Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Gute wotanga amahigwe yo gutsinda Isanganiro Awards 2015 ku muririmvyi (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > Abacuraranzi > Gute wotanga amahigwe yo gutsinda Isanganiro Awards 2015 ku muririmvyi (...)

Gute wotanga amahigwe yo gutsinda Isanganiro Awards 2015 ku muririmvyi wipfuza

mardi 7 Ndamukiza 2015

Inyuma yo gutangaza indirimbo 10 ziri mu gice ca nyuma c’Isanganiro Awards 2015, abaririmvyi bageze mu mwanya wo kurondera amajwi mu bakunzi babo.

Ukaba wipfuza gutanga ijwi kuri umwe mu baririmvyi bariko bahiganisha indirimbo zabo muri Isanganiro Awards 2015, ushobora kuritanga uku gukurikira: "Andika ijambo ISANGANIRO muri message hama usige akanya uce ukurikiza inomero y’umuririmvyi wipfuza uce urungika kuri 123 abakoresha LEO". Muzoba muhejeje gutanga amahigwe ku muririmvyi canke umurwi mwipfuza.

Akarorero: isanganiro (inomero y’umuririmvyi) ugaca urungika kuri 123 ( Leo ).

Izo ndirimbo 10 ni :

1) Urwaruka Turashoboye by Yves Kami 78%
2) Burundi by Spoks Man 72,5%
3) Ubwami Bwawe burarangiye by Leonard NIYOMWUNGERE:72%
4) Uburundi Bwacu by Natacha 70,66%
5) Burundi Yetu by Emelance Emy 70,66%
6) Ukuri n’Ijambo by Juvenal Ndayisenga 69%
7) Iyataba wewe by Jhon BAMBONEYEHO 67%
8) Akana by GN EQ 66,66%
9) Intahe by Christian NIMBONA 63,33%
10) Africa by Ashley62, 83%


Cherif Nkeshimana

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.