IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Ubutungane > Rumonge: yaciriwe umunyororo w’imyaka itanu yagirizwa ubusuma

Rumonge: yaciriwe umunyororo w’imyaka itanu yagirizwa ubusuma

mercredi 27 Ntwarante 2013

Umunyororo w’imyaka itanu niwo waciriwe uwitwa Yves Arakaza na Sentare nkuru ya Bururi, kuwa mbere igenekerezo rya 25 Ntwarante 2013.

Uwo yaciriwe urwo rubanza yari yateshejwe n’abasirikare bafadikanije n’abanyagihugu kuwa kane igenekerezo rya 21 Ntwarante, aho yariko agerageza kwiba ku muhana wo muri zone Kigwena, muri komine Rumonge, intara ya Bururi.

Yarafise Inkoho yo mu bwoko bwa pistolet ikaba iri mu minwe y’abajejwe umutekano.


Egide Nduwimana

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.