Accueil > Amakuru > Ubudandaji > Ruziba: Basaba kudandaza inzoga ya Kanyanga ku mugaragaro
Ruziba: Basaba kudandaza inzoga ya Kanyanga ku mugaragaro
mardi 11 Myandagaro 2015
Abanyagihugu bo mu Ruziba,Komine ya Kanyosha,mu ntara ya Bujumbura badandaza inzoga ya Kanyanga basaba ko Reta yobaha uburenganzira bwo kuyidandaza ku mugaragaro bakariha amakori nk ‘abandi badandaza.
Abakora iyo nzoga n’abayidandaza bavuga ko iyo nzoga ibatungiye imiryango,ari naco gituma basaba kwemererwa kuyidandaza bakayirihira nk’uko ibindi bidandazwa biriha amakori.
Basaba Reta kuzana abahinga bogenzura nimba iyo nzoga ifise ingaruka mbi mu mubiri basanze ataco yonona bayidandarize ku mugaragaro.
Mwomenya ko iyo nzoga isanzwe itemewe n’amategeko.
Van Naris Mugisha
Messages
11 Myandagaro 2015, 16:47, par Avec
Bavukanyi ntacodupfa ndabakunda ariko iyonziga ndavyumva irabafitiye akamaro arikokandi ntimwiyibagizeko nabakora umwuga wokwiba vyarashoboka bagahitanisha umuntu muntumbero yogushaka mumwaka ivyiwe , nabobantu usanga uwomwuga ubatunze ariko ingaruka bibazoteba bigatebuka ingaruka ikazobabera mbi. Namwerero niyokanyangayanyu kubera atamuntumututse ndabashigikiye ariko harigihe mwosanga uwunwa iyonzoga agezigihe cimwaka 60 yamavuka agiribibazo bikoneyecane akagora umuryango nigihugu kuburyobudasanzwe. Rekandabarekere isisabovyanyu arikontacizere kukosinzimpavu iyonziga imazimyaka nimyaniko mubihugu vyishi ariko ikaba atagihugunakimwe kiremerera abenegihugu kuyikoresha ndashaka nokubibutsako hariho ibintu igihugu kimwe usanga kitemerewe gukora nubwocikukiye bitabanje gukurikiranywa kurwego mbuzamakungu, nkokubintubijanye namagarayabantuvyovyo nicitonderwa mucamumenyako nizokanyanga nikintu gishobora kubangamira amagara yabantu, igihugurero kugatwe kacocadutsengo nimuyikoreshe abantu muburundi bakaba imirambikango mumazu mwamuganga naharihohose banwera iyokanyanga, vyoharurwako reta yigihugu cuburundi yaraye imarishije abenegihugu izogayitwa kanyanga. Reta rero ninkumuvyeyi abenegihugu ninkabana batoya kuko umwana mutoya ariko aririra ibintu atoyehasi umuvyeyi akabimubusa umwana acarira vyerekanako uwomwana ababonyeko abangamiwe numuvyeyi arikomuvyukuri umuvyeyi ntabarukumubangamira ahubwo abarukumwifuriza kazozanziza.
11 Myandagaro 2015, 20:14, par nery
iyonzoga.ninbi.twebwe.iwacu.imaz.kwica.abantu.abandi.nabo.umengo.barway.kwashi.namw.muzan.ibintu.nkivyo
12 Myandagaro 2015, 08:18, par eight
Abonyagihugu batekakanyanga bavuganeza ahubwo nikomere amashi meshi kuko nsanze ara bashaka guteza igihugu imbere narirya kiri mubukene basareta koyotuma abantu bokuyipima bakarako itera ingorane mumubiriwumuntu hama basanze idate ingorane ibahe uburengazira Niviza cane musabaneza nibabiyumvirire yamara sinzi icokobazo canyu ngoki zoshikirwaryari nariryahari ibaazovyishi muriyireta iguma isinzikara bitaratoregwa inyishu.
12 Myandagaro 2015, 16:37, par GILBERT
Ahubwo Murabaraba Ko Bakomeye Mumutwe Kuko Kanyanga Yoba Yaratumye Baparangana Mumutwe!
12 Myandagaro 2015, 19:00, par CLOVIS
JEWE NIYUMVIRAKO,BOJAHAMWE BAKAGANIRA,HANYUMA BAKABAREKA,BAKAYIDANDAZA
13 Myandagaro 2015, 07:38, par kamenge Elvis kamenge
Abo benegihugu bo muruziba babacunge!!
13 Myandagaro 2015, 07:50, par Keve
Banyoyekanyanganyinshi.ntimwumvakobasaze.mubatware kwamugang,avuramumutw
13 Myandagaro 2015, 07:53, par Keve
Banyoyekanyanganyinshi.ntimwumvakobasaze.mubatware kwamugang,avuramumutw