Accueil > Amakuru > Poritike > Rwasa Agathon yitavye ibikorwa vy’inama nshingamateka
Rwasa Agathon yitavye ibikorwa vy’inama nshingamateka
lundi 27 Mukakaro 2015, par
Umukuru w’Urunani rw’Abigenga Amizero y’Abarundi Rwasa Agatho yitavye inama ya mbere y’inama nshingamateka igizwe n’abashingamateka batowe kuwa 29 Ruheshi 2015.
Rwasa Agathon yashitse mu Kigobe ahari ingoro y’amakoraniro y’abashingamateka igihe c’isaha zitatu n’iminota 20.
Mu gihe Rwasa Agathon yitavye ibikorwa vy’inama nshingamateka,uwo bafatanije kurongora Urunani rw’Abigenga Amizero y’Abarundi Karori Nditije nabo bari kumwe ntiyitavye ivyo bikorwa.
Mwomenya ko mu gihe vyari vyitezwe ko Urunani rw’Abigenga Amizero y’Abarundi ruserukirwa n’abashingamateka 30,16 gusa nibo bari bitavye.
Messages
27 Mukakaro 2015, 13:37, par THOMAS
Jew nipfuza ko nabandi basangiye urunani bogenda bakagira inguvu kugir amategeko mabi ntaze aratorwa ukonyene
27 Mukakaro 2015, 13:45, par fghkll
kare kose
27 Mukakaro 2015, 13:45, par bimenyimana aron
rwasa kuba yitavye inamanshingamatekayambere nivyiza kuko ashatse kwemera kugabangana ubutegetsi na nkurunziza yabonyeko ko nubundi atakazoza yogirira abamuyoboka adafadikanije nabari muntwaro nshasha yuburundi bushasha ivyorero turabishimye !ikibabaje rero nuko twumva umenga yoba atavyumva kimwe nabo basangiye urunani rwabo amizero yabarundi kuko tubikurikiranira hafi turavye ivyo francois bizimana asanzwe ari umuvugizi wurwo runani yavuze biratandukanye cane uriko uravyumva wocawumvumenga avuga ivyobatamutumye kuvuga reka turindire ikivamunama .
27 Mukakaro 2015, 13:47, par Amissi
Nisawa mutamakuja munamashingamateka nibasubirekuguhenda abobaporona bacebagendayo komeramuta utumeuvuga urimo 👌
27 Mukakaro 2015, 13:48, par ndikumana
biratangaj .giturumbuka
27 Mukakaro 2015, 13:49, par jimy
Nawe nkeka bamuhaye amahera.
27 Mukakaro 2015, 13:59, par Muyahudi
Rwasa kuba yitavye mubikogwa vyinama nshingamateka iherutse gutogwa ntacondabivuzeko
27 Mukakaro 2015, 14:02, par CLOUDE
wanka kugya igipande ugatahira intete ntakundi
27 Mukakaro 2015, 14:05, par minani
None mbaze Rwasa none gamutama nuguhemuka canke nubukene canke nindandande uribuka aba FNR bafuye kubera wewe ??????? Ikibazo.
27 Mukakaro 2015, 14:10, par KAMWEMWE
KOMERA RWASA!EREGA RUHA UKANURE UBONE IYO WAHENDEWE SI VUBA REKA KURYA UBUGURA KANDI WARI WARARWANYE URUGAMBA RWO MW,ISHAMBA.EMERA SHA URYE AMAHERA Y,IGIHUGU,ARIKO UZE WIBUKE ABAGUTOYE KO BAGIZE AKIGORO BAKAKURONDERERA IKIBANZA UJAMWO.IGORE WUBAHIRIZE ABAGUSHIZEHO.
27 Mukakaro 2015, 14:12, par OSCAR
RWASA NI YEMERE AJE MU NAMA NSHINGAMATEKA.
27 Mukakaro 2015, 14:14, par OSCAR
RWASA NI YEMERE AJE MU NAMA NSHINGAMATEKA.
27 Mukakaro 2015, 14:15, par Elias Nzey
Biratangaj! Reka Turindire Ngira Rwasa Aradusigurira.
27 Mukakaro 2015, 14:20, par Rufyuramaso Joseph
Komela Komela Mutama Igiti Ntigi Gukora Mujisho Kabiri Uribuka 2015 Ukuntu Baguhenze Baga Cabitaba Amatora.
27 Mukakaro 2015, 14:20, par Ntakirutimana Jhon
Eweee!! Rwasa Uzopfa Urushe Ukundakuvuga Ngo Umugabo Yihindukiza Mukirago Ntiyihindukiza Mukirago. Mbega Umuntu Nkawe Wubahutse Kubikora! Uraronse Cagihugu Cisezerano. Nimureke Peter Numunyeporitike Kweri. Twaritukwizeye None Urabaye Mpemuke Ndamuke. Rwasa Bayi Uragiye Nka Mporona. Uragejeje Abantu Bawe Mugihugu Cisezerano Nukuri Urababaje Abarundi Nababuze Ababo Bakuzira. Ico Novuga Nuko Mwokubaha Imana Mureke Jwizera Shetani.
27 Mukakaro 2015, 14:20, par INNOCENT.WIMWARO
RWASAMUREKE AZOKWAMA ARI BUZIRE NDABWIRIRE NAHO YARIYAJE GUSUMURUSAKU
27 Mukakaro 2015, 14:20, par RYARUNYINYA
NONE RWASA YAGIYEMWO GUTE EWEBARUNDI MURAGOYIYAGA
27 Mukakaro 2015, 14:25, par Edy@
Komera Sha Rwasa,uwukwank Akwandurek Hanyuma Abo Batutsi Bakuve Mumatwi Izonimbwa Z’ivyitso.
27 Mukakaro 2015, 14:39, par William
Rwasa agatho ariko arabona KO politique yuburundi asamay ko abomurikumwe aribo baguca muryahumye.karori nditije aho agomba gusuka rwasa kugira ahebe kuja muri L’ETA ahashire benewabu
27 Mukakaro 2015, 14:42, par nkurunziza
Urambaje ahohose bakumariyeko abanywanyi urondere icocicaro gusa. Twaruhiyubusa tukugwa inyuma. Abobo ntibafyina bazogushira aho abandibabashize
27 Mukakaro 2015, 14:54, par KIMERSONG
EEWE RWASA URANTANGAJE!NTAMISI IHEZE UVUZEKO ATAMATORA UZOKWITABA HAMA UTI NTIWEMERA IVYAYAVUYEMWO NONE USHITSE MUNAMA NSINGAMATEKA GUTE?BASHA NDAHEBUYE MURI POLITIKE NUBUKUNZI BW’INDA GUSA.ARIKO SIBIBI N’ABANDI NIBAVITABE KUGIRA ABA DD NIBAZOSUBIRE KUDUTORERA AMATEGEKO ADUKANDAMIZA.
27 Mukakaro 2015, 15:00, par Burundibwukuri
HAHAHAHA! POLE SANA MUZEHE RWASA URAMENJE BASI! BA FNL MUGCE KANDI IBI BIBABERE ICIGWA MURABONYE YUKO RWASA ABATAVYE MUNAMA! MBE AHO UBWO BUHEMU ABUKOZE KUBERA UBWOBA BWABANYAMURENGE BABANDI YISHE? NTANGORANE NAGERAGEZE MUGA ABARUNDI TWIYEMERA TWEBWE NTITUROTA DUHESHA URUGAMBA TWISHINZE RW8TKWIYAMIRIZA 3ÉME MANDAT MBE BURYA BA BA FNL DOCUMENTATION YAGANDAGURAGA IJORO NUMURANGO UBUNAHO VYAHEZE CANKE RWASA AGOMVYE KWIKIN4RA ASHA ASUBIRIYE NKA BIMWE YAKORA HAMWE YANKAGA KUJA MUBIGANIRA ARUSHA AGASUBIRA GUTAMUNAMA ABA FNL BAKADEMOBILIZWA BAHABWA AMASAFURIYA NA YEBOYEBO KANDI BARUNDI BARUNDIKAZI NTIMWIBAGIRE YUKO RWASA AVA INGOZI IWABO NA PETER! BATANGUYE WAMUGAMBI WINTARA KANDI KANDI BAGOMBA GUHONYA ABATUTSI HAMA NGO ZA NTERAHAMWE ZICEZITERA URWANDA ZIBANDANYE WAMUGAMBI WAZO UGAYITSE WIHONYABWOLO!
27 Mukakaro 2015, 15:09, par RAMBA
MUTAMA AGATON RWASA, UGIRA UDUTE MURUDUBI N’UKUNTU MWATUBUJIJE GUTORA, NABAGIYE GUTORA KUNGUVI BAGIZE ABSTENTION? IYO MUTUBWIZA UKURI TUBA TWARONSE AMAJWI ARUTA AYABONETSE.
27 Mukakaro 2015, 15:11, par IZOBAGARIKA
REKA TURINDIRE BARATUBARIRA. NIVYABA BIRI UKO NDAVYUMVA SINZI...!
27 Mukakaro 2015, 15:16, par Aferky
Ewe agato abantu bawe ubandanya kubesha bagapfira ubusa ngo bari inyuma yawe, naho ushaje utambatamba usa naho utazi iyuja. Emera winjire muri CNDD basi abahora arabanywanyi bawe baruhuke kwicwa kuko uwo barwanira yishikanye kera atababwiye.
27 Mukakaro 2015, 15:18, par jean
Jewe mbona rwasa yokwemera ivyavuye mumatora kugura bubake igihugu
27 Mukakaro 2015, 15:25, par pacifique
Rwasa ndamukunze cyane,ni umuntu w’umugabo kuko ubu aho bigeze ni ukureba icyagarura umutekano mugihugu aho gukokeza inganda, ateye iteka abamutoye bose, abandi barondera izindinyungu zabo banyuze muri Rwasa,ubu harageze konawe amenya kwifatira decision.
27 Mukakaro 2015, 15:43, par kazoza
Mbega ko mudatanga ivyiyumviro,bwpfutsumunwa?hihihi
27 Mukakaro 2015, 15:44, par ongeya
uyo mugaba agathon bamurabe neza kuko yoba yacanganyiwe mumutwe,umugabo nyamugabo yihindukiza kukirago ntiyihindukiza mw’ijambo
27 Mukakaro 2015, 15:51, par Bizoza
Komera Mutama Rwasa Wafashingingo Nziza Urumugabo Ashitse Abarund Turagukeje!!!
27 Mukakaro 2015, 15:54, par kimono
reka turindire turabe iyo bijah
27 Mukakaro 2015, 16:06, par GACACA RWASA
NIWEMERE MUTAMA NTAKUNDI ABA DD BARAGIFASHE
27 Mukakaro 2015, 16:11, par cliquez
Emwe ubuho gwasa arabaye umushinganta.
27 Mukakaro 2015, 16:21, par GRATIAS VINCENT
NDATEYE INTEGE RWASA.ABO NABO BAVUGA KO YAHEMUTSE NI BAMWE NYENE BAMUSHAKIRA URUPFU BAKABA BAMYE BAMURONDERA NGO BAMWICE.ABAYOBOKE BIWE N’AHO TUTATOYE ABAMUTEYE IRYO TEKA BATUBEREYE MU KIBANZA.MPORONA YA KONSILIYA YARI YAGAVYE NGO ITWARE 1ER VICE ARIKO VYABABURIYE.GASTON SINDIMWO NA BIGIRIMANA BOBA BARAKUYE NKURUNZIZA?NTAWUKWIYE RERO KUGIRA ICO AVUZE KUR’IZO PRESENCE KUKO BAKOZE KIMWE MUBIKENEWE.NIBACE BIHUTIRA IBIGANIRORO.ABANSI NABO B’AMIZERO NA CANE CANE IMBONERAKURE ZO MURI Q BUKIRASAZI NA CARAMA KUKO BIGIZE BENE ISI MU KWICA ABAYOBOKE BA RWASA.BAMAZE KWICA 8PERSONNES.ABABISHE NTIBARYAMIRE KUKO UWICISHIJE INKOTA AZICWA N’INKOTA.RWASA NAWE N’AKOMERE KW’IBANGA IMANA IMUFASHE.KOMERA.
27 Mukakaro 2015, 16:24, par karori
wavunga.ngontuzoja.munkinamico.noneko.wayigiyemwo.baca.umugani.bati.ibwantigaya.ibirindiye.buhore.nonekowavyiyankishije.kare.nonubukugiye.gusaba.ikigongwe.nkurunziza.aracaruwambere
27 Mukakaro 2015, 16:24, par ciza jean
INTENDERI IRASHESHE UMUTI.
27 Mukakaro 2015, 16:24, par BODE
EWE RWASA URAHMUKIYE OPPOSI6O KWELI!BATI MCEZO WANDANI,GENDA URAZ KUWUKINA PE!
27 Mukakaro 2015, 16:32, par Kegis
BRAVOOOOOOOOO GWASA TURAGUKEJE WAFASHE INGINGO NZIZA.
GENDA UDUSERUKIRE KUKO TWARAKWITOREYE.
27 Mukakaro 2015, 16:43, par BORROW MAN
tunganya inzego z’igihugu cose mutama turi inyuma yanyu
27 Mukakaro 2015, 16:45, par Ema
Rwasa ntamari arahenze banywanyi biwe kweri ahejeje aja gupfukamira Peter nakamaramaza rwasa tumuve inyuma ntaho azotugeza banywanyi barigutabwa mumvuto abandi Bari kugandagurwa buri joro naho we yironderera kazoza kiwe aho yironderera kazoza kabanywanyi bose Amadorari Ya Peter yayashize kumufuka naho twe tubandanya kicwa tuzira FNL
27 Mukakaro 2015, 16:54, par Radégonde Irakoze
Naho twaciye mubihe bigoye rwasa ndamushimiye yateturuye uburundi.
27 Mukakaro 2015, 17:01, par Yves
Bashire imber ineza y’igihugu ntihagir uhuhemuka
27 Mukakaro 2015, 17:05, par JOAS MBWANA
BWANA AGATHON RWASA AMECHUKUA HATUWA NZURI SANA KWA KUWA WARUNDI WANAHITAJI AMANI NA MARIDHIANO.BWANA AGATHON,HONGERA SANA PIA TUNAKUTIA NGUVU SISI MAJIRANI WENU!
27 Mukakaro 2015, 17:12, par AMAHORO
NIVYIZA
27 Mukakaro 2015, 17:19, par Rwasa w’umutima
RWASA oyeee!Ntubona rero!urekane n’abo batutsi baguhenda,ubona utari ugomba uhambe abahutu mu cobo batazigera bavamwo!Arik urushwe gukunda abahutu na NKURUNZIZA avanze?Turagukeje ko wivanguye n’abatutsi.Ariko nohanura aba DD bagucungire hafi.Ariko baravye kure bakwiye kukwica ariko ntibakurase,bakwice ku bwenge kurya KAGAME yica,sinon wobatwara igihugu muri 2020
27 Mukakaro 2015, 17:34, par nishumbusha remy
ntibitangaje bandandende bamyeho rwasa arerekanye ico yari yarafatiy umuheto carico
27 Mukakaro 2015, 17:48, par Yamuremye Wily
MWebwe mujejwe Ayo mabanga Ntimwunvirize Abobansibigihugu Turaz`iyobatugejeje Niyo Mpanvu .Tubiyamiri Iciza Nuko Botureka Tukiberamumahoro Erega Umurogozi Mwiza Ava Kumana.
27 Mukakaro 2015, 18:10, par rwemera paul
sha rwasa urahemukiye abarundi ningene bari bakwizey ariko aba dd bagucunge usanga ugomba kwiyorobeka kandi ukaba wafashe iyo ngingo urishe abantu benshi.
27 Mukakaro 2015, 18:18, par Mwonyumvira
Jewe icombona nuko abarundi bokwitaho kwubahana bakimenya nkakurya kwifuvyi ushavuranije namugenziwe bakirinda kurenza urugero nkokuca utangura kwibinamwoko ugombawicwe arinavyo bivyara kwiyahura canke ukiyegeranya nabandibashavuye nkawe mukazakugaruka nkabasirikare navyonyene ntabivabitaniye nokwiyahura turevye ukwigisirikare cuburundi cihagazeho mwinimwaka. Ikindicotuma mwitaho gukundana niguhariranira igihemugize akantu mudahurijeko nuko kugera uyumusi bimazekwibonekezako urwanda rwunomusi uworwnse na Amerika nubwobgereza bicabimwanka, akarorero nukuntu kuvatwiteguriye kujamwayamatora turanguye urwanda rwakomeje kuvyifatamwo nabicane, mukacamwitegereza ukumntu n’Amerika nayinyene ntitavyifashemwo neza. Kubashoniye gujurukirana neza kuva tuvuye murdyanezamoko ngaha Burundi wonengo Aberika ntivyayinezereje muzobibonera kumfashanyo bahuburundi mumwaka ukwingana mucenureba imfashanyo baha urwanda mumwaka ukwingana muzosanga ikuvye incurinyishi kumfashanyo Amerika iha uburundi! Noneho kumvonavuze zitagurahozihagaze ngonadukebaduha ngobaraduhagaritse! Bakaba babitanguriye kubishiramungiro mukutwima amafranga/ uburyo bwokugiradukore amatora kuberenyene amahiro twarose nyumayirdyane zamoko umengo kuyashigikira nigihombokuribo.
27 Mukakaro 2015, 18:19, par GENERAL BUJUMBURA YACU.
ASHA RWASA MURI 2005 CNDD -FDD HAMWE YIGIRA GUSIGNANT AMASEZERANO YINDA RWASA YARAYITWENZE NONE UBU NAWE AGIYE MURI LETA KUBERA INDA KANDI YARAVUGA NGO NI AMATORA YINKINAMICO! MUGABO MUSUNDI SIWE AFISE UBWOBA BWBANYAMURENGE BABANDI YAGANDAGUYE AHUBWO NYABANYAMUSENGE BAKWIYE KUMUTABURIZA UMUTAHE MPUZAMAKUNGU AKAJANWA MURI CPI BASI NAKARE NTANA POLITIKE AZI KABISA HAMA BA FNL MWESE MWAPFUNZWE ACNDI MUKICWA KUBERA RWASA MUZE TUMUVE INYUMA TWIKORERE FNL YUKURI ITARIYABICANYI NABANSUMIRINDA MBE BURYA RWASA UBUNDI MURI YAMATORA YA 2010 KO WIYONJOROYE UGAHUNGA KUBERA CNDD FDD BAGOMBA BAGUSHENGEZE MURI CPI KUBWICANYI BWCANYAMURENGE WAKOZE MUGATUMBA WIYUMVIRA YUKO UBU HOHO PETER UZOMUTERANA UMUTARU? ASHA UGIYE WAHENURA MUZEHEWE! POLE BASI! MBE WIHENDA YUKO HARI POLITIKE UZOKORANA IMBOERAKURE? WAMENJE HAMWE WANKA KUJA MUBIANIRO ARUSHA NGO NAWE URONKE IGISODA GIKOMEYE NKA FDD NONE UBU NAHO UHAYE URIMARIMA IVYAWE BIRAGUHERANYE! UBU UHAYE PETER INGUFU MUGA NTACO BIDUTWAYE KUKO MUTAMA WACU GENERAL GODEFROID NINTWARAMIHETO ZIWE NATWEBWE NTAGISIVYA LE 28/08/2015 WE NUYO SOBUJA PETER BUCA MUTEMBAGAZWA MESE HAMA TUZE TURABE ICO UZOKUNGUKA! RWASA NI MUTIMA MUKE WO MUMUTIBA !YARAHAHAMUTSE IL N’A PLUS LE CHOIX KUBERAYUKO YISIZE AMARASO YUBWOKO BW’IMANA.
27 Mukakaro 2015, 18:37, par DN940
ubwo iyo nkuru ni iyukwizera?bwa bundi za ntebe yahavuye azemera?emwe politike iragoye kabisa kndi harimwo gusukana.
27 Mukakaro 2015, 18:43, par kimwehumwehu
uzoc usaba barek kwica abo bitavugarumw kko nkuru amaz kurahira bazobakunigirako nko muri 2010
27 Mukakaro 2015, 18:58
Gahomera
27 Mukakaro 2015, 19:03, par dieugo
rwasa kare wari wiyumviye iki?uri kigewuwu ntanuwoguha igihugu ugitwere uri nkabandi gusa mureke guhonya izo nzira karene muzire ndazi ko agatoke kamenyeye gukomba ko kama gahese mufashegukora ivyo yasigaje ariko mumenye muri mwebwe ntamugabo murimwo kuko umugabo yihindukiza mukirago ntiyihhndukiza mwijambo murabo kwico gusa ariko gushaka kw’imana muri mwebwe ntawukuzi.barundi mtifise umutima wo gukunda senga ntahandi ginyishu iri!!!
27 Mukakaro 2015, 19:14, par timote
yihenze vyukuri
27 Mukakaro 2015, 19:21, par king star
yakoze cane agatho kuza kuko abarundi twishakira amahoro.
27 Mukakaro 2015, 19:22, par Itangishaka Ménélick
Ewe Gwasa Uratay’abawe Mumanga,ibuka Abasirikare Baw2009 Ingene Vyagenze Beshi Batahuko,abawe Birirwa Baricwa Bazira Ngo N’uk’ar’aba Fnl Non Gwasa Wemeye Kuja Musi Y’ibirenge Vya Nkurunziza?Cank Bakuguze?Duhishuke Kuk Abawe Naho Bashats Kutumara Bamwe Turacariho,uradutaye?Urahemutse?
27 Mukakaro 2015, 19:23, par Itangishaka Ménélick
Ewe Gwasa Uratay’abawe Mumanga,ibuka Abasirikare Baw2009 Ingene Vyagenze Beshi Batahuko,abawe Birirwa Baricwa Bazira Ngo N’uk’ar’aba Fnl Non Gwasa Wemeye Kuja Musi Y’ibirenge Vya Nkurunziza?Cank Bakuguze?Duhishuke Kuk Abawe Naho Bashats Kutumara Bamwe Turacariho,uradutaye?Urahemutse?
27 Mukakaro 2015, 19:27, par Kiburaburyo magogwa!
RWASA ABÖYE ATAKO AKIBIKEKA KUBERA ATAGISODA AGIFISE AGATAKO AKABA AFISE DOSSHER YUBWICANYI YAGIRIZWA WE NYENE YIYEMEREYE KUKO NAKARE ARASHAJE UBWENGE BWARAMUSOVYE KUBERA YABAYE MWISHAMBIMYAKA MWINSHI ATACO ANASHIKAKO UBU AHISEMWO KWIYAHURIRA MUMABOKO YIMBÖERAKURE UBU HOHO AZOJA AK6BA MUNYO PETER KUBERA UBUJUJU BWIWE MAMA YANGU
27 Mukakaro 2015, 19:27, par Dukuze
Ariko yibutse kubogora yasheshe!ese iyo yahamagarira abanywanyi biwe gutora ubu yarikwicara munama nshingamateka akagira nawe ijambo!
27 Mukakaro 2015, 20:04, par DEOGRATIAS NDAYISHIMIYE
Nne Vyamugendeye Gte Agathon?
27 Mukakaro 2015, 20:05, par willy
mbega umuntu yaciye kuri kaminuza aradya uburozi abona reka bazomumesa ntaje narwo ngo numushingamateka ikizi naba fnl bapfuye bazira rwasa ni mpemuke ndamuke najeyo bazomukorerako narindire gato gusa,uwamuhanuye gutyo yamwishe kweri.
27 Mukakaro 2015, 20:12, par Ngenda.Ahayo
Ntacumaze.Ugahenda.Abantu.Akabata.Mudubi.Ushonje.Rubi.
27 Mukakaro 2015, 20:12, par Izai
komera mutama rwansa uwomutwewatoye niwo urekane nabakajangar muta akazikez.
27 Mukakaro 2015, 20:17, par Munyagihugu
Kuja mw’ishamba ukarwana imyaka n’imyaka urwanira ikibanza c’ubushigamateka birababaje cane. Abandi barwanira ko ibintu vyohinduka. Ngirango abahora bibaza ngo Rwasa yosubirira Nkurunziza barabibonye.
Rwasa = Nkurunziza.
Mbabajwe n’imiryango y’aba FNL birirwa barakeragurwa bazira ikibanza c’ubushingamateka ca Rwasa. Birababaje cane !
27 Mukakaro 2015, 20:17, par ZAbu
Ndamukeje ndabuze uko nomushimira. Ahamagarire abanywanyi biwe mumatora yabakuru bimitumba .agatotezo nkeka kohagarara
27 Mukakaro 2015, 20:23, par bemaur2@yahoo.fr
HONGERA MZEE PETER KWA KUSHINDA UCHAGUZI NA AGATHON KUKUBALI MATOKEO.
27 Mukakaro 2015, 20:23, par bemaur2@yahoo.fr
HONGERA MZEE PETER KWA KUSHINDA UCHAGUZI NA AGATHON KUKUBALI MATOKEO.
27 Mukakaro 2015, 20:34, par nkdn
rwasa ndagukeje kubwiyongingo ufashe igiti ntikigukora mujisho kabiri shiramwo abiwawe wuzuze 3O nirwawe bbarya wari wahetse ntanumwe nubundi barikuronka reka twubake igihugu abo wari wahetse ntibaribo ni bandi baguhenda nawe urabishuye niwigire muri reta nawe utamire
27 Mukakaro 2015, 20:44, par fidelite
@ general bujumbura bwacu
Mbega burya abatutsi muri mu bwoko butamaramara,je pense que les hutu natwe twotangura kubigana vyodufasha,vous n’avez aucune morale.Mbe nkiyo uvuga ngo bariko basinya amasezerano yinda,bo ni signature mwebwe abatutsi abagore bibungenze mwaturumbura abana mu nda bibungenze ataco bazira,abakobwa mwaraciye amabere mubatungira nka brochettes ku migano ,abagabo barashahugwa,inzoya zitabwa ku mbabura,ntibari n’abashaka kugabura qoui que ce soit,mwebwe mwa bageseramwe mwashaka kurya mwagukiwe atawubacunga ku munwa ngo ngo akore critiques hanyuma ngo Rwasa nta politique azi bande de couillons?Mbabazwa n’abahutu bajana namwe muri reception umunsi umwe bamara kumukikiza na za mvuvyi ngo n’abakobwa bagaca bibagira urugamba,ubwo ntimubonako babanka,Rwasa aho yarwaniye,mushaka kumubona apfuye canke?Ahebe ibibanza vyiwe muce mubikorokeramwo ,ariko mwa bahutu kanura?Mwirigwa mwidoga ngo ntiyahunze,mweho mwatumaze ko mudahunga,ndabira ibijuju vyo muri cnddfdd mwahenze ngo nta moko akihari vyaraye bitaye igihugu nivyo bakoreye pendant 10 ans ,nayo za ncagwatsi zo muri cnddfdd nta numwe akura igitsi baguma bahamase ,murahava bakahatarukira kandi ata rugamba bagwanye bagasimbira mu vyo batabiriye akuya,ni akazi kanyu bandanya musinzira ,babahende ngo muruta abandi bahutu ,ngo mufise ijambo n’ijunja,ngo muri des gentelmans kubera baziko muri faibles après des années d’oppression ,baziko mudashobora ku resista contre leur manipulations et un peu de flatteries,kanura nyabuna nkubu muri mu vya abaryumyeko ba je ne sait pas qoui nabo bagaramye mu kigobe no muri senat namwe muyerera,mbegabo nibo ataco biyotsa ko badahunga?Raba abo batutsi baje kunoba amajwi y’abahutu muri fnl none ngo ntaje gu siegea abenshi bamaze 40 ans baturya batwicayeko,barariye amada baruzuza bo nta nda bakorera?Kumbura mukanure twarinjiranywe n’inzoka ziz guteranya abonse rimwe,amasoko baraturiye,aba fnl barica,ababikira barakerera,za RPA ngizo zigasya zitambaye mu ku detourna abanyagihugu ,haguruka ,kanura,Radjabu ikurwa ryawe ni montages zabatutsi bo muri cnddfdd basigaye bavyigamba,nubu ntibareka kuguma bakokeza bateranya akarimi ka cobra kaguma ga sifla barakameze niyo nature yabo ndabarahiye ,ndabahanure,naho inzoka ziri mechants,muhuye n’inzoka n’umututsi ,reka inzoka irengane ,ariko umututsi,....ntaco mvuze nimuheraheze.
27 Mukakaro 2015, 20:52, par INNOCENT
RWASA AGOMBA KWAMARIBVZIRE NDABWIRIRE AGIYE YAVIBUZIMU.
27 Mukakaro 2015, 21:27, par ndarushe , l
Ewe Gwasa urahemukiye abarundi bakwemera!!none ko uguma wunam
ye mu Kigobe?Ni kumaramara?Ntube. waratubwiye tu’katora uba ufise qbashingamateka. benshi!!Garuka wimenjure.Uribuka ivyo. wavuze kuva 26/4/2015, ??!!
27 Mukakaro 2015, 21:33, par gv
abahutu bagire leta yabo abatutsi nabo bakore iyabo bayikorere hanze hanyuma bazaze ku muheto
27 Mukakaro 2015, 21:40, par emma
emma
gwasa ubu ndibazako ama grenade atazosubira kwica abarundi? kuko tasie niyasara tuzomumesera hamwe nababatutsi biwe bibihemu badashaka amahoro mugihugu cabo cabibarutse, gwasa abo nubihoze icobashaka bazokibona nibarindire kimwe gusa wewe uzokwitonde
27 Mukakaro 2015, 21:50, par aime mugisha
ariko rwasa uratey,isoni!!uratumaramaje.ngo abanyagihugu bakuremereye??maramara neza.abo bakuremereye ni bande? ko abaguhayamajwi ataribo banywanyi bawe!! abawe turacarindiriye amatora uzoduhamagarira ahandi ho uzoba uvuye kumwanya,,,,ntakuntu nakumwe wodusigurira kwari mucezo wa ndani kuko wamaze kwifatanya n,imbonera kure.uraja muvyo wise inkina mico??nawe wagiye mu nkina mico?ugabe!! niba wagiye kugira ubuze abashaka kuhacokera,ni sawa.turakurindiriye.urabe neza!!!
27 Mukakaro 2015, 21:52, par LOLILO
nivyukuri mutama niwibuke abpfiriye imuyinga tuzira umugambwe,ndimubarokotsemwo,kandi abatwishe barasubiye mukazi. bitayeko ndabazi,ehe raba nabandi baguma bicwa kandi twari dufis icizere yuko bigiye guhera, non tweho ubona tujahe kweri? isubireko ubihebe wibuke cacivugo kivuga giti@ hakubimbwa wobimva
27 Mukakaro 2015, 22:03, par DIAMOND
JW NTACO NKIVUGA
27 Mukakaro 2015, 22:03, par RUKUNDO
TWESE DUKWIYE KWEMERA IVYAVUYE MU MATORA KUKO YABAYE KU MUGARAGARO.ARIKO NAHO BENSHI BARIKO BARISUBIRAKO UBU KAZE-FDD YOYO YAMYE YEMEZA KO UMUKURU W’IGIHUGU AREKURIWE KWITOZA KUVA KERA.ADELARD YABIVUGIYE KURI RPA NGOZI MURI 2014.
27 Mukakaro 2015, 22:06, par Nturaturekuberamaraso y’Abanyamurenge!
ASHA RWASA ABAYE BARYA UMUHERO BASI MBE YIHENDA YUKO AZOCANA UMUTARU BUNYONI,ADOLPHE,NA NDAKUGARIKA,NA KAZUNGU HOHOHOHO ABAYE MBUZUKONGIRA MAMA YANGU MBEGAYEMWE ASHA BURYA AMARASO ARAHUMIRABASI! UBU UYE MBONA YABUZE ICEPFO CARUGURU!KUBERA ABANYAMURENGE BABANDI YAGANDAGUYE MUGATUMBA EGA RWASA NTA CHOIX YINDI YARAFISE NARIRYA ATANIGISODA NI POLISE QU’IL POSSEDE! MUGA BA FNL MWAROKOTSE ICUMU RYA PETER NA DOCUMENTATION YA ADOLPHE NAMWE NDAZI YUKO MUTARI ABANA UBWO RWASA MUMUVINYUMA MUZE DUHAMVYE NYAKUBAHWA GENERAL WACU UN VRAI HERO DE LA DEMOCRATIE GODEFROID AINSI QUE RUFYIKIRI,TOUT AUTRE,MANASSE,HUSSEN RADJABU,PIE ET BCP D’AUTRES BIEN NAYO WEWE FIDELITE NTUMPENDE KANDI NTIWIHENDE UBESHERA ABATUTSI UBU NATWE ABAHUTU TWARAKANUYE NTA PETER AZOSUBIRA KUDUHENDA YITWAJE IVYAMACAKUBIRI UBU NUGUKURIKIRA UWUFISE IMIGAMBI IRASHE ATAGANDAGURA ABARUNDI KUBERA LEURS PENSÉES! MBE AHO UDUHENDA NIKIGÖGWE MWUMVIYE RWASA KUMUHENDESHA BURYA BUJWI MWAMUHAYE OU BIEN C’EST UN PIEGE JUST POUR L’ATTRAPER FACILEMENT! MBE AHO UBESHERA ABATUTSI BURYA HAMWE JERASE NDABIRABE MURI 2005 AVUGA KWI RADIO NGO LETA NIMUHE MUNITIONS NGO DANS QLP JOURS IL AURA TERMINÉ NETTOYER LES FNL MURI BUJA RURAL AGATAKO AKABAHONYA COE IL L’AVAIT PROMIS HARI UMUTUTSI YARI IMPLIQUÉ MWUBWO BUJUJU? VS AVEZ FAIT CELA KUBERA INDAMBI ZABANANIYE KUGIRA MUGUME AU PVR VS SEUL SANS PARTAGER AVEC RWASA NTIVYAHEREYE AHO MUNYUMA DOCUMENTATION N’A JAMAIS CESSÉ DE TUER MÊME LES PAUVRES FNL QUI ÉTAIENT DÉMOBILISÉS NARIRYA BARI BATAHUTSE NKABAVUYE KURAGIRIRA INARUME ASHA CNDD FDD TURAZI UBUHIMBIRI BWAYO BASI EJOBUNDI UWANYUMA NGO NI DARTANYA NTIYAGANDAGUWE NA DOCUMENTATION ASHA RWASA ASHAJE NABI NDAKE! FIDELITE TOI TU NE SAIT RIEN TU ES UNE FILLETTE D’HIER UKABUSHIKANA AU MOINS 30ANS NTIWOSHIGIKIYE YUKO RWASA AMENJA NKUKURAHA BASI WEWE NDABONA UKIRAKAYOYA NTIWAKURIKIRANYE UKUGENE FDD YAMYE IGANDAGURA UMUNTU WESE YITWA UMU FNL!
27 Mukakaro 2015, 22:06, par adjm
rwasaa urabaye umuhemu gusumba 2010 abicwa barishwe kubera ww uciy ubahemukira?wibuke tukiri mwishamba uciye kubiri namategeko igihano wamuha,
27 Mukakaro 2015, 22:08, par nishishikare jean-fils
iyo bumenya umwe bwarikindi,ntagitangaje nkimisugwa ya nditije kuri BBC ngo ni amajambo,nindi atazi ivyo bamukoreye 2010?asinzire bamwongere?igiti ntikigukora mujisho kabiri kiba gishaka kurimena,Rwasa nincabwenge Ubu tumusaba gukora nkimbeba kuko niyo idya umuntu asinziriye ariko ntimuvyure kandi ikamukomeretsa kuko ibikorana ubwenge,ariko yirinde abipfuza kumwogerako,bamaboko ndenderi muhogo mpamire,abankire!
27 Mukakaro 2015, 22:14, par musaga
ariko abatutsi bisigura iki? si abantu nkabandi. ntibapfa nkabandi. kuki buri gihe hari abantu baca bashira ihonyabwoko imbere nkaho aribo bazotikorera abatutsi biburundi? ese ihonyabwoko ryakorewe abahutu 1972. 1990 iburundi na 1996 ryo si ubwicanyi bw ikiremwamuntu? bref umututsi; umuhutu bose ni abantu. abanyepolitiki bigombera ibibanza nibo barondera amahonyabwoko ngo bashyike ku burongozi bidatevye bashira abandi mu mitego ngo bice canke babagerekeko ibwicanyi batakoze kugira batazogatuka kubambura ubutegetsi amakungu abarabe nkabicanyi. barundi banyagwanda mwamagane ivyo mubane kimwe nkabavukanyi mwese.
27 Mukakaro 2015, 22:14, par musaga
ariko abatutsi bisigura iki? si abantu nkabandi. ntibapfa nkabandi. kuki buri gihe hari abantu baca bashira ihonyabwoko imbere nkaho aribo bazotikorera abatutsi biburundi? ese ihonyabwoko ryakorewe abahutu 1972. 1990 iburundi na 1996 ryo si ubwicanyi bw ikiremwamuntu? bref umututsi; umuhutu bose ni abantu. abanyepolitiki bigombera ibibanza nibo barondera amahonyabwoko ngo bashyike ku burongozi bidatevye bashira abandi mu mitego ngo bice canke babagerekeko ibwicanyi batakoze kugira batazogatuka kubambura ubutegetsi amakungu abarabe nkabicanyi. barundi banyagwanda mwamagane ivyo mubane kimwe nkabavukanyi mwese.
27 Mukakaro 2015, 22:15, par aime mugisha
gwasa,uratey,isoni,ngo abanyagihugu bakuremereye?mbega abakuremereye ni bande?abagutoye,ntabwo ar,abanywanyi bawe.abawe turacarindiriye aho uzodutera akamo tuguhunde amajwi hama ube presida.none nawe wagiye mu nkina mico?wabaye imbonerakure !!! ube wagiye gufuja abari bagavye ngo bahacokere munyuma uzoce ubivamwo,ahandiho wiyegereje peter azokumesa.reka turindire ariko nosaba ko utohemuka kuko woba umenje.
27 Mukakaro 2015, 22:24, par NTAKIRUTIMANA Thierryve
Naje ndamukeje kuba asigaranye nakenge namenyeko abanyagihugu tutagihunrumbira intambara kuko tuyizi kumusumvy yibuke ko ashaje agipanze niyegere Nkurunziza AMUHANURE koko bagiye mwishamba baharanira bimwe biyunge kugira nabahutu natwe zanka batunyaga twihomboze basi n’ukuvugwa kubuntu (fOR EX ) rwasa nareke kwishinga barya bagabo bahaye baduzamagorofa naw apanze
27 Mukakaro 2015, 22:36, par Jérémie Minani
Abafaransa ngo "les chiens aboient mais la caravane passe." Komera ku ngingo wafashe Rwasa, igihugu nticubakwa n’ibitutsi n’ukubura isoni, cubakwa n’ibikorwa. Abo nabo banegura iyo ngingo ni uburenganzira bwabo ariko babikore mu rufasoni.
27 Mukakaro 2015, 22:55, par Nst
Nta Joro Ridaca Kandi Imana Ntaco Ikorera Ubusa!
28 Mukakaro 2015, 00:16, par MPAWENIMANA Révérien
Kuv ah twahungiy ni ker abaserukir aband nibaz bariyorosh bafat inzir yotum abarund tudasubir mu ntambar.namb Rwasa yabikoz kuber urukund afitiy uburund n’abarund Imana Ibimuhezagirir bihebuj.
28 Mukakaro 2015, 01:08, par Nizeyimana Jean Bosco
Umukama Nabandanye Ahezagira,n’abo Bataje Ngira Bari Bafatiriwe Kuko Ibigora Bigora Umugabo!Bukebuke Nigwo Rugendo!Mukama Mana Yacu,guma Udushungururirako Imigisha Kugira Abarundi Tubere Akarorero Amakungu Mw’uyu Mwaka W’ibihumbi 2015.Makungu Ntimukagwanye Iciyumviro Ca Twebwe Batobato,natwe Turafise Ukuri Naho Turi Bato!Gukira Nyakusi Kuri Mu Mutwe!Ahubwo Ni Mudufashe Mugahamagara Benewacu Bagaruke Kuko Ivyo Mwavuga Bigatuma Bagira Ubwoba,Uhoraho Yabitangiye Igisubizo.Burya Iyo Urugamba Rukomeye,ruba Rugiye Kurangira!Ndangije Mvuga Nti:Mukama Ntuhengeshanye Kugarura Intama Zawe Zari Zazimiye!Amen.
28 Mukakaro 2015, 01:09, par Nizeyimana Jean Bosco
Umukama Nabandanye Ahezagira,n’abo Bataje Ngira Bari Bafatiriwe Kuko Ibigora Bigora Umugabo!Bukebuke Nigwo Rugendo!Mukama Mana Yacu,guma Udushungururirako Imigisha Kugira Abarundi Tubere Akarorero Amakungu Mw’uyu Mwaka W’ibihumbi 2015.Makungu Ntimukagwanye Iciyumviro Ca Twebwe Batobato,natwe Turafise Ukuri Naho Turi Bato!Gukira Nyakusi Kuri Mu Mutwe!Ahubwo Ni Mudufashe Mugahamagara Benewacu Bagaruke Kuko Ivyo Mwavuga Bigatuma Bagira Ubwoba,Uhoraho Yabitangiye Igisubizo.Burya Iyo Urugamba Rukomeye,ruba Rugiye Kurangira!Ndangije Mvuga Nti:Mukama Ntuhengeshanye Kugarura Intama Zawe Zari Zazimiye!Amen.
28 Mukakaro 2015, 01:41, par mutabazi
Rwasa ni umugabo. None murabona Kagame yashuka Rwasa!!! Nafatanye na Nkurunziza bubake igihugu hanyuma bivune umwansi. Abazungu na Ampire Hima-Tutsi bamware!!
28 Mukakaro 2015, 05:09, par Johnson
Power to the people. Rwasa he did. thank you very much sir.
28 Mukakaro 2015, 05:43, par kope
rwasa akihenda bazomufatampiri bamukinye kandi azoba ahemukiye abarundi
28 Mukakaro 2015, 05:44, par kope
rwasa akihenda bazomufatampiri bamukinye kandi azoba ahemukiye abarundi
28 Mukakaro 2015, 10:58, par Zachéé
Usomye ibintu turiko turandika kuri iyi nkuru, wokwibaza nimba mu Burundi hakiri abantu bisonera. Ku ngingo Nyakubabwa Honorable Rwasa Agathon yafashe nta vyinshi noyivugako, kuko yayifashe yarabanje kwiyumvira, mbere no guhanuza abagenzi. Ntawoje ngaho ngo avuge y’uko atabatoye Rwasa. Amajwi bayasome mu ma bureau de vote twese twumva. Ndazi y’uko muri aba abantu bariko bamucira imizi ikuzimu n’aho bari kuja gutora atariwe bari gutora! Ikindi kandi, nta n’kindi ciyumviro bamuha yokora mu gihe atoja mu nama nshingamateka. Ni ukuvuga rero ko barya bamutoye atabibasavye, bamurungitse hariya mu nama nshingamateka ngo abavuganire. Jewe nosaba bariya bantu bafatanije Urunani Mizero y’abarundi ko bomuhamvya nyabuna bakagira urugamba ku ma fronts yose, atari hanze y’inzego gusa ariko no mu nzego. Muri 2005 kugeza muri 2010, Umushingamateka Nyangoma Léonard yarakora bigashimwa mu nama Nshingamateka kandi yari umwe. Uyu musi turiko turidoga abacu bishwe bazira Honorable Rwasa Agathon. Nawe si umwana muri politike, reka tumuhe akanya tumuterere n’ivyiyumviro birashe maze tuze tumugaye tubanje kumugaragura. Murakoze!
28 Mukakaro 2015, 11:04, par fidelite
@ntaraturekuberamaraso y’abanyamulenge
Mbegako usigura vyinshi,kandi ivyo vyose ni ibinyoma,abo banyamulenge uvugira c’est qoui?ijana rimwe gusa twebwe batumariye muri congo baturoha muri tanganyika,ijoro rimwe mu gatumba mwatwishe abarenga 2000 aho sinshizemwo imivyimba batoye mu bishanga vy’ikiliba,abasoda n’aba sans echecs mwaducako mu gatumba muja kugira veillée sur les pauvres refugiers bagarutse hanyuma ngo abo nibo bomutesha umutwe?
Kandi mumenye neza ko twamenye ko abatutsi nimwe mwaza kudodobereza abandi ngo ni aba fnl ngo bariko bategura ibi na birya nkuko mubandanya mubikora muri cnddfdd,amabwa yose yashikiye umuhutu mu burundi cnddfdd ou fnl,il ya chaque fois un tutsi derière,reka kubihakana turabizi kandi turabibona,ubu ça doit changer mu gihe aba fnl namwe muzokwiga kwubaha benewanyu ntimubarenze amajwi ,umutegetsi ni umutegetsi ,un minimum de respect et tout va se bien se passer
Ariko wewe wiyise iri zina ,wibazako uciye ubwenge ariko uri ikijuju,les chefs d’une eventuelle rebellion si abo wavuze urababeshera,twebwe abo tuzi ba declaye la guerre ku burundi ni ndayambaje,nyambariza,habarugira,Ciramunda wa site buja news,Maggy barankitse,Bob rugurika,Alexi sinduhije,Rukindikiza we na putsh yarayizi,Benjamin akorana na ciramunda muri MNPyemanze ko bamaze imbonerakure zo mu kiyaya buyoya,kadege n’abandi ntawobaheza sans oublier Vitali na Pacifique baturiye abahutu mu ma pine mu migumuko ,bagatanga inkoho n’ama grenades abapolisi bakahatikirira,rero Godefroid le pauvre mwaramuhenze ata ivyo yabiriye akuya none mushaka kumusubiza mu kibila,aragowe nimba ari kwa kagame si non nagaruke mu rugo,iyo rebellion nimuyihe Gaciyubwenge abe ariwe ayirongora.
28 Mukakaro 2015, 11:25, par fidelite
@mwonyumvira
Ivyo uvuze harimwo ukuli,gusa wihenze indyane z’amoko mu bururndi ntizaheze,nizo zihari zikomeye vyose vyinyegeje inyuma y’amoko.Erega aho cnddfdd yihendeye ni ukugira ubucuti n’abatutsi bo mu rwanda kandi ibihugu bitabuze,bavuye mu kibila abanyarwanda bamaze imyaka baronka fond de commerce yitirigwa genocide,baca bisukira mu gihugu cacu babazanira ubusa barabiyegereza pour bien les vendre kuko bari bakenye,nibaza kandi nizeye ko bahakuye icigwa abategetsi bacu,america nubwongereza si vyo gusa ,kagame n’abandi banyarwanda bihaye kugenda badtudandaza na handi bitwaje ngo turi abavandimwe ngo twese turi muri EAC,ngo twese turondera ineza y’ibihugu vyacu, mon oeil,inzoka ni inzoka aho iri hose haba mu burundi canke ahandi,mugabo ntaco twarabimenye ni ababanyi babi cane qu’un pays puisse avoir na congo ubu barabazi bashaka kubadandariza igihugu bacibe,ntaco ubu twarabimenye nico gikuru,ibindi tuzomenye uko tuzo bigenza.
28 Mukakaro 2015, 11:30, par inos
inos
28 Mukakaro 2015, 12:42, par FURAHA
Ahubwo rwasa ntasoni afise abicwa barafuye kubera wewe hama uhemuke mumunota wanyuma kubera inda sha udukoze munda abanywanyi bawe ariko wibuke adorfe arakubona ugende ugavye sha kuko abobatipe sabogumfinisha wangu.
28 Mukakaro 2015, 14:06, par niko james
eka na nkurunziza ntaco bafatanije bangunya ubujuju, ngira mugabo ariko yihora jacques hiiiiiiiii
28 Mukakaro 2015, 16:44, par mahoro
Ibintu vy’iburundi birashisha ni umunuko!
29 Mukakaro 2015, 09:20, par fidelite
Ivyo muvuga vyose,je n’aimerai pas etre membre de l’opposition à l’heure qu’il est,mbega isoni,nuko abatutsi nyene mutamaramara,hihihiiiiiiiiii.Mbega ama crises cardiaques agiye kumara abatutsi,hahahahaaaaa,bagiye ngaho baragarama ngo umuhutu rwasa bazomugira ikiraro,bazomukoreshe ,ewe rwasa n’ibindi bihutu,raba ama commentaires ku ma sites menshi ,irabire akayazwe ivyo basigara baravuga muvanye mu ma nama n’ama receptions baguhendesha,je suis sur ko aba cnddfdd badashobora kugusuzugura ukuraho,warariye imilettes ya ba sahinguvu na ba busokoza,kwari ukugukangisha le luxe nkuko babikoze tukiva mw’ishamba,wari gutuma ujana na ba cnddfdd gufata un verre mu kamenge,ibitutsi bikuriko birigisha ntibinakubabaze,ahubwo songa mbele nyabuna,harageze ko wigaburira ukagaburira famille yawe ata mututsi usavye ,bo bashaka bame bagutwarira mu kwaha kwabo nkumwana ,abahutu harageze aho duhakana kuba infantilisés turi mu gihugu cacu,baribagirako ayo mahera badukangisha yavuye mu vyo batwivye,komera korera igihugu kizobigusubiza.Nabandi bahutu mwihomeka kuri izo mamba muhakure icigwa ku bitutsi vyatutswe rwasa.
29 Mukakaro 2015, 17:51, par fabrice
emwe nibareke politique ni hatari!! ariko gwasa arazi abanyagihugu bapfuye kubera we? abarund nibabone .ntibaze basubire guhendwa nabanye politique!!
29 Mukakaro 2015, 18:34, par fabrice
nibareke nkurunziza atware kuko ararinda pe!!gwasa ntibaze basubire no kumuvugug kko numunyabwoba!!!
31 Mukakaro 2015, 18:35, par Avith Njamena Bdi
Agathon Rwasa kuba yagiye munama nshingamateka ya Leta yi Bujumbura yoba yakwibagiye abanamarimwe bishw niyo leta? nimba politike arikuno abarund nibayihebe.
10 Myandagaro 2015, 05:25, par BUKOBWA
Rwasa jewe naramwemeye yabaye umugabo kuko mwebwe mwaramusutse 2010 ntimwari kumusubira.Erega kuba mwarabivuyemwo ntibitangaje,ko mwahungiye mu RWANDA mubona Rwasa yari kujayo?Yarabahinyuye
24 Myandagaro 2015, 09:09, par ndayizeye donatien
Ni Vyiza Jewe Ndabishima Nafadikanye Nabandi Kurongora Igihugu
27 Munyonyo 2015, 18:17, par Ndayisaba
None kotwumva amatwi adusumira ko umukuru w’urunani yoba atari muburundi nivyo?duhumurize.
26 Rusama 2016, 23:04, par ferdinand Ndayishimiy
ahubwo nshimiy nyakwubahw arongoy urunani mizer yabarund nakomer kwibang mur 220 niw azobaramutswa uburund
26 Rusama 2016, 23:05, par ferdinand Ndayishimiy
ahubwo nshimiy nyakwubahw arongoy urunani mizer yabarund nakomer kwibang mur 220 niw azobaramutswa uburund
25 Ruheshi 2016, 08:13, par Muhamudu
Ahubwonaweniyiteguremumwaka 2020nawe Azotwara