Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
PRIMUS League : Uko imirwi yatsindanye ku munsi ugira 22 - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Inkino > FOOTBALL > PRIMUS League : Uko imirwi yatsindanye ku munsi ugira 22

PRIMUS League : Uko imirwi yatsindanye ku munsi ugira 22

lundi 15 Ruhuhuma 2016, par egide

Kuri uwu wa gatandatu n’uw’Imana, ihiganwa rya Primus League ryarabandanije ku munsi waryo wa 22. N’aho umurwi wa Vital’O ufise urukino wasivye kubera wari mu nkino muri Lesotho, uracari kw’isonga ry’iryo higanwa.

Uko imirwi yatsindanye (Ku munsi wa gatandatu)

Olympic Star 1 - 1 Messager Ngozi

Les Eléphants 1 - 1 Olympic Muremera

Bujumbura City 1 - 0 Inter Stars

Nyanza United 0 - 0 Les Crocos FC

Aigle Noir 4 - 2 Flambeau de l’Est

Ku munsi w’Imana

Messager Bujumbura 1 - 0 Les Jeunes Athlétiques

Uko imirwi yifashe ku rutonde

1. Vital ‘O FC : Amanota 57 n’ibitsindo 45 (uwo murwi urafise urukino rumwe utarakina)

2. Messager Ngozi : Amanota 48 n’ibitsindo 19

3. Muzinga FC : Amanota 36 n’ibitsindo 13 (Uwo murwi urafise urukino rumwe utarakina)

4. Athletico Olympic : Amanota 36 n’ibitsindo 13 (Uwo murwi urafise urukino rumwe utarakina)

5. Aigle Noir : Amanota 34 n’ibitsindo 7

6. LLBSports4Africa : Amanota 31 n’ibitsindo 8 (Uwo murwi urafise urukino rumwe utarakina)

7. Olympic Star : Ibitsindo 31 n’amanota 8

8. Bujumbura City : Amanota 30 n’ibitsindo 6

9. Messager Bujumbura : Amanota 28

10. Olympic Muremera : Amanota 25

11. Nyanza United 22

12. Inter Stars : Amanota 22

13. Les Crocos FC : Amanota 19

14. Flambeau de l’Est : Amanota 19

15. Les Jeunes Athlétiques : Amanota 14

16. Les Eléphants FC : Amanota 13

Mu bamaze kwinjiza ibitsindo vyinshi, umukinyi Laudit MAVUGO wa Vital’O akaba ariwe kandi akiri kw’isonga n’ibitsindo 25. Uwumukurikira arushwa ibitsindo 13 vyose, uwo nawe akaba ari Shasir Nahimana nawe nyene wa Vital’O, afise ibitsindo 12.


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.