Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Primus League : Vital’O yanganije ku munsi wa 23 - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Inkino > FOOTBALL > Primus League : Vital’O yanganije ku munsi wa 23

Primus League : Vital’O yanganije ku munsi wa 23

samedi 20 Ruhuhuma 2016, par egide

Kuri uwu wa gatandatu, ihiganwa rya Primus League ryabandanije ku munsi waryo wa 23. Umurwi wa Vital’O wakinye urukino wari wasivye kubera waheruka mu nkino muri Lesotho. Vital’O yanganije na Athletico Olympic igitsindo kimwe ku kindi.

Uko inkino zagenze kuri uwu wa gatandatu

Vital’o FC 1 - 1 Athletico Olympic

Les Crocos 2 - 1 Aigle Noir

Flambeau de l’Est 2 - 0 Olympic Star

Olympic Muremera 0 - 0 Muzinga

LLB Sports4Africa 3 - 0 Messager Bujumbura

Uko imirwi izokina kuri uwu w’Imana

Isaha umunani : Les Jeunes Athlétiques - Nyanza United

Isaha icenda : Messager Ngozi - Bujumbura City

Isaha cumi : Inter Star - Les Eléphants


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.