Accueil > Inkino > FOOTBALL > Uburundi bwatsindiwe muhira ibitsindo 3 kuri 2
Uburundi bwatsindiwe muhira ibitsindo 3 kuri 2
jeudi 12 Munyonyo 2015, par
Mu rukino rwahuje Uburundi na RDC, RDC yatsinze Uburundi 3 kuri 2. Urukino rw’ugusubiriza rutegekanijwe kuri uwu w’Imana igenekerezo rya 15 Munyonyo 2015.
IGIHE
Messages
12 Munyonyo 2015, 18:53, par Falcon
Kubita izo mbonerakunya zaravumwe,ahubwo ndasaba Congo izo mbonerakunya nizaza i Kinshassa kuri retour muzozimese 11 kubusa.
12 Munyonyo 2015, 19:26, par Christophe NKENGURUTSE
Uburundi Nibwihangane Tuzobatsinda Hanyuma Ngira Babonye Ingene Bakina Nibahakure Isomo!
12 Munyonyo 2015, 19:40, par None?
Congo twaritubizi kwarabakinyi bibihangange muri Afrika nubundi nuko bahuyenumurwi wu burundi usigaye arigihangange.
12 Munyonyo 2015, 20:57, par Abraham Sikobizohora
Mana Yanj Nukuri Uburundi Twari Twagerageje Kubona Abakinyi Batanguye Mukibuga Imach Ikarinda Ihera Badasubirijwe Abarushe Nubwo Abarundi Twakomera Pe.
12 Munyonyo 2015, 21:18, par santos
Ni Nkurunziza ya bateye umukoshi
12 Munyonyo 2015, 21:39, par sabushimike elie
uburund ntawovuga ngo ntibukaz kumupira ntako butagiz ari urwogusubiriza hazocuwambay.
12 Munyonyo 2015, 23:44, par tall
nukuri umurwi nimwiza kandi cane,ariko kocha mumuhanure.ari harya ntiyifate nkumurorezi,harya ntiyabonako abakinyi b’intamba baribarushe?twatsinzw kubwokuruha.
13 Munyonyo 2015, 00:00, par Avec
Babantubacu nabo bagenda bagahenda abazungu ngo genucide mu Burundi hanobariko baravugango abakinyi bumurwinserukira Burundi ngon’Imbonerakure! Ewe munguwanje hariho abavukanyi bacu bamaramariye mwakino kinyenyana ca 21!!!
13 Munyonyo 2015, 00:51, par kamaro
mamawe!!! ibi birababaje kabisa..ariko aba benewacu ntako batagize, gusa bazubaye kumunota wanyuma. ntakundi nukwihana, ariko nacongo ahiri irikwiratumwatumwa. ntitwihebure nabo tuzobatsndira iwabo....intamba murugamba oyeeeeeee.....
13 Munyonyo 2015, 08:11, par che
Yego byari kuba byiza u Burundi butsinze ariko na none ntabwo bikabije 3 kuri 2 ni ibintu bisanzwe ahubwo bakinye neza, bihagazeho for sure next time bashobora gutsinda cyane BRAVO à l’équipe burundaise!!
14 Munyonyo 2015, 08:38, par jolam
ndavye ivyo umumenyereza yashikirije arakwiye kwirukanwa.ntaco yaje kutumarira.hakamenyereza umurundi.
14 Munyonyo 2015, 09:41, par KIROSO
Ahubwo baragerageje, mugabo ivyo uwo mukoca yavuz ndumva kwatakazoza keza yipfuriza abakinyi bacu. ikiriho ngira iwabo arahazi, ntitumukeneye.
15 Munyonyo 2015, 10:29, par nidio
congo est plus grand 80x que le BURUNDI.Alors ils ont essaye,cela demontre la victoire de demain ou d’aujourd’hui. Bravo a intamba mu rugamba
16 Munyonyo 2015, 14:56, par Theodate
Nagende Uwo Mukoca Areke Guheza Ubutunzi Bwigihugu Cacu Uyo Ubona Amaziki? Ivyo Yakoze Muri Ethiopi Twarabibonye None Yaciye Yongera Kandi Kudutoneka Mukiguma Kitarakira Sha Nibamwirukane Arakagesera Akunda Inda Yiwe Ntakunda Uburundi