Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Ruyigi : Umunyeshure yataye umwana wiwe yibarutse mu kazu ka (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amagara y’abantu > Ruyigi : Umunyeshure yataye umwana wiwe yibarutse mu kazu ka (...)

Ruyigi : Umunyeshure yataye umwana wiwe yibarutse mu kazu ka surwumwe

lundi 21 Nzero 2013

Nimwumve namwe ako kamaramaza ahabandi barira bipfuza ko Imana yobaha bagaheka hari abandi bihekura. Inda z’ishushu zabaye ndanse. Igipolisi naco kirabarembeje kibafata

Mugatondo ko kur’uyu wa gatandatu igenekerezo rya 19 nzero 2013 hari umunyeshure wo kwishure rito rya Rugozi muri commune ya Butezi mu ntara ya RUYIGI yataye mukazu ka surwumwe akana yari ahejeje kwibaruka.

Uwo mwigeme hamwe n’uwamutwaje inda baciye bashirwa mugasho k’igipolisi.


Sylvere Bavumiragira

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.