Accueil > Amakuru > Ubuseruko > RDC:13 baguye mu gitero c’abitwaje ibirwanisho
RDC:13 baguye mu gitero c’abitwaje ibirwanisho
mardi 29 Nyakanga 2015
Abantu 13 nibo baguye mu gitero cakozwe ku murongo w’imodoka mu buraseruko bwa Repubulika iharanira demokarasi ya Congo.
Reta ya Kongo ivuga ko hapfuye abasirikare 11 n’abanyagihugu babiri bari baherekeje imodoka zari zitwaye amadolare hafi ibihumbi 40 yo guhemba abakozi ba Reta.
Ico gitero cabereye mu karere ka Uvira mu ntara ya Kivu yo mu Bumanuko.
Van Naris Mugisha
Messages
29 Nyakanga 2015, 16:55, par giswi
ivyobitero vyasubiy kw imonogoza i congo bishobora kudasiga inyuma uburundi.
30 Nyakanga 2015, 11:29, par Barcelona
Abo banyarwanda bashakiki kuri congo?
30 Nyakanga 2015, 11:30, par Barcelona
Abo banyarwanda bashakiki kuri congo?
30 Nyakanga 2015, 11:38, par Bakari
@giswi
"ivyobitero vyasubiy kw imonogoza i congo bishobora kudasiga inyuma uburundi."
Mbe mu Burundi hariyo ama dollars nk’ayari muri Kongo? Reka kuba uradusetsa mwana w’umuntu!
6 Gitugutu 2015, 19:16, par Sabimana
nabahebantubareta baribagiyeguhebwa?Muwuhimuhana?
18 Kigarama 2015, 01:30, par BURUNDI MUTIMA WANJE
UBURUNDI N IGIHUGU KIRIMUNGORANE KANDI CACIY MUNGORANE NYINSHI ARIKO NTIBISIGURA KO ARIKO BIZOKWAMA MUZOGEZA RYARI GUKORERA SHETANI NIKUKI UKO BUKEYE UKO BWIJE MUBWATURAKO IKIBI COSE,NTAVYIZA BIHARI KUR INO SI? MWOBWATURAKO? MUGIRE ICO MWUBAHA UBURUNDI N IGIHUGU C ISEZERANO N IGIHUGU GIFISE KAZOZA KEZA,NYIMBA UBU BIMEZE NABI NUKO HARIHO IMPAMVU ,,IMANA NIYO NKURU,
MWIYUBARE...