Accueil > Amakuru > u Burundi > Rutana : Abantu 27 bahitanwe n’isanganya ry’imodoka bashinguwe
Rutana : Abantu 27 bahitanwe n’isanganya ry’imodoka bashinguwe
mercredi 27 Ndamukiza 2016, par
Abantu baguye mw’isanganya ry’imodoka yo mu bwoko bwa FUSO yari yunguruje abakirisu bo kuri Paruwasi Kiguhu bari bavuye mu butumwa bw’ukuririmbira Imana mu ntara ya Gitega, kw’ishure ryisumbuye (Lycé Notre Dame de la Sagesse), bashinguwe kuri uwu wa gatatu. Mw’itangazo Reta y’Uburundi yasohoye kuri uwu wa kabiri, yarahojeje imiryango yabo bitavye Imana, yemera gufasha abasigaye.
Iryo sanganya ryabaye mw’ijoro ryo kuri uwu w’Imana, iyo modoka ikaba yacitse ifire igeze ahantu hamanuka cane, muri komine ya Musongati, aho bita KUW’IVYUMA.
Abantu bagera kuri 27 barimwo Patiri mukuru wa Paruwasi Kiguhu hamwe n’umubikira umwe wo kuri iyo paruwasi nibo bitavye Imana bivuye kuri iryo sanganya ry’imodoka yari yunguruje abakirisu bo kuri Paruwasi Kiguhu bari bavuye mu butumwa bw’ukuririmbira Imana mu ntara ya Gitega, kw’ishure ryisumbuye (Lycé Notre Dame de la Sagesse).
IGIHE
Messages
27 Ndamukiza 2016, 14:44, par Kirambi Franck
Imama Ibakire Mubwami Bw`ijuru Amen.
27 Ndamukiza 2016, 14:45, par Nsanzamahoro Vianney
Imana Ibakire Mu Bwami Bwayo Ubugombe Bw’Imana Niko Bumeze,imana Iremeshe Imiryango Yasigaye.
27 Ndamukiza 2016, 14:48, par Nsanzamahoro Vianney
Imana Ibakire Mu Bwami Bwayo Ubugombe Bw’Imana Niko Bumeze,imana Iremeshe Imiryango Yasigaye.
27 Ndamukiza 2016, 15:11, par KARONDA RGE
abasaveri baguy muriryosanganya Imana ibakire
27 Ndamukiza 2016, 15:45, par Fabien Ndayizeye
Mukama,gira ubahe uburuhukiro buhoraho,n’umuco udahera ubanezereza imyaka yose,Amen.
27 Ndamukiza 2016, 16:32, par Nzorubara
Imana ibakire mubwami bwayo yongere ibahe uburuhukiro budashira amen
27 Ndamukiza 2016, 17:25, par h a p bikora imana
imana ibafashe yibuke natwebwe tukiri kuriyisi
27 Ndamukiza 2016, 18:37, par Elyse%
ndifadikanije umubabaronimiryangoyaburiyemuriyonsanganya.imana ibakiremubwamibwayo.
27 Ndamukiza 2016, 19:26, par Nitunga Jamari
IMANA IBAKIREMUBWAMIBWAYO NTAKUNDINIKOBIMEZE IMIRYANGOYABONAYO IKOMEZEKWIHANGANA BAMENYEK AHAKWISITURI INGEZI
27 Ndamukiza 2016, 19:27, par Nitunga Jamari
IMANA IBAKIREMUBWAMIBWAYO NTAKUNDINIKOBIMEZE IMIRYANGOYABONAYO IKOMEZEKWIHANGANA BAMENYEK AHAKWISITURI INGEZI
27 Ndamukiza 2016, 19:38, par Niyomukiza Sylvie
Imana Ibikire Mubwami Bwayo Abasigaye Ibakize.Amen
27 Ndamukiza 2016, 20:04, par NGENDANGENZWA JEROME
IMANA IBASHIKANE MUBWAMI BWAYO
27 Ndamukiza 2016, 21:05, par Claude ndikumwenayo
Aho harimwo Aberanda, Turabasavye badusabire natwe dusigaye kw`isi Imana ibahe kandi uburuhukiro budahera mubwami bwayo Amen.
27 Ndamukiza 2016, 21:16, par Jean-Claude
NIBARUHUKIRE MU MAHORO! Natwe Tuje twibuka kubasabira!
27 Ndamukiza 2016, 21:38, par Anton Ramadhan
Imana Nibakile Bose
27 Ndamukiza 2016, 21:54, par Athanase Nyamweru
Mana Nyenimigisha Ninema Niwakire Mubwami Bwaw Ibibondo Vyaw Bitahengeshanya Kukuronderana Umutima Ugororotse.
27 Ndamukiza 2016, 22:05, par fulgence
imana ibashikane muri paradizo amina
27 Ndamukiza 2016, 22:10, par Longin Bukuru
Imana ibakire mubwami bwayo hama turahojeje ababuze tubasaba ko bokwihangana cane ,abasigaye nabo turabasabiye bagire mitende.
27 Ndamukiza 2016, 22:51, par Niyomasabo Richard
Turababajwe Nivyashitse.Nukuri Turahojeje Imiryango Nincuti Babuze Imana Ikomeze Kubaremesha Nokubaha Ukwihangana.
27 Ndamukiza 2016, 22:53, par rukundo criss
Bobo baratoMboye Bigiriye Mwijuru Ubu Bibera Muriparadizo?????
28 Ndamukiza 2016, 00:24, par John evariste
HAHIrwa abapfiriye munzira bavuye gukwiragiza ubutumwa nukuninahaza imana mana bahemberero kugirababashe kudusabiranatwe mwishikire impore vyagirangaho mwashitse bikiramariya nabagumbire amen
28 Ndamukiza 2016, 06:04, par Nshimirimana josue
Turahojeje iyo miryango yabuze ababo batabanka Imana ishishikare kubaremesha.Imana ibakire mubwami bwayo.
28 Ndamukiza 2016, 07:21, par Hakizimana Ejide
yooo!!!imana ibakiremubwamibwayo!turahovy’abotutanka.imana ibakire!
28 Ndamukiza 2016, 08:35, par Ndayishimiye Vital
Imana Yavuze Ntutinye Kuvuga Ubutumwa Turikumwe Imana Ibakhire Mubuninahazwa Ibabarire Mubicumuro Bakoze Vyose
28 Ndamukiza 2016, 09:06, par muvukanyi
bagenda bahimbawe,kuko biboneye urukiza rw’Imana, bariyumviye ijwi ry’Umukama baca bararyitaba.baratoranye kuja kwigisha ijambo ry’Imana biciye mukuririmba ntakeka rero barirengukiye ibukama mumahoro
28 Ndamukiza 2016, 12:58, par SINDAYIKENGERA J. BOSCO
Imana nibakire mubwami bwayo ibashikane mukanyamuneza kamisiyose natwe dusigaye bashishikare badusabira amen
28 Ndamukiza 2016, 12:59, par SINDAYIKENGERA J. BOSCO
Imana nibakire mubwami bwayo ibashikane mukanyamuneza kamisiyose natwe dusigaye bashishikare badusabira amen
28 Ndamukiza 2016, 13:10, par Kirambi Franck
MUNGU Awapokee Ndugu Marehemu Wote Kwenye Nuru Uso Wake,nasi atupe Nguvu Yakuendelea Kutangaza Neno Lake Kote Duniani Amen.
28 Ndamukiza 2016, 13:14, par HARUSHIMANA BENOIT
Imana ibakire mubwami bwayo nibanezerwe nibahimbarwe imana ibahe umugisha natwe babandanye badusabira
28 Ndamukiza 2016, 13:42, par EDWAR NZAMBIMANA
Imana Nibakire Ntirabe Ibicumuro Vyabo Irabe Ukwemera Kwa Ekleziya Yayo Amen
28 Ndamukiza 2016, 14:18, par Ndagijimana Edmond
Barahiriw bobo bagiye bavuye kubohora imitima yaboshwe na wamugwanizi.Mwibere mukanya muneza kadashira mudusabire.amen
28 Ndamukiza 2016, 14:20, par Ndagijimana Edmond
Barahiriw bobo bagiye bavuye kubohora imitima yaboshwe na wamugwanizi.Mwibere mukanya muneza kadashira mudusabire.amen
28 Ndamukiza 2016, 21:28, par Jean baptist
Imana nibakiran igishika cinshi ibicarik hafi yayo
28 Ndamukiza 2016, 22:01, par EMMANUELI
NIBA BAPFUYE BATITUNGANIJE,IVYO MUVUGA NI ’IVYUBUSA KANDI IJAMBO RY IMANA RIVUGA KO UMUNTU IVYIWE APFUYE BIBA BIHEZE,ARINDIRA UMUZUKO.
29 Ndamukiza 2016, 07:19, par Duhayimana Stany
Mukama,turazi ko turi mw’isi y’ibigeragezo; ni wibagire ivyo boba barakoze bibatandukanya na we uheze ubahe iruko rihoraho
29 Ndamukiza 2016, 15:16, par Adolphe
Imana ibakire mubwami bwayo kuko basa nka beranda turabiye kubikorwa baribavuye gukora
29 Ndamukiza 2016, 17:50, par Faustin
Mwami Wimbabaz Nikigongw Bahe Umuco Ubabereye Kugira Bos Baze Bakugana Mubirimba Vyawe.Bavandimw Mudusabir Natwe Gutsinda Inyoshambi Tuze Duhurire Namwe Aho Kwa Data.Mukama Bahe Uburuhukiro Buhoraho.Amen
29 Ndamukiza 2016, 18:54, par niyonkuru.Evariste-wi,gitega
imana-ibakire-mubugingobwaya
29 Ndamukiza 2016, 18:56, par niyonkuru.Evariste-wi,gitega
imana-ibakire-mubugingobwaya
29 Ndamukiza 2016, 20:22, par Ntakirutimana Joseph
Dusabadusabira Imiryango Yabuz Kwihangana Ngo Ntacondabagerageresh Ataric Kwihanganir Hahirwa Abapfira Mumaboko Y’Imana Kuk Aribo Bazorarwa Ijuru.
29 Ndamukiza 2016, 21:22, par viane mutimbuzi
bobabahamvye hamwe?
29 Ndamukiza 2016, 22:17, par S.SYLVERE
MUSISHANGAE KWA MAMBO HAYO LAKINI JIANDAENI KESHO WATAKUA NYINYI.
29 Ndamukiza 2016, 22:17, par S.SYLVERE
MUSISHANGAE KWA MAMBO HAYO LAKINI JIANDAENI KESHO WATAKUA NYINYI.
29 Ndamukiza 2016, 23:26, par EMMANUEL
IMANA NIBAKIRE BAZE BASANGIRE IZUKA NA KRISTO
30 Ndamukiza 2016, 20:01, par Bucumi Venuste
nukur ino imusongati umubabaro nimwinhi , ariko abobene data bagize isanganya ? imana nibakire mubwami bwayo ,abavyeyi nabo babuze imana nibafashe ibahe umutima wukwihangana . abari mubitaro nabo imana nibafashe kugirango babandanye bakurikiranwa kugira bavugwe bakire . imana idufashe cane kuko ahisi igeze , igeze kumusozo imana nidufashe .
30 Ndamukiza 2016, 20:44, par emmanuel
imana nibakire mubwami bwayo.
1er Rusama 2016, 19:57, par Mufyiri
Ekleziya Yabuze Imana Ndazi Yabonye Iyo Baribavuye Abobazizukuri Bagiye Kwa Se Twe Natwe Tuzopfa Tuvuye Kubutumwa
1er Rusama 2016, 20:38, par LEONCE NZOYISABA
Mukama Yezu Mweranda,nubakire Mubwami Bwawe Baze Baronk Umunezero Wibihe Bidashira Bakomeze Kukuninahaza Aho Bari Mwijuru Amen.Turahojeje Imiryango Yabuze Yezu Abahe Ukwihangana Amen
2 Rusama 2016, 16:29, par Odrique
Barihangana Ababuze Imanirababona
2 Mukakaro 2016, 20:29, par Tuyishime
Balihangana Ivyimana Ikoze Nikuvyakika Ukonyen
2 Mukakaro 2016, 20:30, par Tuyishime
Balihangana Ivyimana Ikoze Nikuvyakika Ukonyen
28 Gitugutu 2016, 15:17, par Mariyamungu Sylvere
Banyakwigendera, Imana ibakire mubwami bwayo! Turahojej imiryango yabo, bihangane!!!!!!
28 Gitugutu 2016, 15:38, par Mariyamungu Syvere
Banyakwigendera Imana ibakire mubwami bwayo! Turahojej imiryango yabuze bihangane cane