Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Raba urutonde rw’abakobwa beza bavuka ku bakuru b’ibihugu vy’Afrika
Raba urutonde rw’abakobwa beza bavuka ku bakuru b’ibihugu vy’Afrika
vendredi 24 Ndamukiza 2015
Urutonde rw’abakobwa b’abakuru b’ibihugu beza kurusha abandi, rwakozwe n’ikinyamakuru Forbes hamwe no ku mbuga ngurukana bumenyi 4, rwagiye ahabona.
Mu kibanza ca mbere c’urwo rutonde, hari Ange Kagame, umukobwa w’umukuru w’igihugu Paul Kagame wo mu Rwanda.
Raba uko abo bana b’abakuru b’ibihugu vy’Afrika beza baza barutana mu bwiza
1. Ange Kagame (Rwanda)
Umukobwa wa Paul Kagame, wo mu Rwanda, yagiye aboneka cane ari kumwe na se wiwe na cane cane igihe Paul Kagame yagendera Barack Obama, umukuru w’igihugu wa Reta zunze ubumwe z’Amerika. Ange Kagame agakunda gukora ibikorwa bizana iterambere mu gihugu ciwe.
2. Umuganwakazi Sikhanyioso Dlamini (Swaziland)
Umukobwa wa mbere w’umwami Mwatsi III wo mu gihugu ca Swaziland, bakunda kwitwa Pashu, agira kabiri mu rutonde rw’abakobwa beza.Nk’umwana w’umwami, Pashu yatangaje benshi, aho yatangura kuririmba indirimbo zo mu mudiho wa Rap mbere agakina n’amareresi.
3. Malika Bongo Ondimba (Gabon)
Malika Bongo Ondimba ni umukobwa wa mbere wa Ali Bongo Ondimba, yagiye amanyekana mu gihugu ca Gabon kubera yitaho ibikorwa vy’imibano, hamwe n’agateka k’abakenyezi.
4. Isabel Don Santos (Angola)
Ku myaka 40 y’amavuko, Isabel Don Santos, umukobwa wa Perezida Dos Santos wo mu gihugu ca Angola niwe yagiye mu kibanza ca kane mu bakobwa beza b’abakuru b’ibihugu bo muri Afrika. Isabel Dos Santos ni umugore wa mbere atunze kurusha abandi muri Afrika, nk’uko ikinyamakuru Forbes cabimenyesheje.
5. Ngina Kenyatta (Kenya)
Umukobwa wa Uhuru Kenyatta, umukuru w’igihugu ca Kenya aza mu kibanza ca gatanu. Ngina Kenyatta ni igihagange mu gihugu ca Kenya, agakunda kuboneka mu bikorwa vy’imibano.
6. Thuthukile Zuma (Afrique du Sud)
Thuthukile Zuma ni umukobwa mutoyi wa Jacob Zuma, umukuru w’igihugu w’Afrika y’Epfo.
7. Anastacia Brenda Biya (Cameroun)
Umukobwa w’umukuru w’igihugu ca Cameroun, Paul Biya, akunda kuboneka cane ku mbuga ngurukana bumenyi, aho akurikirwa n’abantu bagera 3000 ku rubuga rwiwe rwa Instagram.
8. Bona Mugabe (Zimbambwe)
Umukobwa w’umukuru w’igihugu wa mbere ashaje kw’isi, Robert Mugabe atwara igihugu ca Zimbambwe, yafashe ikibanza c’umunani ku rutonde rw’abakobwa b’abo bakobwa beza muri Afrika. Bona Mugabe akaba yaranonosoye amashure y’ubutunzi.
Lorene N
Messages
24 Ndamukiza 2015, 15:19, par umukobwamubi
Mwabuze ivyo mwandika ni mugende muryame canke muje gukina umupira. Mbega umukobwa MUBI asa gute? None abo boreka kuba"beza" batazi icarico inzara no kubura amavuta yo kwisiga?
24 Ndamukiza 2015, 15:19, par I
Uwomuri Caneroun niwe wambere abatangurira jubwiza hanyuma abandi bagakurikira.
24 Ndamukiza 2015, 15:48, par inkotanyi
ego uwakagame ni mwiza mugabo ntaruta uwanje kandi uwanje yirigwa arakoropa avuye muri universites.
24 Ndamukiza 2015, 18:41, par staff
Kagame oyeeeeeeeeeee! arakwiy vrm n’uwanka urukwavu arabona ko runyaruka
24 Ndamukiza 2015, 20:10, par rosrossy@hotmail.com
erega mwumva nabi bavuze abakobwa baba perezida gusa. Nayahandi hariho abatarababaperezida incuro zingahe kure niyo.
25 Ndamukiza 2015, 00:05, par ROGER NDAYIKENGURUKIYE
None abo bakobwa babakuru bibihugu ku musore asanzwe atari umwana wu mukuru w’igihugu canke umwana wa ministre?
25 Ndamukiza 2015, 07:01, par kinyamaguru juvenal
UMUKOBWA WA KGAME NTABWO ARI MWIZA NUKO IKI KINYAMAKURU ARICO MURWANDA.UWA KENYA NIWE MWIZA HAGAKURIKIRA UWA CAMEROUN.ARIKO BIVANA NCO UMUNTU YITA MWIZA.NTANUMWE ASUMBA UMUGORE WANJE
25 Ndamukiza 2015, 07:01, par kinyamaguru juvenal
UMUKOBWA WA KGAME NTABWO ARI MWIZA NUKO IKI KINYAMAKURU ARICO MURWANDA.UWA KENYA NIWE MWIZA HAGAKURIKIRA UWA CAMEROUN.ARIKO BIVANA NCO UMUNTU YITA MWIZA.NTANUMWE ASUMBA UMUGORE WANJE
25 Ndamukiza 2015, 07:01, par kinyamaguru juvenal
UMUKOBWA WA KGAME NTABWO ARI MWIZA NUKO IKI KINYAMAKURU ARICO MURWANDA.UWA KENYA NIWE MWIZA HAGAKURIKIRA UWA CAMEROUN.ARIKO BIVANA NCO UMUNTU YITA MWIZA.NTANUMWE ASUMBA UMUGORE WANJE
25 Ndamukiza 2015, 07:01, par kinyamaguru juvenal
UMUKOBWA WA KGAME NTABWO ARI MWIZA NUKO IKI KINYAMAKURU ARICO MURWANDA.UWA KENYA NIWE MWIZA HAGAKURIKIRA UWA CAMEROUN.ARIKO BIVANA NCO UMUNTU YITA MWIZA.NTANUMWE ASUMBA UMUGORE WANJE
25 Ndamukiza 2015, 07:01, par kinyamaguru juvenal
UMUKOBWA WA KGAME NTABWO ARI MWIZA NUKO IKI KINYAMAKURU ARICO MURWANDA.UWA KENYA NIWE MWIZA HAGAKURIKIRA UWA CAMEROUN.ARIKO BIVANA NCO UMUNTU YITA MWIZA.NTANUMWE ASUMBA UMUGORE WANJE
25 Ndamukiza 2015, 07:01, par kinyamaguru juvenal
UMUKOBWA WA KGAME NTABWO ARI MWIZA NUKO IKI KINYAMAKURU ARICO MURWANDA.UWA KENYA NIWE MWIZA HAGAKURIKIRA UWA CAMEROUN.ARIKO BIVANA NCO UMUNTU YITA MWIZA.NTANUMWE ASUMBA UMUGORE WANJE
25 Ndamukiza 2015, 12:35, par NTIBAGIRIRWA Isaac
Mwarihenze peeee kuko uwambere yari kuba 1er Ngina Kenyatta (Kenya), 2em Ange Kagame (Rwanda), 3em Anastacia Brenda Biya (Cameroun), 4em Bona Mugabe (Zimbambwe) hama abandi bagakurikira.
25 Ndamukiza 2015, 14:05, par Hermenegilde
uuuwuwayanditsentinyako atageragejekuba kuba objective.
The facts are not convincing.
26 Ndamukiza 2015, 00:58, par Niyonsaba desire
NDIKO NITEGEREZA ABO BAKOBWA SIMBONA UKOMWABATONDETSE ABEZA MWABAHAYE IBIBANZA VYINYUMA NNE NTABANDI BARIHO MUTASHIZEMWO
26 Ndamukiza 2015, 08:24, par ncuticyriaque2004@yahoo.fr
MWIGEME WA PRESIDENT KAGAME URI MWIZA PE
1er Rusama 2015, 21:17, par BIMENYIMANA ERIC
uyo mukobwa wakagame siwo mambere habanamba
3 Rusama 2015, 12:37, par HATUNGIMANA SALÈVE
ABOBAKOBWANIBEZAAHUBWONASHAKAMWO UMWENOMURONKAGUTE???MUMPE INYISHU.
5 Rusama 2015, 10:36, par bernard
uwambere sawa ariko uwagatanu nuwindwi mwabarenganije cyane gose murasubira mubatondeke kuko mwabahaye ibibanza badakwiye uwomuntu wa 5 yarikuba uwa 2 uwindwi nawe yarikuba uwa 3 ndashavuye cyane
5 Rusama 2015, 10:53, par bernard
noneho ndabona babatondetse nabi cyane uwambere nivyo ariko uwagatanu yarikuba uwakabiri uwindwinawe akaba uwagatatu babarenganie ese ubundi babahoyiki koko?
13 Rusama 2015, 20:52, par Pascal
Nshaka Uwo dukundana
16 Rusama 2015, 07:02, par Petero Claver
Muri abo bose ntanumw aruta uwo nkunda
8 Mukakaro 2015, 20:59, par NYANZIRA CHADRACK
NIPFUZA UBUGENZI BWUMUKOBWA WAKAGAME NIPFUZA KUMUKUNDA.
28 Mukakaro 2015, 15:18, par MANIRAMBONA FREDERIC
Haaaa emwe biranezereye
9 Myandagaro 2015, 07:32, par Minani kabezi
abobose naharibeza ntawusumvyubwiza maman wanje, mbe petero nkurunziza ntamukobwa afite ? cke nukwirukira mandat ya3gusa ntavyara?
15 Myandagaro 2015, 22:15, par Callixte Manirakiza
Ariko je mbona harimwo babi!Bamwe bamwe mubashima iki kugira muvuge kwari beza?Canke n’uko ari abana b’aba présidents?Nsadamwe!Mpa umuco
11 Munyonyo 2015, 22:32, par Emmanuel Nzoyisaba
none jekombona hamwo babi mwisunga ibiki kugira mubatore je mbona nkokubwanje uwambere yarikuba njina kenyata
15 Munyonyo 2015, 22:13, par niyonkuru laudriguez
shaka umugenzi wumukobwa mwiza wu munyarwanda
24 Kigarama 2015, 23:59, par Mberamiheto Samuel
Kweri Uwobiriza Mugwiri Kabiri Boguma Basaneza? Nuko Barya Bicaye Nayahandi Nbona Basanzwe
25 Kigarama 2015, 00:01, par Mberamiheto Samuel
Kweri Uwobiriza Mugwiri Kabiri Boguma Basaneza? Nuko Barya Bicaye Nayahandi Nbona Basanzwe
25 Kigarama 2015, 00:03, par Mberamiheto Samuel
Kweri Uwobiriza Mugwiri Kabiri Boguma Basaneza? Nuko Barya Bicaye Nayahandi Nbona Basanzwe
25 Kigarama 2015, 00:04, par Mberamiheto Samuel
Kweri Uwobiriza Mugwiri Kabiri Boguma Basaneza? Nuko Barya Bicaye Nayahandi Nbona Basanzwe
26 Kigarama 2015, 07:44, par Paul Biya
Ndamwipfurije Neza Niyibereho.
11 Nzero 2016, 22:32, par Gaspard Shimirimana
Hoo ! Nibateshwe bate abo nibo basumba abandi bakobwa bose naje kiwanje karambera cane kuruta abo. uwobazana kugema umuceri ino iwacu bohinduka wosanga ari inyeteri zamwisho . gusa nibirambire ababera babere
12 Nzero 2016, 21:46, par Kezimana Révérien
Ahubw Uwo Mfis Ntaw Baz Asumba Ngah Nabonyen Nuk Barya Bicay Bakor Wosang Basanzw
12 Nzero 2016, 21:48, par Kezimana Révérien
Ahubw Uwo Mfis Ntaw Baz Asumba Ngah Nabonyen Nuk Barya Bicay Bakor Wosang Basanzw
12 Nzero 2016, 21:48, par Kezimana Révérien
Ahubw Uwo Mfis Ntaw Baz Asumba Ngah Nabonyen Nuk Barya Bicay Bakor Wosang Basanzw
6 Ruhuhuma 2016, 21:21, par nitegeka privat
ntimwitonz abobasa uko nibo mwashimye? murasubiramwo
9 Ruhuhuma 2016, 20:39, par Ntakirutimana
ABOBAKOBWA MURIKO MURAVU GA UMWANAA WAKA KAGAME ARABARYA MUBWIZA TUZOKWI BANI RA IWA CU MU BURU NDI AWU BWO IZO NINZO ZI URIKU RAROTA MWO MPA NURIKI?
9 Ruhuhuma 2016, 20:41, par Ntakirutimana
ABOBAKOBWA MURIKO MURAVU GA UMWANAA WAKA KAGAME ARABARYA MUBWIZA TUZOKWI BANI RA IWA CU MU BURU NDI AWU BWO IZO NINZO ZI URIKU RAROTA MWO MPA NURIKI?
11 Ruhuhuma 2016, 05:08, par Munezero Jeanove
UMUKOBWA ANASTASI NIWE SHIMWE MUZOMUNZANIRE MUBURUNDI TWIBANIRE
18 Ruhuhuma 2016, 22:17, par Andrew Sindayigaya
Nivyiza nuko mutarabona agashurwe kanje vyose mwociye musubiramwo gutondeka jembona mwabobose ata wumuruta.
18 Ruhuhuma 2016, 22:17, par Andrew Sindayigaya
Nivyiza nuko mutarabona agashurwe kanje vyose mwociye musubiramwo gutondeka jembona mwabobose ata wumuruta.
20 Ruhuhuma 2016, 10:33, par Paul Bizimana Buhg
Nivyiza Kubona Abakobwa Beza Nkuko ,Ariko Nonezerwa Kurusha Mbonye Umwe Muribo Canke Nkababona Bose Uwobimfashamwo Yabakoze .
23 Ruhuhuma 2016, 14:11, par Fiston Ndayiragije
Murokoze kutubwira abeza.Jewe ndasaba Imana Rugira vyose izompe amahirwe yo kuramutsa Ange Kagame kuko kwisi yose ntawundi muntu nifuza guhura nawe,atari Ange Kagame.Ndamusabira kumana rugira vyose imuzigame kand izaduhuze nawe rimwe rudende
24 Ruhuhuma 2016, 08:30, par SAMUEL
TWEBWE TWIPFUZA GUKUNDA UMWIGEME WA PRESIDENT WUBURUNDI MOI EST ENFANTDE DECELLE KIRUNDO
29 Ruhuhuma 2016, 23:10, par Protais misago
Arinkajewe ntanumwe murabo ndari kugira mwiza abobatavyibuha womengo barir kunzoka wonkuze yirigwa yisuririko ivu arima ariko arabasumba ahobwo niwe yarakwiy kub uwambere.
29 Ruhuhuma 2016, 23:11, par Protais misago
Arinkajewe ntanumwe murabo ndari kugira mwiza abobatavyibuha womengo barir kunzoka wonkuze yirigwa yisuririko ivu arima ariko arabasumba ahobwo niwe yarakwiy kub uwambere.
1er Ntwarante 2016, 14:32, par King james
Ndajegeye pe!
3 Ntwarante 2016, 08:16, par ndabarushiman egide
nivyiza cne.jewembona.mwabobose.maman ariwo abaryakubwiza.arko nkeneye.umukubw wa peter nkurunziza ariho?
3 Ntwarante 2016, 13:35, par SADICK
ndashaka umukobwa umwe
7 Ntwarante 2016, 21:46, par NIYONKURU J,BOSCO
IVYOBIRINIVYOBAFIJENGONIBEZAABEZABOBARINIYOBARI
7 Ntwarante 2016, 21:48, par NIYONKURU J,BOSCO
IVYOBIRINIVYOBAFIJENGONIBEZAABEZABOBARINIYOBARI
10 Ntwarante 2016, 00:40, par ZERBABERT
TANZANIE NAYA?
17 Ntwarante 2016, 20:16, par Nitereka Innocent
Anastacia Brenda Niwe Yarigutwara Ikibanza Cambere Niwe Nikundiy Arushubwiza Bose
22 Ntwarante 2016, 17:12, par Jeanbosco Habimana
Nkunze umukobwa wo muri gabon ndamukudiye ubwiza nyomba ukwasa arikwari nda mushimye
29 Ntwarante 2016, 20:30, par Sibomana Jean Bosco
Njew Mbon Ko Ab Bakobw Boj Mwihinganw Kand Bakab Bez Cyan Kand Murakoz.
1er Ndamukiza 2016, 09:33, par mahoro
ahubwo nibakure iyo micafu ngaho
6 Ndamukiza 2016, 08:37, par HABIMANA
UWO MURIGABO NDAMUKUNZE
6 Ndamukiza 2016, 21:49, par elissa
Abo ntacobay arik nkunz uwomuri Zimbabwe nuwamber pe
6 Ndamukiza 2016, 22:54, par NIYONKURU
ABAKOBWABOSESIMARAYA?
6 Ndamukiza 2016, 22:55, par NIYONKURU
ABAKOBWABOSESIMARAYA?
7 Ndamukiza 2016, 02:04, par NIYONKURU
NTAMUKOBWA ABAMWIZAKWIYISIYARUREMA
7 Ndamukiza 2016, 21:53, par Japhet
Ndakunje Bose
7 Ndamukiza 2016, 21:54, par Japhet
Ndakunje Bose
19 Ndamukiza 2016, 18:47, par Anicet
uyumukobwa wakagame niwemwiza nanje namushimye nomuronka gute?
19 Ndamukiza 2016, 18:52, par anicet
uwokwakagame niwemwiza nomuronka gt?
28 Ndamukiza 2016, 22:35, par ANTOINETTE
ODIMBA NIWE NEMEYE ESE ICOMPA TUKABONANA
11 Rusama 2016, 19:20, par Niyintije Gervais
Ubwizaburikumutima,
11 Rusama 2016, 20:38, par Niyintije Gervais
Ntibarusha Ubwiza Mukanje
11 Rusama 2016, 20:39, par Niyintije Gervais
Ntibarusha Ubwiza Mukanje
13 Rusama 2016, 20:08, par Ndiho Onésime
Mana Yanje Nukuri Icompa Nkabona Gusa Uwo Mu Rwanda Wa Poul Kagame Ubukene Mfise Bwoca Buhera. Kuk Ubwiza Afise Nubugari Wodumbako Bukamanuka .Ahubwo Mbwira Ukuntu Nomubona ?
13 Rusama 2016, 20:09, par Ndiho Onésime
Mana Yanje Nukuri Icompa Nkabona Gusa Uwo Mu Rwanda Wa Poul Kagame Ubukene Mfise Bwoca Buhera. Kuk Ubwiza Afise Nubugari Wodumbako Bukamanuka .Ahubwo Mbwira Ukuntu Nomubona ?
19 Rusama 2016, 06:24, par Bizimana Pius
Nibeza Vraiment
19 Rusama 2016, 21:38, par WIZEYIMANA EMELINE
JEWE NDONDERA UMUFIYASI TWOKUNDANA
23 Rusama 2016, 16:31, par Jeremie Miburo(lion Heart)bugorora Mwumba
Uw Muri Swazirande Ni Mwiza Kweri Mbere Niwe Wa Mbere Uw2 Naw Uwo Mur Kenya Nayo Uwo Muri Afrique Du Sud Wap Nuwanyuma
4 Ruheshi 2016, 23:48, par Elyse
Ntamukobw Mubi Abaho Gikuru Numutma Gusu Nd Elyse Burndi
14 Ruheshi 2016, 09:16, par ABUDUL
KABISA BOSE NIBEZA KUBA UFIS UBWIZA KUMUBISI KUMUTIMA ATABWO UFISE WAPI
2 Mukakaro 2016, 20:34, par NDAYIZEYE CHARLES
THEY ARE VERY CUTE AND I LIKE THEM VERY MUCH I AM CHARLES FROM BURUNDI
30 Mukakaro 2016, 22:18, par Ndikumana.
Ubwizabucamukanwa,uwobura,ivyaryayo,vyibuha?
16 Myandagaro 2016, 21:01, par MPAWENAYO FÉLIX
Komutatwereka Abarundi Mushima Abanyamahanga
19 Myandagaro 2016, 23:09, par KWIZERA DIEUDNE
ABOBAKOBWANIBEZACANENABASHIYWE
27 Myandagaro 2016, 16:41, par Gidemusi
Ubugenzi
2 Nyakanga 2016, 15:18, par Niyonkuru Jmari
Uwu Mukobwa Wa kagame Arandyoheye Ico Mumpa Twoyaga Rikarenga
5 Nyakanga 2016, 22:28, par PASCAL NZOYISABA
THIS STORY IS SO BEAUTIFUL
26 Nyakanga 2016, 05:37, par Valentin nyibuka
umukobwa wa paul Biya namushimye mumbwire ingene nomuronka
29 Nyakanga 2016, 07:35, par eduard nzambimana
jew ndifuza kubonan na ange kagame ndi iburundi niyabona ubutumwa yamphamagari 25779495867 ok icyifuzocyanjenico
3 Gitugutu 2016, 11:58, par hatangimana hassan
barakeye 1 nibyizacyane $2 nisawakbs ndamwemeza ubyiza bubakumutima kbs
7 Gitugutu 2016, 15:25, par Bucumi Gahongoro
None Kwarabakobwa Babakurubigihugu Nonekwaribabi
18 Gitugutu 2016, 22:38, par MOSES IRAKOZE
SIVYIMBESHR ANGE KAGAME NIKIRENGA PEE!!!
25 Gitugutu 2016, 18:46, par Claver
Mumbwirire Uwo W’2 At:wiyaranje Muzovugane Kbsa Uri Mwiza.
28 Gitugutu 2016, 15:51, par Jclaude mpawenimana
Nuwuhe mu president atunz kurusha abandi muri africa?
14 Munyonyo 2016, 22:14, par Gérard Xd
Jew Ndi Ngoz Ndabaramuca Nkunze Umukobwa Ariko Ndamubwiye Ko Ngenda Kumuraba Aca Bwira Ngonje Kugenda Samoya.Non Yoba Ankunje?Nikugira Abantu Ntibatubone Turikumwe.Akanimero Kanje Mwonyandikirako Sms Ni 69919076
10 Kigarama 2016, 17:35, par lmb boy burund
jewentamukobwa
ndakund,umwakakukuwonkunzewese nsanga
rimaraya
ndabiravyendasanganta
bushyi esubgonakorickyi?
11 Kigarama 2016, 11:11, par Pontien
Jewe Konumva Ndagushatse
15 Kigarama 2016, 15:30, par HITIMANA CYRILLE
MWESE NDABASAVYE URUKUNDO
25 Kigarama 2016, 22:16, par mzee hicakata
Mumaso yawe yingeregere ni bonge slim sawasawa lakini???tukichunguza matako hadi miguuni papohapo uko mstari wa nyuma baina la wenzio.lakini wapo wapendao umbile wako
25 Kigarama 2016, 22:19, par mzee hicakata
Mumaso yawe yingeregere ni bonge slim sawasawa lakini???tukichunguza matako hadi miguuni papohapo uko mstari wa nyuma baina la wenzio.lakini wapo wapendao umbile wako
11 Ruhuhuma 2017, 07:06, par ERIC NIJIMBERE
SHAKA UMUKOBWAMWIZA NONKUNDA KANDI NINEZA
12 Ruhuhuma 2017, 23:36, par EGIDE
NIBEZA BARASONZA NTIBIDYA
24 Ruhuhuma 2017, 04:16, par Elyse Breezy Irakoze
President Wa Congo We Ntamukobwa Afite?
10 Ntwarante 2017, 19:28, par N iyonkuru heremenegild
nibeza riko naba tarababiku bigihu zamurabatwereka twicangurire
14 Ntwarante 2017, 16:09, par RASHIDI ASSUMAN RAJABU
NIVIZURI NIMEIPENDASANA NAHAOMABINTI NIMEAPENDA
14 Ntwarante 2017, 16:10, par RASHIDI ASSUMAN RAJABU
NIVIZURI NIMEIPENDASANA NAHAOMABINTI NIMEAPENDA
17 Ntwarante 2017, 22:24, par evrard
umwigeme ange kagame ikibanza ca mbere aragikwiye kuko nimwiza can arik nabahungu nimubemuberekana mrc.
19 Ntwarante 2017, 12:33, par cyprien
Hariho abakobwa ibujumbura babategetsi basanzwe babarusha ubwiza murazoza mwirabire
27 Ntwarante 2017, 00:05, par CELE
NTABANDINGOTWICAGURIRE
28 Ntwarante 2017, 22:20, par SIBOMANA
BOSEMBONYE ATARISAMA
1er Ndamukiza 2017, 20:13, par Ezechiel
Ewana Sibintu Abo Nabant?Ewana Nakabona
6 Ndamukiza 2017, 17:48, par jamari.
ndashimÿé
12 Ndamukiza 2017, 12:17, par habonimana evode
abo bigeme nibeza pe,j ndakunda cane umwigeme w’umunyarwanda,
14 Ndamukiza 2017, 23:06, par Mumbwire
Jembona Bashirako Abakobwa Babakurubibihugu Nikuberi?Nn Jewe Konkenye Noshoboragutwa Umukobwa Wumukuruwigihugu
14 Ndamukiza 2017, 23:07, par King Love
Jembona Bashirako Abakobwa Babakurubibihugu Nikuberi?Nn Jewe Konkenye Noshoboragutwa Umukobwa Wumukuruwigihugu
15 Ndamukiza 2017, 06:58, par Oscar BURUNDI RUHOMBERO
Ebana Angekagame Arabarutabose Kandinashakondamutera UMUTOMA !
30 Ndamukiza 2017, 17:53, par Kazungu
Non Ko Mbona Abakobwa Babakuru Bibihugu Vyo Hanze Abarundi Bo Gt Jewe Nagaye Shaka Umurundi Wiwacu Wumva?
6 Rusama 2017, 19:35, par 61477819
Nivyiza Mugavyobavyizakurusha Bagiye Babigira Kumwaka Kumwaka Kuko Harinabandi Bariko Bavuka
18 Rusama 2017, 21:12, par King
Umuntabamwizakumutimacanku mubir?Jemfisumukobwanikundir yig 6ème na nj niga 9ème.Nkabandipfuzakomutwar.Nokorikikugirandamunezerez?
24 Rusama 2017, 14:08, par Joachim Sibomana
Niyirambire Nkigisabisho Yaracunguwe
26 Rusama 2017, 10:02, par Dezire
Barabereye Ijisho
29 Rusama 2017, 10:36, par rwasa j.marie
Abantu Twese Turibeza Kuko Twaremwe Mwishusho Yimana
25 Ruheshi 2017, 08:12, par Kavas boston
tuvyihweje uwumukenya ninamba2!Arahiye!
29 Ruheshi 2017, 20:28, par Uyo Mukobwa Wa Kagame Simwiza Nagato Arasanzwe
3 Mukakaro 2017, 00:39, par Ndayisenga J.Bosco
icontekerezakwiyonkuru Ninziza.
20 Mukakaro 2017, 11:56, par musengimana christine
ko ntarikubonamo abarundi bimeze gute kabisa nabobaribakwiriye kujyamo? na ho ntagomwibeshyepe angel kagame ni uwambere murababoc mwabashije gushyiraho.
20 Mukakaro 2017, 17:46, par Ça
1er Myandagaro 2017, 23:30, par Patrick nduwayezu
Umukobwa mubi nuwudashukwa.
20 Nzero 2018, 20:58, par BIGRIMANA Christophe
MURI AFRICA NABAKOBWA 8 GUSABEZA?MUBURUNDI NTAWUHARI,KOMBONA HARI BABY ZISHUSHE.
28 Nzero 2018, 13:26, par Fabrice..
Badushirirek nabarund nabo turabe murakoz..
5 Ntwarante 2018, 22:16, par Mvuyekure R
nivyiza komwokwamamumpa amakuru kurayomakuru ubwobwato bazebapakirabake hama mubwato ababugiyemwo bazozebambara twadukoti twomumazi
5 Ntwarante 2018, 22:21, par Mvuyekure R
nivyiza komwokwamamumpa amakuru kurayomakuru ubwobwato bazebapakirabake hama mubwato ababugiyemwo bazozebambara twadukoti twomumazi none vyagenzegute Muburundi nawabonetse
29 Ndamukiza 2018, 01:51, par fabrice
wakenya niwesawa
25 Ruheshi 2018, 20:30, par nitwa ntibazonkiza celeste
shaka gutwara umukobwa wapersida
10 Mukakaro 2018, 10:31, par Ndayizeye Gerard
None Komwatwerets Abomuri Afric Komutatwerets Uwiburundi.
17 Myandagaro 2018, 20:37, par Niyongere J.Marie
26 Myandagaro 2018, 20:48, par Léonce
umukobwa mubi nu wutubaha imana
13 Gitugutu 2018, 11:04, par Anicet
Kweri Nisawa Ndabona
31 Gitugutu 2018, 22:08, par denis ntihabose
Andika hano
2 Munyonyo 2018, 14:24, par Niyongebo Deus
Umukobwa Mubi Nu Wutagira Amazi Kuk Aragwaza