Accueil > Inkino > FOOTBALL > Saidi NTIBAZONKIZA agiye kumara ukwezi adahonyoza ikirenge mu (...)
Saidi NTIBAZONKIZA agiye kumara ukwezi adahonyoza ikirenge mu kibuga
samedi 5 Ntwarante 2016, par
Inyuma y’ugukomereka kw’ivi ry’i buryo mu myimenyerezo, umukinyi rurangiranwa Saidi NTIBAZONKIZA yabazwe ku muhingamo wo kuri uwu wa gatanu. Uwo musatirizi akomoka mu Burundi akaba agiye kumara indwi zirenga zine adahonyoza ikirenge mu kibuga.
- Saidi NTIBAZONKIZA, umusatirizi yambara inomero cumi mu murwi SM Caen
Saidi NTIBAZONKIZA asanzwe akinira umurwi SM Caen wo mu cicaro ca mbere mu gihugu c’Ubufaransa agiye kumara iyo minsi yose adakina mu gihe yari asigaye avyifatamwo neza mu nkino zitandukanye.
IGIHE
Messages
5 Ntwarante 2016, 09:43, par INGABIRE BLONDY
SAIDI RUKUKA KANDI IMANA IRAKUBONA
5 Ntwarante 2016, 15:56, par dusengimana rachid
yooo ntakundi yari udutey,iteka natwe abarundi numubabaro kuri jewr
5 Ntwarante 2016, 16:23, par Ndayisenga evariste
IMANA irakubona ncuti.agati kateretswe N.IMANA NTIGAHENURWA NUMUYAGA.
5 Ntwarante 2016, 20:43, par METHODE
SAIDO IMANA IRAKUBONA
5 Ntwarante 2016, 21:17, par niyibizi;saidi
usikatetaamà a,utaponairiurudiuanjan
6 Ntwarante 2016, 01:22, par sendegeya
Mukomere Bavandimwe BARUNDI, amakuru ari kuvugwa bucece mu RWANDA ni umukenyezi INGABIRE VICTOIRE washatse kwiyamamaza kuba President bakamufunga none hashize imyaka itanu .Yareze urubanza rwe mu BUCAMANZA BW’UMURYANGO W’UBUSERUKO BW’AFRIKA ruri ARUSHA. Kubera yuko MU RWANDA nta bucamanza buhaba bifatira ku gahanga umuntu wese udasingiza KAGAME u RWANDA rwasabye gusesa amasezerano y’ubucamanza n’URUKIKO kuko ruzi yuko rwarenganije UYU MUKENYEZI wahangaye KAGAME izuba riva!!! Uyu MUKENYEZI yifatiye ku gahanga KAGAME na FPR yuko aribo bateje ingwano na GENOCIDE mu RWANDA kandi ntiyemera yuko umubare ’w’ABATUTSI bapfuye mu RWANDA uruta ABAHUTU mugabo baramufashe none aheze mu munyororo.
Biteye ISONI KAGAME uvuga yatsinze intambara agatinya UMUKENYEZI wifuzaga kwiyamamaza akavuga amabi FPR yakoreye abanyarwanda.
Byatweretse yuko KAGAME ari IKINYABWOBA atinya umukenyezi kandi agatinya DEMOCRATIE.
KWANGA urubanza rwa ARUSHA ni UGUTINYA KUVUGA UKURI KWIBIBERA MU RWANDA.. NI AGAHOMAMUNWA BAHU!!!!
6 Ntwarante 2016, 06:49, par eric nihorho
oya twizrko amtka yiw atgye guftwa azkra
6 Ntwarante 2016, 20:30, par jean d dieu
mbg yaravunits cnk yagiz shok
8 Ntwarante 2016, 02:35, par Bonheur
Ncut Yange Ntugir Ngo Imana Yaraguhevy Oya Ntiyaguhevy.
8 Ntwarante 2016, 15:52, par Jean de dieu kabura
ncuti dukunda ntiwihebure imana irakubona
12 Ntwarante 2016, 09:54, par Nduwayesu
Mdababaye Cane Kuberako Tubuze Ka piteni Wikipe Y’igihugu None Azokina Urukino Rwogusubiriza?
14 Ntwarante 2016, 16:48, par BEDE NTIRANYIBAGIRA
SAIDO NIWIHANGAN IMANA IRAKUBONA,
14 Ntwarante 2016, 17:05, par carmel Tuyishime
pole sana