Accueil > Amakuru > Poritike > Rwasa Agathon:Nta myiyamamazo ishoboka ata mutekano
Rwasa Agathon:Nta myiyamamazo ishoboka ata mutekano
dimanche 10 Rusama 2015
Rwasa Agathon azokwitoreza ikibanza c’umukuru w’igihugu,aserukiye Urunani :Amizero y’abarundi,avuga ko ibiri mu gihugu vyerekana ko imyiyamamazo idashoboka.
Rwasa Agathon avuga ko mu gihe hakiri ibirwanisho biri mu banyagihugu,cane cane mu rwaruka rw’imbonerakure,aho bamwe muri bo bafise ama grenade kandi bahawe imyambaro y’igipolisi.
Uwo azoserukira Urunani:Abigenga amizero y’abarundi ,akamenyesha ko bishobora kuzoba bigoye gutandukanya abapolisi b’ukuri hamwe n’urwaruka rw’imbonerakure rwahawe imyambaro y’igipolisi,mu gihe bazoba bacungereye umutekano.
Asaba ko amatora yokwigizwa inyuma,ariko bikaba ku buryo gushika mu kwezi kw’umunani amatora yoba yabaye,bibaye ngombwa bagashira hamwe amatora atatu,mu ntumbero yo gutuma hataba ihungabanwa ry’inzego.
Rwasa Agathon arangiza amenyesha ko ikiringo c’indwi zibiri zatanzwe n’umurwi CENI z’imyiyamamazo zidakwiye,kugira umuntu abe yumvishije imigambi yiwe abanyagihugu.
Messages
10 Rusama 2015, 14:25, par Melchiade
Rwasa Jewe Singushikiye Mugabo Kwiyumvira Kuja Kubaza Abanyagihugu No Kubumvisha Ko Batotora Nkurunziza Bagahindura Ivyo Nivyo Vyari Bifise Intumbero Nziza Hanura N,abandi Bave Mw,ibarabara Baduge Mu Misozi Gusabayo Amajwi Abanyagihugu Nitwe Duca Urubanza Bo Mugihugu Hagati Nayo Mugisagara Ntajambo Risumba Iryo Muntara Bahendwa Nubwo Bushuhe Namatara Ntibibuke Mumirwa Nkaba Mpamagariye Vital Na Pacifique Baduge I Ngozi Canke I Bubanza Muruyigi Bamanukire Mucankuzo Bakatire Kayogoro Baherezei Nyabihanga Bazovayo Banyuzwe Atarukuguma Kurayo Ma Micro Rwasasa Bankumugabo Naho Utotsinda Ikibanza Co Uzokironka Gororoka Mu Kuvuga
10 Rusama 2015, 14:40, par CAKENGE
CAKENGE,NTIBASUBIRE KUGUHENDA NKAMBERE,AHO NTIWOJA KURI TERRAIN UKAZOBIVUGIRAYO.
10 Rusama 2015, 14:41, par CAKENGE
CAKENGE,NTIBASUBIRE KUGUHENDA NKAMBERE,AHO NTIWOJA KURI TERRAIN UKAZOBIVUGIRAYO.
10 Rusama 2015, 19:14, par shaban
Ja kuri terrain sha ubwo wivugisha ntibufashe, ubona batahatswe kuguhenda nkambere
10 Rusama 2015, 20:38, par Hassan
Kuvyukuri Gwasa ntarira busema.amatora akwiye kwigizwa inyuma.Kuko ntakuntu yoba kandi inganda zirigwa ziratikira!!!
10 Rusama 2015, 21:44, par catia
nivyo amatora ntashoboka bamwe baratanze ibigwanisho abandi batabifise kiki IMBONERAKURE zibifise bitahahwe Bose nibabibake.jewe muruyigi aho mperereye nubu IMBONERAKURE zamye zibitemberana ukuri kwamy.
10 Rusama 2015, 21:51, par Cankuzo
Ndabaza uwuvuze ngo inganda zirikoziracika, abantu bigaragamvya kumvozuko babonako hariho ibintu bitabanezereje nivyota Ko aringanda zirikoziracika? Nene mwumva muzotahura democratie nkabandiryari mugihe mushakako umuntu yovuga icabona kitamunezereje mukacamuvugako inganda zirikoziracika?
10 Rusama 2015, 22:06, par Vianney
Gir Tuj Mumator Kugira Umugambw FNL Usubir Aho Wahora. Umwanya Wokwiyamamaza Urakwiy Kuri Twebw Abarundi Kuk Tugiye Gukor Tuz Aho Tugeze Inomusi. Ico Nobasaba Nuko Mwoza Murandika Imigambi Mwishi Kurubuga Tugatangura Kuyiyaga Nabandi.Icanyuma Ubucuti Hagati Yiyindi Migambwe Muyikomeze Tugire Aho Tuvuye Nah Tuja, Kugira Nihaba Izindi Nani Muze Mutange Uwo Muhurizako Mwese. Nagira Ndangize Mpanura Abandik Barek Kuza Barifatira Umuntu Muganga [dukoreshe Amajambo Yubaka] Abarundi Turi Bamwe Twirinde Abaducanishamwo
11 Rusama 2015, 06:19, par mbonimpa japhet
nukuri mutama bakwiy kwegeza inyuma amatora,mbega none amatora azoba abant bashishikara guhunga?
11 Rusama 2015, 23:36, par NYANDWI
mutamawavuze.ukuruNnuko.imbonerakurezirafise,inkoh.nangerenade?ivyovyagizwenumukuruwigihugupeteronkunziza
24 Rusama 2015, 19:01, par JP HB
JEWENDASHIGIKIYE UWUNYAKUBAHWA.