Accueil > Amakuru > Poritike > Rwasa Agathon:Tuzoja mu matora atunganijwe neza
Rwasa Agathon:Tuzoja mu matora atunganijwe neza
samedi 13 Ruheshi 2015
Rwasa Agathon arongoye urunani rw’Abigenga Amizero y’Abarundi akaba ari nawe azoruserukira mu matora y’umukuru w’igihugu amenyesha ko urwo runani rutubahuka kuva mu matora, kandi ko batitaba amatora ayariyo yose,ariko ko bitaba amatora atunganijwe neza.
Mu kiganiro yahaye iradiyo y’abongereza BBC,Agathon Rwasa yavuze ko uko ibintu biriko biragenda bitifashe neza, ku buryo bovuga ngo amatora ariko arategurwa ni amatora akurikije ibisabwa n’intwaro rusangi.
Agathon Rwasa avuga ko igikenewe ari uko,abegwa n’amatora bose bicara hamwe bakavugana,ibibazo bihari bikava mu nzira,gutyo bakaja mu matora abarundi bose imitima itakanye,hakaba amatora ashobora kuzana inzego zemewe na bose.
Umukuru w’Urunani rw’Abigenga Amizero y’abarundi,avuga ko amatora yoba meza mu gihe hokwisungwa ivyasabwe n’inama y’abakuru b’ibihugu bo mu karere ka Afrika y’Ubuseruko,harimwo gukura ibirwanisho mu banyagihugu babitunze batabifitiye uburenganzira,guhunguka kw’abarundi bahunze igihugu,kwugurura amaradiyo yasambuwe ayandi agaturirwa,hamwe no kwicarana ikiringo c’ukwezi n’igice baganira.
Rwasa Agathon akamenyesha ko yizeye ko,abegwa n’amatora bose bazogira akigoro kugira inyishu zitorwe,gutyo bitabe amatora.
Amatora y’umukuru w’igihugu ategekanijwe kw’igenekerezo rya 15 Mukakaro,2015,abantu umunani harimwo umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza akaba aribo bitegekanijwe ko bazohiganwa muri ico kibanza, nk’uko vyashizwe ahabona n’umurwi utegura amatora CENI.
Messages
13 Ruheshi 2015, 12:55, par Arcade Arakaza
komer mutama!intwar mugihug ziracariho!rek aboba dd barguter iger ryanyuma!uraba uragoror costim igihugu nigwawa nkurumb nakagw kiw gato nimbonerkur kumusaga ntibohakwigw bazoj illahe
13 Ruheshi 2015, 13:07, par CARATUVUNYE
RWASA KOMERA URIKORAZANEZA REKAGUHENDWANABABANDIBATUNYAGA SINIRIRWA NDABAVUGA URABAZI NDAGUHANURE JAMUMATORA HARIGIHEWOSANGA URAROSE UMWANYA 2 CANKE 3 MUGABO UMWANYAWAMBERE NUWA PETERO NKURUNZIZA
13 Ruheshi 2015, 13:37, par Bucumi
Ayo matora azomera nko 2010. Rwasa harageze aho ukanura ntashamba narimwe utazi ryo muburundi ndetse nibihugu bibanyi ukabihoza bagatsinda bazoca hasi hejuru baguhige jewe nivugira aha ndagiye.
13 Ruheshi 2015, 14:20, par Melchiade
Rwasa Ndagusabe Rekakuba Ikirirahabiri Kitagir,umutwe N,inyo Rero Girumutwe Wo Kwiyumvira Va inyuma Yabo Batutsi Aho Gusubira Kuja Hamwe Na Nditije Nayobagukoreye Gomba Ube Umwe Mugabo Uje Mumatora
13 Ruheshi 2015, 14:56, par Sarathier
Rwasa ndakugirinama, ibitamezeneza vyose ntibikubuze kwitabira amatora jewe ndumu FNL mumatora yumukuru wigihugu yomuri 2010 ijwiryanje ryabaye ipfagusa kubera utariwitoje, arikubu utitoje ijwiryanje niteguye kuzoca ndariha abazoba bitabiriye amatora abaribobose mwizina rya FNL
13 Ruheshi 2015, 19:06, par MPOZENZI LAZARE
HEMW NTITUZI INGENE BIZOGENDA
13 Ruheshi 2015, 19:31, par ziggy ziggy
komera mutama nanje vyantangaza uhayeuvuga ngontuja mumatora kubwibiringo ivyonuvyihoze wewe niwe uzuwakabiri inyuma yanyakubawa nkurunziza ureke abobatutsi nabobashaka intwaro mfatakibanza abo bo tuzobasubiza iwabu irwanda namaguru ntubona kobumwebumwe bwatanguye kwijana wewe turakwizeye ntumere ntubumvirize abonincira
14 Ruheshi 2015, 09:32, par Ndayegamiye jean claude
Nyakubahwa komera,bereke ibikenewe abandibo biteguriye kwiba nko mu 2010 ,kuko ni mwebwe nyakubahwa abarundi twese dushaka kandi tunyotewe kuko ni wewe uri mboneza mu vya poritike no mu migambi mwiza i Burundi,kandi ntanguye kubakeza ku ntsinzi mugiye kuronka muri ayo matora yimirije igihe abaye ku mugaragaro,nabasabako muhagarara bwuma ccdd nisubire kwiba amatora,NYAKUBAHWA PRESIDENT RWASA OYEEE....
14 Ruheshi 2015, 19:34, par DIEUDONNE KWITORA
IVYO UVUZ NIVY
15 Ruheshi 2015, 08:49, par 0722355827
komerabwananyakubawa.gwas turagushigikiye.najyendimubari.mugihungucyurwanda.bariguhendwa.naaregi ssinduhijye.ngoarikubigisha.igisikare arababesha.bibukekouwusenya.ugwiwebamutizaumuhoro ntanyuguyomumaraso
15 Ruheshi 2015, 21:38, par ABA
KOMERA TUKURI INYUMA TURI BENSHI
16 Ruheshi 2015, 04:32, par Adrien
Za Murandika Ivyo Mubanj Kwiyumvir, Imana Irema Umuntu Nta Mpwemu Y’ubwoko Yamushizemwo ,igihugu Gikeney Kubakwa N’abantu Bafis Impano Zitandukany Niho Gitera Imbere.
16 Ruheshi 2015, 09:26, par Ndagijimana
Ni mukunde abanyagihugu n’igihugu cabibarutse mureke gushira imbere inyungu zanyu. Iyo mushira abantu mwibarabara siwo muti w’amahoro kandi nkabasaba ko mwoja hamwe mukayaga mugatora inyishu irama kugira abanyagihugu baruhuke. Guturira amazu , imiduga, abantu; kuzibira amabarabara n’ubusuma buca buba mugihugu nukuri siwo muti! Turondere amahoro twese hamwe atanumwe avuyemwo; birandaba, birakuraba kandi biramuraba.
16 Ruheshi 2015, 23:11, par immy ndikumana makama
amator nahagarare abarundi bajemumasengo barabeko imana yogirimbabazi!
16 Ruheshi 2015, 23:12, par immy ndikumana makama
amator nahagarare abarundi bajemumasengo barabeko imana yogirimbabazi!
16 Ruheshi 2015, 23:12, par immy ndikumana makama
amator nahagarare abarundi bajemumasengo barabeko imana yogirimbabazi!
17 Ruheshi 2015, 11:30, par Kakuma,ngurube kenya
Gwasaagath,ntuzebazebe nkimboro,yimbata,jamumatora,ntawundimugabo,wijunja,abanyagihugu,baboni,wokubatwara ngurube kakuma kenya
17 Ruheshi 2015, 12:49, par Ngurube,kenya
Gwasa,agath,umwami,wabahutu,kuvauburundi,bwitwa,uburundi wabaye,umuhutuwambre,ukubitiwe inkororo,hasi,nabatutsi,bakapfukama,bakagarama ukabahonyanga,ukarengana,nabuyoya,umwami,wabatutsi,wramuhonyoye,abahutuntamugabo,wigihagararo azorutawewre cankemubattutsi,nakagame,yumvise amatekayawe,yagisirikare,yoguhabuzaabahutu,acayinywako,komerakuheto uburundinabarundi,bakurinyuma,namatekayawe,utware,ntutware,amatekayawe,ntazokwibagigwa,mubahututu,nomubarundi,nakozeiperereza,dusanga,urumwami,,peeeakere,kosekaragutinya,,rekizomba,,zitaigihugu,,izindizikirigwa,mumababarabara,bazozifyonyanga,urwanda,kagame,arabahenda,abahutu,ninivyuma,,igisoda,nicabahutu,komera,gwasa,agath,igihugu,nigwawe,aaaaaaaaaaaaaaeeeeeeeeeee
23 Ruheshi 2015, 15:40, par Sylvain Ndikumana
je mbona vyos arurudubi none uwomuhuza yoba yaje gukorik?none burya muburundi tuzotora kweri reka turore.
24 Ruheshi 2015, 14:05, par arthemon
rwasa obama rwasa obama democrate rekana nabakeha bwenge avec inzara mumagufa sonza wigumy
6 Mukakaro 2015, 15:54, par Niziy’imana Fidel
Nyakubahwa Agatho Rwasa Ico Asaba Kirabeye, Kuko Igihugu Sitongo Ry’umuntu Yiganzira,nkubunye Aha jewendi Ikigoma/kibirizi Hashitse Impunzi Zirenga 2000 ntamahoro yuguhunga igihugu kandi n’abahu sukuvugako atabwege bagira