Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Rallye Ngozi : Urutonde rw’abahiganywe rwasohotse - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Inkino > Amahiganwa > Rallye Ngozi : Urutonde rw’abahiganywe rwasohotse

Rallye Ngozi : Urutonde rw’abahiganywe rwasohotse

mardi 18 Munyonyo 2014

Umwanya n’urutonde rw’abahiganywe vyasohotse, inyuma y’ihiganwa rya Rallye Ngozi nk’uko aya makuru tuyakesha bamwe mu bari mu murwi ujejwe gutegura ayo mahiganwa.

Muri ayo mahiganwa yamaze iminsi ibiri, kuva kuri uyu wa 15 kugeza ku wa 16 Munyonyo, abahiganywe bakurikiranye uku :

1.(car#3) CANTANHEDE Rudi / TISSARCHONTOS Petros (BURUNDI) Mitsubishi akaba amahiganwa yayagize mu mwanya ungna n’ 01:46:55

2.(car#1) BUKERA Valery / Khetia Nital (BURUNDI) Subaru Impreza N10 ( 01:49:23)

3. (car#2) KWIZERA Claude / RUGOMWA Gilbert (RWANDA) Subaru Impreza N12 (01:54:01)

4.(car#8) KALULA Sultan / MASSOUD Fahad ( BURUNDI ) Subaru Impreza GC8 (02:06:41)

5.(car#5) Mohammed Abbas / HASSAN Ally (BURUNDI) Subaru Impreza N10 (02:10:18)

6.(car#4) VERDIN Marc / BEAUFORT Fernand (BELGIQUE) Subaru Impreza N10 (02:13:45)

7.(car#9) BAREKAYO Kimbol / ABDUL Rauf (BURUNDI) Toyota Celica ( 02:17:24)

8.(car#7) .DAVID Pierre / BOUCQUIAU Philippe (BELGIQUE) Toyota Celica (02:36:21)

9.( car#10) REMEZO Christian / MACERI Dias ( BURUNDI ) Toyota Curen (02:53:31)

10.(car#12) UWAMAHORO Desire / HARERIMANA Jackson ( BURUNDI ) Range Rover MPV (AB) .

11.(car#6) .GAKWAYA Jean Claude / MUGABO Jean Claude .(RWANDA) Peugeot 205 GTI (AB)

12.(car#11) MUTORE Thierry / KARORERO Jean Paul ( BURUNDI ) Subaru WRX (AB)


Aristide Nizigire

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.