Accueil > Kwidagadura > Rose Muhando aririmba indirimbo z’Imana yagirizwa gukorora inda
Rose Muhando aririmba indirimbo z’Imana yagirizwa gukorora inda
vendredi 23 Nzero 2015
Rose Muhando akunze kumenyekana nk’umuririmvyikazi aririmba indirimbo zo guhimbaza Imana bivugwa ko aheruka gukorora inda y’amezi indwi mbere ashobora no gupfungwa.
Amakuru avugwa muri Tanzania no muri Kenya, aho Rose Muhando yagiye akundwa cane kubera indirimbo ziwe, n’uko uwo muririmvyikazi aturuka mu gihugu ca Tanzania yakoroye inda y’amezi indwi. Hari mu mpera z’umwaka w’2014, aho amakuru yatangura kuvuga ko Rose Muhando afise inda y’umwana wa kane. Mwomenya ko uwo mugore yari asanzwe afise abana batatu ku bagabo batandukanye, akisigura avuga ko atigeze agomba kwubaka urwiwe kubera bica bimugora gukora imirimo yiwe yo gukwiza ubutumwa bwiza, niho yahavuye avyarana n’abagabo mbere n’abasore batandukanye.
Kuva bivugwa ko Rose Muhando afise inda, ntiyigeze aboneka cane mu mirimo yiwe mu nyuma agenda kuboneka mu ntango z’uku kwezi ata nda afise. Niho abantu batangura kumwagiriza gukorora inda vyongeye n’inyamiramabi muri Tanzania batangura kumukurikirana kuko icaha co gukorora inda gihanwa n’amategeko yo muri ico gihugu.
Abakunzi biwe ishavu riraniga kubera bari bamuzi nk’umuntu yamamaza ubutumwa bwiza, mbere mu gihugu ca Tanzania batanguye gushira ahabona ayandi manyanga uwo muririmvyikazi yagiye arakora nko kurya amafaranga y’abantu aba yemereye kuririmbira ariko ntagereyo.
Icaha co gukorora inda kigahanishwa umunyororo w’imyaka indwi mu gihugu ca Tanzania.
Lorene Nubwabo
Messages
23 Nzero 2015, 16:30, par Nuwera
Yoooooohooo!!!
Kobinuyenabi!
Uwomuriri kwindirimboziwe ndazikundacane?
23 Nzero 2015, 18:52, par mbazumutima
nukuri biteye agahinda cane numubabaro mpora niyumvira kuberiki abaririvyi dukunda guhur nibigeragezo?
23 Nzero 2015, 20:29, par Pierre Nshimirimana
Ndababaye caaaaaane asangwa vyoba ari ukuri. Mugabo mutohoze neza ntazire ubusa. Murakoze.
23 Nzero 2015, 21:31, par BIZI
MANA ABANTU BAVAGIWE YESU NIYAZA AZOTWARA BANDE KO NABAKOZI B IMANA BAKOMEZA KUVANGIGWA ABASENZI JAKUMAVI• MURAKOZE
24 Nzero 2015, 14:36, par 27743863886
Yayaya!! Samandare ara fashwe nugusengera ubwokobwimana nayahandi bwaratewepe!
24 Nzero 2015, 19:56, par desire
muraba maso kandi mwiyubare cane wew ugihagaze
24 Nzero 2015, 19:56, par dunia
Imigeribiri ntitereka ukorera ntawukoreraabamibabiri korerabayari bigaragare chankukorerimana bigaragare arikugakorerabose ivyawe anwebigiyekujahabona napfugwe bikwiye chanke nibabamubesheye niyisigure twumve
24 Nzero 2015, 21:12, par NINDEREYE DESIRE
NIVYUKURI BIRAMBABAJE NTAKOMFISE NOBIVUGA YO!!!!!!!!!!
25 Nzero 2015, 11:13, par Alphani
Birashika kuko satani nawenyene ntasinziriye arako kandi arondera abonyene bari kwisonga nkabakozi bimana rero vyama vyashitse ukanasanga nabakuru bamadini babafatanye abagore babandi. Cank abobayoboye mumashengero so ntagitangaje kurimwo ahubwo nugukovya gusenga cane
25 Nzero 2015, 12:40, par Asifiwe
None yayikuriyemwo iki Nimba yaramaze kuvyarana n’abagabo batatu batandukanye, je mbona n’uwo yari kumureka akavuka.
26 Nzero 2015, 13:53, par kabura justin
Hahahaha iyakariye ntigata agatoki kamenyeye gukomba kaguma gahese inyamanza irarya ubumera ikanka icese .uyo yicira agafranga murivyose. ntimukangwe nakarimi kavuga amazambo yimana nibamusire muburoko yoye kuzarahenda abantu ngo akwiragiza ubutumwa sorry ugwo nuruhendo nibamubike yanashaka azovaneyo iyindi mbanyi nimbatazohava yongera kuyikorora
14 Ruhuhuma 2015, 15:54
burya nta wutageragezwa kandi gukora icaha ntibivuze ko ata mirimo myiza yakoze kuko hamwe twobifata uko twoba tumurenganije. ariko burya gusambana no kwica umwana n’icaha gikomeye kandi yoba yagikoze yavyiyumviriyeko. mumusengere kuko satani nawe aramugwanya ariko igikuru n’uko yemera icaha akihana akanasaba imbabazi kuko ntarusha ubukomezi le Roi David ariko malgré sa renommé nawe yarapfukamye asaba imbabazi Imana. mbese Muhando asigaye anaririmba indirimbo zitagiramwo amavuta.
mumusengere kuko urya Satani abwira ngo "nipishe" abandanije amucokoza kandi asanzwe amukorera n’atihana azomwica.
18 Ruhuhuma 2015, 09:01, par epimas
ninde yomubanza ibuye.birababaje nivyo ariko rero ntimuce urubanza.Imana nimunyembabazi igikuru nuko yotahura uburemere bw’icaha yokoze hama agasaba imbabazi gutyo akabandanya atanga ubutumwa.ikibi sukugwa ikibi nuguherayo.
3 Ndamukiza 2015, 01:52, par Eric
Muvy’ukuri jewe mbona ko mengo nakamenyero,ubwambere yavyaye abana batatu kubagabo batandukanye kandi aho hose yarabona kw’aramakosa imbere y’Imana kandi yaramubabariye,non’ubu naho agiz’icaha co gusambana nico kwica,mbega kuberiki none yishico kiremwa ntiyari kukireka kikabaho?nkukw’ibindi vyabayeho,aho rero nin’umukozi w’Imana sin’umupagan’abiko!akwiye guhanwa kuko niyu mwana akoze nabi ntumuhane acamenyera.
30 Ndamukiza 2015, 22:25, par Kaze
Nico cazany Yesu kugr atubabarir naw rer Iman imuharir!!
1er Rusama 2015, 23:13, par Barengayabo Jackson
Mbega Nonese Kijambo Ry’imana Rivuga Riti Nahivyaha Vyanyu Vyotuku Tukutuku Nzovyoza Nkasheregi.None Wewe Yihanye Ntiyobabarirwa?Nkuko Ibabarira Natw’abarundi?
1er Rusama 2015, 23:29, par Jackson
icombonakandi gikwiye nuko abitwakoduhagaze dukwiye kumusengera twongera twisengera natw’ubwacu kugirango ntituje mumosha mabi.nakarenivyo bidukwiye gusumba aho twomutwenga gukoyahay’ikibanz’umurwanizi.
1er Rusama 2015, 23:30, par Jackson
icombonakandi gikwiye nuko abitwakoduhagaze dukwiye kumusengera twongera twisengera natw’ubwacu kugirango ntituje mumosha mabi.nakarenivyo bidukwiye gusumba aho twomutwenga gukoyahay’ikibanz’umurwanizi.
3 Ruheshi 2015, 07:35, par MADUDU ELIEZEL NOWA
MADUDU ELIEZEL UMURIRIMVYI NKAWE NAGOMBA KUBARIRA ABOBAKUNZIBIWE BOBAVUGAKO ISHAVURINIGA AHUBWO NIBAMUSENGERE KUKO SATANIYAMUGUNDEYE NIMUZIMA NATWOYOTUGENDERA AHUBWO TWISHONZESHE TUMUSENGERE
3 Ruheshi 2015, 07:36, par MADUDU ELIEZEL NOWA
MADUDU ELIEZEL UMURIRIMVYI NKAWE NAGOMBA KUBARIRA ABOBAKUNZIBIWE BOBAVUGAKO ISHAVURINIGA AHUBWO NIBAMUSENGERE KUKO SATANIYAMUGUNDEYE NIMUZIMA NATWOYOTUGENDERA AHUBWO TWISHONZESHE TUMUSENGERE
10 Ruheshi 2015, 16:15, par john
iyo wakoze ivyaha kera,imana irateba ikagushira ahabona.niyemange,yihane.
5 Mukakaro 2015, 22:06, par Étienne rugahiye.
Komwihutira kuvugana? Ntimwihutir e gusengera umuntu kwubahauhoraho nibwo bwenge nokuva muvyaha niko kujijuka.
25 Kigarama 2015, 05:11, par privat nsavyimana
birababajekubona umuntu atanga ubutumwa akora ibintunkivyo niyihane abihebe umwakamushasha utangurane nawentazosubire
31 Kigarama 2015, 18:15, par Josaphat NYANDWI
Namba vyukuri ivyo bavuga kuruwo muririmvyikazi arivyo nanje birandengeye ariko yogira umutima nku wa dawidi, kuko IMANA ntigomba kumunyavyaha apfa ariko ingomba koyihana akagaruka k’uhoraho
27 Nzero 2016, 20:19, par JEROME
NYAMBA VYARASHITSE AGASAMBANA AGATWARINDA AKUBAHUKA AKAYIKURAYO NIYIHANE IMANA IZOMUBABARIRA NINYEMBABAZI
29 Ntwarante 2016, 20:22, par Pierre Ndikumana
Abakora Ivyo Vyaha Siwe Weanyene Umurumvuriza Ivyo Abahanura Ivyo Akora Mubihebe
29 Ntwarante 2016, 20:26, par Pierre Ndikumana
Abakora Ivyo Vyaha Siwe Weanyene Umurumvuriza Ivyo Abahanura Ivyo Akora Mubihebe
3 Ndamukiza 2016, 18:26, par Roza Muhando
Rosa muhando
14 Ndamukiza 2016, 22:34, par Nduwimana Mathieu
Jenumvico Atarikibazo Kirekire, Kuko Bavugango Mwumvirize Ivyavuga Ntimurabe Ivyakora,gusa Mwomusengera Kuko Satani Nicabereyeho.
21 Rusama 2016, 15:22, par Janvier safari
Cyokoranawehoyakoreyeamkosanikoyanavanyemoiyonda
4 Ruheshi 2016, 23:33, par Samuel
Niko bimez ariko nyomba baramupimye bagasanga ari vyo baramubabarira kuko ababikor siwe gusa mbo i buja atamus uhera ata mwana atawe muri w.c abay avyiyemerera bomubabarira nyomb abaganga aribo babimutegetse p6 p8
15 Ruheshi 2016, 22:44, par Ngendakumana Fulgence
Namba Vyarabaye Birababaje Nkumuntu Wumu Kristo Kunva Yarishe Nakamaramaza
2 Mukakaro 2016, 01:05, par ndayikegurukiy
nonereroyokora icahankico akaguma akora?vyizayosaba imbabazi imana,nasome yesaya,55/6,azohasaga amajmbomezacane
2 Mukakaro 2016, 01:05, par ndayikegurukiy
nonereroyokora icahankico akaguma akora?vyizayosaba imbabazi imana,nasome yesaya,55/6,azohasaga amajmbomezacane
17 Mukakaro 2016, 07:06, par SINDAYIHEBURA JIRIBERI
PA URO YOVUZE KUKWIRINDI GUSHAKA NA U MUNTU AGIRE UMUGORE WIWE UMWE UMUGORE AHE IGIKWIYE UMUGAGA VYUMVIKANA BABANGURE AMABANGAYA BUBATSE ROS MUHANDA IKOSA AFISE ABAGABA BESHI SIVYA VUBA YARIGEZE YIHANA? YAGOMYEKWIYOROHEREZA BUTABA AFISE UMUGAGA ARIKO BIGIRA BIMUGORE NIYIHANE ARERE KUNTANGO ARANDURE
19 Mukakaro 2016, 16:18, par Bizimana Jadrick
NIYAGIGWA NICAHA NTAKABUZA NUGUPFUNGWA GUKO YARAHEMUKIYE IMANA
7 Myandagaro 2016, 20:28, par ROZAMUHANDO
ROZAMUHANDO
14 Myandagaro 2016, 15:26, par ntibazukuri elias.
twari tuzi ko umuntu nkuyo atohirahira ngwakore ibintu nkivyo kuko agaragaza ko aririmbirimana ariko nfisikibazo none yoba yaragiye imbere yubutungane agasigura ingene vyamugendeye?
18 Myandagaro 2016, 13:27, par ZÉNON NDAYIKENGURUKIYE
ICIYUMVIRO NOSHIKIRIZA,NIMBA YARUBAHUTSE GUKORA IRYO KOSA KANDI YIRIRWA ARIRIMBIR’IMANA,BAMUFASHE NUKO BOMUNYARA KUKO YARARENZ’IHANIRO!
18 Myandagaro 2016, 13:29, par ZÉNON NDAYIKENGURUKIYE
ICIYUMVIRO NOSHIKIRIZA,NIMBA YARUBAHUTSE GUKORA IRYO KOSA KANDI YIRIRWA ARARIMBIR’IMANA,BAMUFASHE NUKO BOMUNYARA KUKO YARARENZ’IHANIRO!
18 Myandagaro 2016, 13:31, par ZÉNON NDAYIKENGURUKIYE
ICIYUMVIRO NOSHIKIRIZA,NIMBA YARUBAHUTSE GUKORA IRYO KOSA KANDI YIRIRWA ARARIMBIR’IMANA,BAMUFASHE NUKO BOMUNYARA KUKO YARARENZ’IHANIRO!
27 Myandagaro 2016, 08:21, par Irakoze osias
None iyonda yariyu mugabo wiwe?
27 Nyakanga 2016, 09:28, par Rose muhando
mpa.ururirimbo ruvuga sikilia
24 Gitugutu 2016, 21:23, par prosper
kweri nashengezwe imbere yubutungane naho yaririmba neza
28 Munyonyo 2016, 22:08, par SINDAYIHEBURA MECHACK
NIBAMUHAGA RIKE NTAZOSUBIRE KURIRIMBA
1er Nzero 2017, 05:29, par Nijimbere Frederiko
nibamuhagarike ntiyoguma akwiragiza ubutumwa yakoze icaha nkico yakozenabi
11 Nzero 2017, 08:15, par Niyamahoro Eric
Ahoho Ibara Ryaraguye!!Mbega Yemwe Abantu B’imana Baroye Hehe?Rose Muhando Aratey Isoni None Yibaza Ngo Akorer Imana? Aho Yagejeje Satani Azohamurenza.
12 Nzero 2017, 23:26, par Hakizimana
Barabizinez?kwarivyo yabikoze
12 Ntwarante 2017, 11:44, par Augustim ELie ndikubwayo
Rozamuhando Ico,ndamuhanura Kuruhande Rwiwanje Narondere,umugabo Vyubakana Azoba Yikingiye Ingorane,nyishi Ivy,inda Nafatwe Acirirwe Ibihano
11 Ndamukiza 2017, 18:21, par Rosmuhando
Indirimdo
16 Ndamukiza 2017, 10:05, par Bukeyeneza Emile
Birababaje Kweri Nkumuririnvyikazi Yarakunzwe Cane Akagarizwa Akabi Kabishe Nkako . Abakunzi Biwe Turababaye Pe !!!
18 Rusama 2017, 22:35, par Sabuzoya Erick
Jewe Ninyumvira komukuyemuhiganma Ok.
20 Rusama 2017, 16:42, par roze muhand
mbega bahavuye bamucira uriki?cank yarabandanije aririmbira imana?yoo!!ariko vyababaje abant besh!!
29 Rusama 2017, 18:49, par nsabimana feresiye
UBUSIKOKO BIRASHOBOKAKOSATANIYAKWIVUNUMUKOZIWIMANABIGEZAHO
30 Rusama 2017, 21:51, par Nsabiyumva Eric
Nukuri Birateye,agahinda,numubabaro
5 Ruheshi 2017, 15:19, par Bimenyimana Simeon
Je Nshaka Kuyitelecharg Nn Ndabigenz Gut?
9 Ruheshi 2017, 17:18, par Samson_sughuli
12 Mukakaro 2017, 19:01, par NIYOGUSENGA Elysée
Nikuki Yagiz’ivyo?Agasanga Yarayikoroye Nahanwe.
27 Mukakaro 2017, 14:22, par Thiti
non Koko Ivyobamwagirizavyarivyo ?Cnke Kwari Kumubeshera?Mbeho Vyahereyehe Nyumayavy?
12 Ruhuhuma 2018, 22:30, par tuyishime boniface
shakumukunzi
27 Rusama 2018, 06:45, par Barengayabo.
ROAS muhando: nikuberiaki yoabesha arumukoz wimana? mworaba mukamugirir imbazi kuko ntanumwe atihenda kuk nimana karacamwo ikarema ikimuga! kanda arimushobor vyos.>IKIBAZO CINDA AKABA YAZIKOROYE!} yohanwagose kuk ntanahamwe birekuriw kwica mukabon bibandaanij mwomuhagarik agaheba gucafuza imana vyos murab ikihand kimukwiriy mugabo mumuc ighano kimukwiriy kitamuvuna
23 Ruheshi 2018, 01:14, par Biatal
Baragowe abiyemeza kumusaraba .nabo bavuga izinaryiwe kuvyubusabusa .ni yaza azohigura nabo niku horaho nyiningabo agize .?.?mn .?abagihagaze mwiyubare nti mugwe ngo muhombe .ni muze twi cire igitsibo ..munye yuko utazivyisa avyitivyiwe .harigihe isahayo biyi .uwibantiyongere kwiba nu wica ntiyo ngere kwi nusambana arekeraho twikorere umusaraba-----------------------------mbega uriko uraca igitsibo muvyo uriko urakoramwovyose.?h2 ibaze.
27 Gitugutu 2018, 13:10, par Bimenyimana
Andika hano Nshakaindirimbozimana