Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > SAT B > Inkuru > Sat b agiye kwunga ubucuti n’abaririmvyi bo mu Rwanda
Sat b agiye kwunga ubucuti n’abaririmvyi bo mu Rwanda
mardi 1er Mukakaro 2014
Avuye mu ntara ya Muyinga aho ariko aserukira ishirahamwe rihingura ibinyobwa BRARUDI mw’ihiganwa rya Primusic, yaciye afata urugendo agana igihugu c’Urwanda. Icamuzindukanyeyo si ikindi atari isanamu y’ururirimbo ashaka ko ikirerwa muri ico gihugu.
Igihe abari bamaze iminsi mu gikorwa co gutora abaririmvyi baserukira intara za Kayanza, Ngozi na Muyinga muri Primusic batahuka, Sat b wewe yabandanije mu Rwanda. Yatumweko aho muri ico gihugu kugira akore isanamu y’ururirimbo "Nyandika". Nk’uko Sat b yabitumenyesheje, isanamu y’urwo ruririmbo ikorerwa muri "Inyarwanda.com, na Afrifame" vyo mu Rwanda.
Sat b abiha intumbero yo guhuza no kwunga ubucuti hagati y’abaririmvyi b’Abarundi n’Abanyarwanda. Uwo muririmvyi w’umurundi nta minsi agiye kumara muri ico gihugu kuko ibikorwa vy’ubuserukizi bwa Primusic birabandanya. Ku bwivyo yatumenyesheje ko ategerezwa kugaruka aho bukera kw’igenekerezo rya 02 Mukakaro.
Tubibutse ko Sat b ari kumwe na Fizzo na Patient Matabaro mu buserukizi bw’ihiganwa Primusic umwaka w’2014.
Fyonda aha munsi wumvirize ururirimbo "Nyandika"
Cherif Nkeshimana
Messages
1er Mukakaro 2014, 21:25, par SAMUEL NTIRAMPEBA
VRAIMENT IVYIYUNVIRO VYUYOMURIRINVYI WUMURUNDI SAT B NIVYIZACANE ARIMBANEZACANE NABANDANYENATWETURAMUSHIGIKIYE ICOTWOSABA NUKOMWOZAMURASHIRAKO INDIRIMBO ZIWE MURAKOZE.
19 Munyonyo 2015, 14:55, par Edgard
Je ico nosab nuko ngomba mbaze ko sat b azogaruk canke atazogaruka,
19 Munyonyo 2015, 14:59, par Edgard
None sat b,nu murundi canke numunyarwanda
8 Ruhuhuma 2016, 17:31, par tuy star
sat b terimbere
8 Ruheshi 2016, 15:05
NUKURI SAT-bTURAMUKUND KUKO AFISE IJWI RYIZA KANDI ARIRIMBA NA NEZA

31 Gitugutu 2016, 10:31, par Abel
bavugako sat b agwayekasere yubumara nivyo canke barabesha