Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Samir Asiamar yagirijwe gufata ku nguvu ababakenyezi bahumuye - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Ubutungane > Samir Asiamar yagirijwe gufata ku nguvu ababakenyezi bahumuye

Samir Asiamar yagirijwe gufata ku nguvu ababakenyezi bahumuye

jeudi 7 Munyonyo 2013

Uwo musore afise imyaka mirongo ibiri n’umwe (21) yagirizwa kuba yafashe ku nguvu abagore bahumuye batatu, bafise hagati y’imyaka mirongo itanu n’ine na mirongo umunani n’itanu(54 na 85).

Sentare y’i Assise yuguruye urubanza rwa Samir Asiamar aturuka mu gisagara ca Montpellier, mu gihugu c’Ubufaransa, ruzomara iminsi itatu, kuva uno munsi w’ igenekerezo rya 6 Munyonyo 2013, gushika kw’igenekerezo rya 8 Munyonyo 2013. Mu matohoza bamugizeko, Samir yarahakanye ibirego bine bamwagiriza, ariko bakoresheje vya bipimo vy’amaraso ADN basanga ariwe yakoze icaha kandi n’abo yafata ku nguvu baramwagiriza.

Yagiye gufatwa k’umuhumure wa kane, wewe yashoboye kumunanira aho yaca akoma induru samir amutwaye ku Ndogobwe. Abize ibijane n’imico n’imibano babona ko ukwo ari guta ubuntu, aho umuntu ahinduka aja mu bubisha.


Chérif Nkeshimana

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.