Accueil > Amakuru > Poritike > Rwasa Agathon: Inkoho zafatiwe i Muyinga ni integuro y’ubutegetsi
Rwasa Agathon: Inkoho zafatiwe i Muyinga ni integuro y’ubutegetsi
vendredi 17 Mukakaro 2015
Rwasa Agathon ngo ntarota asubira mu nzira y’intambara,ahubwo avuga ko ari amayeri y’ubutegetsi yo gushaka k’umwigiza kure y’urubuga rwa politique.
Uwurongoye urunani rw’Abigenga Amizero y’Abarundi arahakana ko adashobora gushigikira no gutegura intambara.
Agathon Rwasa yemeza ko vyose bikorwa kugira abanywanyi biwe babandanye batotezwa ,ubutegetsi bwa CNDD-FDD bukabikora kugira ngo ntabandanye amahiganwa muri politique.
Rwasa asaba ifungurwa ry’abanywanyi biwe, kuko ataco bazira nayo ivy’inkoho zafatiwe mu ntara ya Muyinga ngo n’integuro y’ubutegetsi.
Van Naris Mugisha
Messages
17 Mukakaro 2015, 07:25, par William’s
None bihoze mutama nibashaka kusubira muntambara uzoyijamo bareke bayisotore bazoyibona erega ntawundi munyeporetike batinya atari wewe amashamba ntiyahiye yose nibavyipfuza uzogenda
17 Mukakaro 2015, 08:22, par niyubahwe
mutama ntucike intege kuko turaziko badutoteje kuva kera. komera kurubuga gwa politique turinyuma yawe. kand mandat ya 3 ya nkurunziza ntimuheshe.
17 Mukakaro 2015, 08:40, par butoyi
Rwasa, wewe washaje mu mutwe. Kuberiki utujuragiza tugaca dutora abandi wumva atariw wiyaka amahirwe yo gutsenda ? Rwasa va ibuzima uje ibuntu wemer ???
17 Mukakaro 2015, 08:53, par SYLV
NIBAREKE KURYANA NIBASANGIRE NITWETUBAHA.
17 Mukakaro 2015, 09:46, par JUSTICE KURIBOSE
Twabibony kare mutama kari irementanya ariko iyaba abo mpanura irementanya rya BANYAMITWE ryaratay umwanya,batanguriy mw’irementanya barirangirizemwo?" politique du cndd fdd=montage qui n’aboutit à rien.
17 Mukakaro 2015, 10:20, par MOÃ SE
Rwasa ivyo avuga niukuri kuko twes nivyo tuvuga,uworota azana intambara mu barundi,yoba ananiw.Ikizokiza uburundi n’abarundi ni ibiganiro bidakumira birimwo aberwa na politike bose kandi bakaganira bahuza atagutegana imitego.Ubutegetsi buhari uno musi nabwo,nobuhanura ko ivy’irementanya bwobireka kuko ejo ntawuzi ingene hazoba hameze kandi ukora ikibi kikaguherekeza,ntihagire uwihenda ngo ariko akora ikintu yinyegej ngo ntikizomenyekana,bitebe bitebuke ukuri kuzoja ahabona,Rwasa, komera kumuheto,Imana ihora ihoze!!
17 Mukakaro 2015, 11:40, par Ingabire Yves
Ntawifpuza Intambara Kuko Aho Yatugejeje Ntawokwifpuza Gusubira Murayomaruswa Abarundi Dukeneye Amahoro
17 Mukakaro 2015, 12:28, par uwimana
komera mutama bakwanke bareke mugabo bamenye ko agati gateretswe ni mana ntigahenurwa numuya kandi bamenye c’imana yavuze ntikizogenda kidasonjwe wirambire mutama
17 Mukakaro 2015, 15:56, par TH
MUTAMA WACU REMA INTAMBARA WARAYIGARITSE BURUNDU NAMAKUNGU ARABIZI IKIROBERI ABAKIZI GITANGURA KURYA AHUBWO LETA IGOMBA UKUNTU IHONYA ABOBATAVUGA RUMWE EREGA LETA IZITORA AHO YAZISIZE MUMBONERAKURE UBWO NUBUHINGA BATOYE BWOKUZAKA
17 Mukakaro 2015, 17:35, par emma
emma
gwasa urahumba turakubona ivyowikoresha ngonturota usubira muntambara maramara neza aho nuko bakuvumbuye. Mbega arya magrenade ategwa nabande? sabiwanyu na porona na societ s msd nikibiri hamango nturota intambara eka ntawubasaba ikigongwe mzobona
17 Mukakaro 2015, 17:52, par SEVERIN
KOMERA MUTAMA IZONKOHO NAZOBAVUGA NIBOBIRIGWIYOZIGURIGWA NAHOVYOMERAGUTE TWETURINYUMA YAWE RETANAYO IMENYE KWABANYAGIHUGU TURUSHE.
17 Mukakaro 2015, 20:07, par SIBOMANA
KOMERA MUTAMAWACU RWASA ARIKO GUMA MWIHIGANWA KUKO IYOTUGUTOYE NYUMA UKABIVAMO UBA UTAVYE TWEBWE.ABANYWANYI.
17 Mukakaro 2015, 20:12, par master
none harabonetse ivyemeza ko abazifatanywe aribo vyukuri?ivy bint ubutungane buvyitwaremw neza.
17 Mukakaro 2015, 20:25, par Albert
ivyo navyo birahoboka
17 Mukakaro 2015, 20:38, par DAVID
MUTAMA NIBAKUREKE WEWE N’AMAKUNGU AREMEZA KO ATANTAMBARA USHAKA KANDI TURABIZI NATWE ARIKO IMANA IKUZIGAME UZOTEBA USHIKE AHO USHAKA NATWE TWIRUHUTSE.
17 Mukakaro 2015, 20:39, par DAVID
MUTAMA NIBAKUREKE WEWE N’AMAKUNGU AREMEZA KO ATANTAMBARA USHAKA KANDI TURABIZI NATWE ARIKO IMANA IKUZIGAME UZOTEBA USHIKE AHO USHAKA NATWE TWIRUHUTSE.
17 Mukakaro 2015, 22:26
Rwasa genza make ibibi vyawe twarabimenye.ububi bwawe urahumba ntagihugu azatwarana.
18 Mukakaro 2015, 03:57, par John
Peter arazwinumunyamitwe kwatoma urutokekuvvyiwenabiwe ivyahavyabakurubirahishirwapeter niweyerarwasanukumubesheranamatora arangiyentacoyavuzepeter amarasoyabanyagihuguazoguhumirantiwigire agahambayenadawidintiwamurusha inkomezi ifatekumutimawunve icukubatrira,.
18 Mukakaro 2015, 10:06, par GERVAIS
IYO NINKINAMICO YA CNDD FDD IVYAKOZWE NIMBONERAKURE AVYEGEKA KUBANDI NATESHWE ATE BEGERANIJE IMBONERAKURE NGONABAGWANYI RWARI URUYERI
18 Mukakaro 2015, 13:42, par silas
turagushigikiye ivyobakora turabibona.Igifise intango gifise niherezo.Komera
18 Mukakaro 2015, 15:06, par dutangure
muzehe rwasa ww reka kuyayata tubwire twikorere akazi twikureko izi mbonerakure twarahejj kwitegura hasigaye guhumbira
18 Mukakaro 2015, 16:46, par viateur
We bareke babandanye bica abenegihugu ngo n’abokwa rwasa bibaza ko bazoshobora kuGondera abarundi bose iyobava bakagera mumugambwe cndd fdd sha bave ibuzimu baje ibuntu bamenye ko ivyari amagera ko vyageruye.
19 Mukakaro 2015, 15:35, par ٠بدجدسقبق
Reka gutinya kuja mumatora agaton ,tuzogutora wirire nawe.ubone ku zana umuzeze.
20 Mukakaro 2015, 09:55, par Verrati
Mutam Rwasa Turagukund Ivyo Navyo Bakora Turabibon.Hazoger Ah Urukwavu Rwiruka Ku Mbwa
20 Mukakaro 2015, 22:22, par daniel
rwasa avuga ukuri,nakomere kumuheto imana imurinde ubutegetsibubi bwa cndd fdd irinde nabanywanyibiwe
21 Mukakaro 2015, 08:17, par nzeyimana
niwinumire mutama ntihagire akajambo bakwunvako