro ikimbabaje n’uryango waw wambaye iceyi kubwawe aho ntiwokumva ga wa mugabo we impanuro baguha n’abana baw kwri n’umugore none wewe wubaha nde canke iki?twakagenda umu presida ur’uwambere mugabo ntamvura idahita sh twizeye iyo mw’ijuru irabona kzndi irumva
8 Mukakaro 2015, 11:34, par NDUWIMANA
TURASAVYE KO IBISHIKIRIZWA KURI RUNO RUBUGA VYOSHIKIRIZWA MU KUBAHANA.
28 Gitugutu 2015, 20:19, par ROBATI
BEGA KASENGERA BAGUYE HANZE BARWA MUBURUNDI NGIRA BOBO SABANTU