Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Umukuru w’igihugu yagiranye Inama n’Imvukira zo mu Kirundo - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Imibano > Umukuru w’igihugu yagiranye Inama n’Imvukira zo mu Kirundo

Umukuru w’igihugu yagiranye Inama n’Imvukira zo mu Kirundo

lundi 14 Ntwarante 2016, par Jean De Dieu

Umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza yagiranye Inama n’Imvukira zo mu Kirundo kwi genekerezo ry’indwi Ntwarante


IGIHE

Messages

  • Uwahoze arongoye uburundi zamurareka kugira mistake ikibanza ciwe kiri mwipirizo kuko muri sena yarahibujije

  • EHE NKAKA KAMUJERI KIYITA TARI MWEBWE MUZOPFA MUBOROGA NONE KO ATAKIRUMUKURU WIGIHUGU NINDE ATAHA KUKIRIMBA NIHO YABACIRIYE WAMUGANINGO LES CHIEN BOI ME LES CARNAVAL AVANCE NONE NAMWENGO YAHOZE ARUMUKURU WIGIHUGU MUZOGUMA MWAYAGURA ARIKO NTANAKIMWE MUZOSHIKAKO KUKO TWIMUJERI NTANTAMBWE BUZODUTERANA KUKO NINKICAYI MUTAMA YARARIVUMEREYE MWEYE NIKAMA TU CAYI

  • None Nkaho Muba Mugomba Kutwereka iki ayo mafoto yuwo mwicanyi niyo muba mugomba kuba muraduhayira,be muca mutubwira nivya pfundikanirijwe murayo manama yabo,INYAMA INKOROKORO IKUNDA KURUSHA IZINDI N’INKONA

  • ariko uyu mu president ngo ni nkurunziza ari muba president bambara nabi muri iyi isi yarurema

  • Ewe Mr. Intagiheka shaaaaa ! barahevye . Uti "LES CHIEN BOI ME LES CARNAVAL AVANCE " Hahahahaha , urumuhinga kweli !

  • hahahahahaaa! Nkurunziza est toujour sale kabisa! umenga ni umuyobozi wu mutumba ndaQ! T-shirt rouge noir avec costume cakki Timberland heheheheeee.. imana ireberera uburundi yumve amasengesho yacu kweli!

  • mbe iribuka kamenge mwebwe mukunda kuvuga ayamuhe nama nababariye imisega iramoka iriko twama twatembereye kuko turiyemera kanatsinda inkona ntiyaruzwa

  • mbe iribuka kamenge mwebwe mukunda kuvuga ayamuhe nama nababariye imisega iramoka iriko twama twatembereye kuko turiyemera kanatsinda inkona ntiyaruzwa

  • hahahhahaah @intagoheka mutembera muvahe mujahe ko ntaho muri ! mumeze nk’inzu yubatse mumucacanga kuri plage. umunsi haje amazi menshi nawe uravyumva. et d’ailleur in your next comment remember to write your exact name; witwa "NTAHOTURI INTAGOHEKA" May Gob protect Burundi and our familly against NKURUNZIZA,ABA DD and NTAHOTURI INTAGOHEKA

  • EWE NTAGOHEKA WOSARA WOKWAMBARA IMITANGA, INYAMA YAMBERE INKOROKORO YIKUNDIRA N’INKONA ,IVYO NAHO WOKWINAGANIKA MUKAGOZI NTACO UZOBIHINDURAKO

  • Zamugira Indero Mureka Kuvuga Nabi Mwebw Muri Kurushi Tuzobavugutira Twongere Tubasengere Ngira Nivyo Mubona Twama Twabafatanye Izonkoha Mwibisha,

  • Yewe iki gihugu kirayobowe pee ubuse uyu mu president ibi ni ibiki yambaye ????? ariko ubanza uyu mugabo anafite ikibazo ???? abandi na president baratambuka kuri tapis rouge mu mahanga bakirwa nk’ intwari none we arayicaho mu kirundo koko??? ubanza aba yiyibutsa kuyicaho ko ntaho aheruka kujya se ?? iyi myambarire rwose ntabwo ikwiriye umukuru w’ igihugu , hanyuma undebere naho hantu umukuru w’ igihugu akorera inama ukuntu handuye koko mbega intebe ?????????? mbega decolation???? nukuri uburundi muri inyuma cyane . rfr y’ imyambarire y’ umukuru w’ igihugu kuri www.igihe.com , umunsi wanyuma w’ umwiherero w’abayobozi b’ igihugu . hanyuma muhabonere isomo ry’ igihugu kimaze gutera imbere.

  • iyi ntozo yiyita #Tari nihunguke ize muburundi, igaruke gutera ama Grenade!!

    Arik abadahwa nkuko mbona nibigumye nayubundi bazosaba, kuk Dd izotwara mpaka kuk abarundi tuyemere 100â„…,.,,, ,

    batware Peter barira

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.