Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Raba mw’isanamu "ibicuro" Franck G80 aririmba - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > Raba mw’isanamu "ibicuro" Franck G80 aririmba

Raba mw’isanamu "ibicuro" Franck G80 aririmba

mercredi 31 Kigarama 2014

Inyuma y’amezi ashika indwi ururirimbo "Ibicuro" rusohotse, isanamu yarwo nayo yagiye ahabona. Ururirimbo rwaririmbwe na Franck G80 na The Duniano.

Mu kwezi kwa Rusama 2014 niho ururirimbo rwasohoka kandi ruri mu ndirimbo nke umuririmvyi Franck G80 yakoze mu mwaka w’2014 urangira kuri uwu wa gatatu. Amajwi (audio) yakorewe muri African Sound Records, isanamu nayo yakorewe muri Akaga Videoz.

Raba aha munsi isanamu y’urwo ruririmbo


Cherif Nkeshimana

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.