Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
PRIMUS League : Uko imirwi yatsindanye ku munsi ugira gatandatu - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Inkino > FOOTBALL > PRIMUS League : Uko imirwi yatsindanye ku munsi ugira gatandatu

PRIMUS League : Uko imirwi yatsindanye ku munsi ugira gatandatu

lundi 2 Munyonyo 2015, par egide

Ihiganwa ry’umupira w’amaguru mu Burundi (PRIMUS LEAGUE) ryarasubiriye kuba kuri uwu wa gatandatu igenekerezo rya 31 Gitugutu 2015. Umurwi wa Vital’O uracari kw’isonga ku manota 18 n’ibitsindo 11. Flambeau de l’Est nayo iza mu kibanza ca nyuma ku manota abiri.

Uko imirwi yatsindanye

Bujumbura city 0 - 1 Muzinga FC

Messager Ngozi 1 - 0 Les Crocos

Messager BJM 0 - 1 Vital’O FC (Igitsindo ca MAVUGO Laudit)

Les Eléphants 1 - 1 Flambeau de l’Est

Aigle Noir 1 - 0 Royal FC

Olympic star 0 - 1 Nyanza United

Athlético Olympic 0 - 0 Olympic Muremera

Inter Stars 0 - 0 LLB S04 Africa

Uko imirwi ikurikirana

1. Vital’O : amanota 18 n’ibitsindo 11

2. Messager Ngozi : amanota 13 n’ibitsindo 4

3. Muzinga FC : amanota 11 n’ibitsindo 4

4. Inter Star : amanota 11 n’ibitsindo 2

5. Bujumbura City : amanota 9 n’ibitsindo 3

6. LLB Sports4Africa : amanota 9 n’ibitsindo 3

7. Aigle Noir FC : amanota 9 n’igitsindo 1

8. Olympic Star : amanota 8 n’ibitsindo 2

9. Olympic Muremera FC : amanota 8

10. Athletico Olympic : amanota 7

11. Nyanza United FC : amanota 6

12.Messager Bujumbura FC : amanota 5

13. Les Jeunes Athlétiques FC : amanota 4

14. Les Eléphants FC : amanota 4

15. Les Crocos FC : amanota 2

16. Flambeau de l’Est : amanota 2


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.