Accueil > Amakuru > Poritike > Prosper BAZOMBANZA yemejwe nk’icegera ca mbere c’umukuru w’igihugu
Prosper BAZOMBANZA yemejwe nk’icegera ca mbere c’umukuru w’igihugu
jeudi 13 Ruhuhuma 2014
Prosper BAZOMBANZA yemejwe n’inama nshingamateka mu mabanga y’icegera ca mbere c’umukuru w’igihugu. Inama nshingamateka imwemeje mu gihe komite nkuru y’umugambwe UPRONA yari yarungikiye umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza amazina y’abo yotoramwo uwosubirira Bernard Busokoza yaheruka gukomborwa.
Kuva aho Willy Nyamitwe, icegera c’umuvugizi w’umukuru w’igihugu amenyesheje ku munsi w’ejo kuwa gatatu, ko umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza yaronse amazina y’uwoshirwa mu kibanza c’icegera ca mbere c’umukuru w’igihugu, mu mugambwe w’abadasigana UPRONA bamenyesheje ko baguye mu gahundwe bumvise ko ayo mazina yashikiriye umukuru w’igihugu, kandi batazi uwayarungitse, ari naco gituma baciye barungika kuri uwu wa kane abo bemera aribo Bernard Busokoza, Yves Sahinguvu na Gasutwa Bonaventure .
Ivyariko biravugwa kuva ku munsi w’ejo ko Conciriya Nibigira ariwe yarungitse ayo mazina bihejeje kuba ukuri. Prosper BAZOMBANZA niwe yemejwe n’inama nshingamateka mu mabanga y’icegera ca mbere c’umukuru w’igihugu.
Mwomenya ko mu nama nshingamateka, Bonaventure Niyoyankana ariwe mushingamateka wenyene wa UPRONA yari yitavye muri ico gikorwa co kwemeza Prosper BAZOMBANZA. Uwo yemejwe n’inama nshingamateka ntiyatowe n’abanshingamateka b’Umugambwe FRODEBU Nyakuri, umukuru w’uwo mugambwe Yohani Minani akaba yameyesheje ko atemera abarungikiye umukuru w’igihugu iryo zina rya Prosper BAZOMBANZA.
Muri ico gikorwa inama nshingamateka na nkenguzamateka zakoreye hamwe, n’’abahoze barongoye Uburundi babiri aribo Domisiyano Ndayizeye na Sylvestre Ntibantunganya ntibemeje iryo zina rya Prosper BAZOMBANZA.
Egide Nduwimana
Messages
13 Ruhuhuma 2014, 18:44, par Muhoza
Ngwaho rero amashamba arashushe.Mbega ubutegetsi bwa Petero NKURUNZIZA ewe Mana garukira uburundi.None se vyukuri uyo mukuru w’igihugu ni Umurundi canke ni umunyamahanga?Se arakunda uburundi n’abarundi?Bati amenyo aragutwenga arayawe ntibabeshe pe biteye ubwoba
13 Ruhuhuma 2014, 19:10, par kinigi
Harageze Yuko Ville morte zitangura. Ewe abizeye Niyoyankana barabonye ko arinzoka ikwiriye. Uprona noneho tugiye kuraba niba Atari akarimi gusa. Ngo amanyama yimbwa aherera mukuzunguza umurizo. Turaraba uko biza kugenda. Wait and see.
13 Ruhuhuma 2014, 19:17, par vianey
Ndashimiye Dr jean MINANI kubona atemere abashinga mateka bakomoka mumugambwe w’iwe kwemeza amanyanga ,nkongerankashimira abashingantahe Domitien ndayizeyena NTIBANTUNGANYA sylvestre kutemezaamanyanga y’umugambwe CNDD FDD .
13 Ruhuhuma 2014, 19:21, par kamwenubusa
Ibi bisiguyeko ari ukwoza INKOHO tukarwana turwanira ukuri k’umuganwa.
13 Ruhuhuma 2014, 19:28, par karikurubu
Abatutsi aho muri hose muragabe kuko hari agahaze, abahutu barahiye bararengwako bazohorera NDADAYE ehe nimurabe ivyo DD idusubijemwo. ariko rero muhumure amakungu arakurikirana aka kaduruvayo ka cndd, ntibokwemerako tumera nka somalia na central africa. Ndasaba abasoda bose bari mu makungu gutaha kuko imuhira umuriro uriko uraka
13 Ruhuhuma 2014, 19:46, par Coldman’Zi
Bonaventure Niyoyankana arerekanye ko ata jambo. Mugabo ndamutegera mu rundi ruhande kubera situation iri muri UPRONA. Ni yaba yagiye mu nama nshingamateka kugir’agarukire Umugambwe wiwe UPRONA hama uzokwemererwe guserukirwa mu matora y’2015, nta kabi kiwe. Arazi ko ata gihugu gipfakara. Umukino w’2010, yabonye ko ugiye kubarwa ko. Abagomba kugarukana Busokoza Bernard na Yves Sahinguvu, nibaza ko bacibaza mu mitwe yiwe wa mukino wo gukirana, binatebe bitebuke habe ingwano. Ndakeje Prosper Bazombaza ariko ngahimiriza abagize UPRONA baje hamwe banumvikane.
13 Ruhuhuma 2014, 19:56
Ivyuburundi tuvyitege harikimenyesha makuru mpejeje gusoma niki WWW.IKAZE-IWACU.COM mwirabire muvyobavuga baravugamwo ko cacegera cambere busokoza yibereye ikigali mumahotele kandibarindiwe umutekano
13 Ruhuhuma 2014, 20:55, par Diego big
Akataraza kari munyuma!abatutsi nta politique bagifis nubweng burabahenda!ubu abahutu barakanuy nta burofa!
13 Ruhuhuma 2014, 20:56, par Nwari
Shimire nditije na bamufasha kuvyobakoze vyose. Ahasigaye nitwebwe abanyagihugu twese kuva hasi ,nancane ABATUTSI KUBERA IVYABO BIRARAGIYE ,IBIBAZA,VYABO ,2ans za yarusha zipfuye ubusa bivuga ko aba DD bashaka kumara abo basigaje ugurura amaso mwitabare bitarashika nkivyo mu rwanda
13 Ruhuhuma 2014, 20:58, par aline
nibara kumutemere harico dd uriko arangomba gishikako muzokibona vuba cane yasegenya yubumwe wagira harya yabivuze atazi ico ariko aravuga
13 Ruhuhuma 2014, 21:14, par MUYINGA
Reka ayo macakubiri yanyu,ngo mufate inkoho!!!!???ntavyo mushoboye,namba mufata imigano kurya mwamaze abahutu n imigano muri 1972 bakoregwa ihonyabwoko!izo nkoho nizo kurasa nde?uprona igize ibibazo ,abanyagihugu baba ibitambo?bandanya muhangane nabo ba DD,mugabo ivy ingwano zo kurasana nta munyagihugu azikeneye.Imana ikomeze ifashe uburundi!!!
13 Ruhuhuma 2014, 21:50, par BAKAME
mbe uwu avuga ngo ni ukoza inkoho abandi bo ntibazi ko zoza .UBu sibimwe vyakera mwica abahutu uko mwishakiye ubu natwe abahutu turazi kurasa bikomeye.NI mutangure tubereke!!!! iyo ni politique mugihe mudashoboye guhana aba porono bataye murongo birabasha.Aba DD nturabona ko ubigumuyeko baguhiga kora uko . BAKAME
13 Ruhuhuma 2014, 21:50, par BAKAME
mbe uwu avuga ngo ni ukoza inkoho abandi bo ntibazi ko zoza .UBu sibimwe vyakera mwica abahutu uko mwishakiye ubu natwe abahutu turazi kurasa bikomeye.NI mutangure tubereke!!!! iyo ni politique mugihe mudashoboye guhana aba porono bataye murongo birabasha.Aba DD nturabona ko ubigumuyeko baguhiga kora uko . BAKAME
13 Ruhuhuma 2014, 23:08, par Mahoro.
Yemwe bantu dufise imiryango muburundi dusenge dukovye kuko ndabona iryo bombora riraduhekura pe; ariko ndarwa nkagaruka iyo UPRONA na FRODEBU bemera kare kujana nabandi mukibiri ntibigire abanyabwenge ubu ingorane ziba zaratorewe umuti namakungu none raba ayo bariko babona ntakundi nibihangane nkuko abandi bihanganye barindirire aho abandi barindiriye abarundi bati uwufise imbugita nuwufise urwubati noneho karabaye.
13 Ruhuhuma 2014, 23:32, par nijimbere
UPRONA imenyeko ihagarariye abatutsi kandi bakaba aribo bake mu gihugu, inama nobaha nukubaka inzego zayo zigakomera hama bakaja gusaba inama mu bihugu bitwawe n’abatutsi bakumva ico bababwiye. si non nkuru arabafuta mu gihugu
13 Ruhuhuma 2014, 23:40, par soyi
ikijuju gisubije igihundu mu ndyane
13 Ruhuhuma 2014, 23:51, par mavyarajegera
Denise Bu10 asigaye afise isoni zo kugera mu bandi bakenyezi kuko umugabo wiwe yacitse igikenyi eka abaraba ivy’uyu mugore bavugako asigaye afise akabongi gaseruka mu maso. twobibutsako yabujije nkuru kwitoza ubwa gatatu ariko nkuru akagarariza none agiye gusoza nka GORIATH wo muri biblia.
14 Ruhuhuma 2014, 00:02, par sekurumudindizo
kw’isi nzima, ibi bishitse mu burundi gusa aho umu presida atora abo yishakiye icese, eweeeee nkuru y’umutumba urimaramaje. urahonyoye democratie, kwica vyovyo ubifisemwo ubuhizi, guturira amasoko ubirusha al shabab, kwiba no kugambana urasumvya YUDA, ubujuju bwobwo ubunganya na samandali wa mandalanga.
14 Ruhuhuma 2014, 05:21, par Turibamwe
ABATUTSI BADASHIGIKIYE UMUGAMBI WA EMPIRE HIMA NIBOBESHI MUBIYAGA BININI. URASHAKA KUMENYA ABARIMWO BARINJIRA MWIYO HIMA? SOMA IKINYAMAKURU CITWA’
www.ikazeiwacu.org
14 Ruhuhuma 2014, 05:57, par jacques
Mbe izo nkoho muvuga mwoza wibazako aribimwe vya kera twakoresha imiheto tukabaka izo tubarasisha?ubu ho turazifise bikwiye. Muraba nkaba islam bo muri centre Africa.ni mutuze tube hamwe kuko ntanabi tubashakira kuko ntanishavu kuko iyo turigira Busokoza yakuyeko Ndadaye umutwe akoresheje ballionette ntaba akivurwa muburundi ubu aba ari umwavu.ni mwitonde tubane mumahoro numutekano Ndadaye yaturaze.peace
14 Ruhuhuma 2014, 06:20
None ko muri abakunzi binda! Nivyanswe n’abatwa nimwe muvyakira! None wumva muriko muravuga iki? Inkoho oza tukwereke!
14 Ruhuhuma 2014, 08:44, par Résistance
La résistance s’organise, ako kagaye ntawundi kazokwegera atari uwo mukuru w’imbonerakure: Pierre Nkurunziza. Il prépare le génocide des tutsis du Burundi mugabo ntavyo azoshikako. Ses Imbonerakure seront anéantis.
14 Ruhuhuma 2014, 09:04, par Pierre
Karabaye aho ABA Tutsi musigaye murya ivyanswe nabatera mpongo (Abatwa). Kera mwasigariza abahutu hama aba Hutu nabo bagasigariza abo basangwabutaka. None ubu Ni kinyurane. Bwa bwinone bwaba Tutsi bwaheze. Aho musigaye musumbwa ijambo na Batwa.Bwabwishime bwo kuvuga Ngo muri beza, icabwenge, emama Ngo muri ABA yuda. Retour Ni Ikigali. Turabereka incabwenge izarizo.
14 Ruhuhuma 2014, 09:29, par Gihugu
Nagomba nkeze uyo musangwabutaka ( Umutwa) Wo muntara ya Cibitoke. Kera bavugako abahutu Bo mu Cibitoke Ari abagumutsi, bakaba bagira uko kuko hama banks akaremganyo namanyanga ya Leta. None umutwa nawe Ava mwiyo ntara yaba Revolutionaires arerekanye ko Cibitoke idatamikwa ijambo. Naho intara ya Mwaro ivamwo abahemu gusa. Akarorero: Ndadaye Melchior, uyu mugabo naho benshi bamwambika amashurwe niwe yatanguye guhemukira Palipe Hutu FNL. Igihe yavugako azobazana yababoshe. Uwakabiri. Alfred Bagaya na Nzabampema ivyabo ntawobivuga murabizi, None ubu Prosper, ntimwibagigwe uwitwa Frederick yahora arongoye iyo Ntara nawe kuko nawe aho bukera muzomwumva ivyo avyukana. Kuko yirigwa muri Ambassade Yu Burundi I Pretoria muri Afrika Yepfo.
14 Ruhuhuma 2014, 09:34, par Tollo
Yego ndumiwe.ubwose .gusa iprona niyinumire bariya bahutu zari zabahaye none baiko bazimanuza.vyongeye.abatutsi batwaye kuva kera nibabe baruhutse bahutu muzi ko twangwanye urugamba twigira inkoho mumashamba ya tanzania.gihahe yirirwa adukubita kukibuga ca nyerere ilukole none aho tuboney’ubutegetsi.muri kwica ntimuri gukiza.aho kudukiza muri gutuma ben’urundi bapfa.nkinyoni.nyakubahwa presendent ntac’ushaka kungundira kubutegetsi ntakindi gitumye wankira ipronna kuja mubutegetsi washatse abazogufata mumugongo nushaka kongera kwiyamamaza.gusa imyaka izoteba ihere uburundi nabrundi twongere tigir’ijambo.
14 Ruhuhuma 2014, 10:00, par Daniel
abo nibamwe bise ncumita birakwiye kuko ntaco bagiye kumarira abanyagihugu kuko sibo babasizeho abo nabakozi ba cndd fdd mukamenyako abarundi bose atari abadd mpamagarira umurundi udashaka kuba ncumita birakwiye guhag urukira inyungu zawe kuko niwewe utanga ijambo HUMURA AMASO UBONE
14 Ruhuhuma 2014, 10:55, par nikobiri nicolas
Imana n’inkuru Irabona uburundi.upronistes mugumye umutima Ndumva kobavuga ivyinkoho iyonimikino yabana ubu ningwano yivyiyumviro kdi uprona nincabwenge wait and see
14 Ruhuhuma 2014, 11:04, par Nayuburundi
Erega barundi ntaco dupfa kuko ntanico dufise;ahubwo n’utwo dufise raba tuturyaniramwo umwe ngo reka nirire uwupfa napfe:Mana garukira abarudi banyoshwe numugera wubugunge namacakubiri!!Erega hatabaye reconciliation ntaho tuzoshika.Ibagire ivyashitse twubake igihugu catwibarutse.Petero nawe wibuke ko amarira y’impfuvyi nabarundi bugarijwe nubukene ata mahoro bizoguha!!
14 Ruhuhuma 2014, 13:38, par Barandemvya
Nkuko nari nabivuze niko bigenze . Abana porona umengo ntibaramenya. inforo y’umukeba Ends Fdd . Igeze aho ikoresha amayeri yose kugira yigizeyo abo bose bashobora kuyibera intambamyi muri ibi bihe twegereje amatora . Mu basiganwa , hama hariho uwugira akabindya iyo bageze mw’ikorosi , hariho uwukata ahenuye abo bahiganwa . Iyo abahagarariye iryo higamwa batahabaye murumva uko bigenda !! None twovuga ko muri ako gahugu gato kacu habuze abahagarikizi ? Usangwa ari uko akataraza kari inyuma kandi karahinda !!!
14 Ruhuhuma 2014, 15:07, par Kevin
Mwibesha basha!Mwebwe muvuga ihonya bwoko kuko muriko muraritegura.iyo muba abandi mwosubije amero mw isaho.ahandiho uwuzorukarisha ningombwa rumumwe!
15 Ruhuhuma 2014, 10:11, par MUKUNDA BURUNDI
NOnese ko binaniranye muri uprona ninde azabatatura: ndazi ntamunyapolitike ufite imyaka yubwana mukwiye kumenya kn burundi ari ubwanyu hama muze dufashanye kwiteza imbere kuko inkoho ntaterambere zizatuzani mbese tuzanibagira kwiteza imbere nkabandi
15 Ruhuhuma 2014, 10:29, par MUKUNDA BURUNDI
yemwe umuntu uciyumvira kushotora intambara nturumuntu ese wewe nyene ntuzi ububisha bwinkoho???? ibihugu bibanyi biratekanye ariko wewe urimwo kwatsa umucanwa mu bana bawe, nyokuru no sokuru bawe uri umugabo wiyumvira? ninde utaryoherwa mumahor