Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > SAT B > Inkuru > Sat-B: kurya munkumbuye nanje ndabakumbuye
Sat-B: kurya munkumbuye nanje ndabakumbuye
dimanche 13 Ntwarante 2016, par
Umuririmvyi KARUME Abdool azwi kwizina rya Sat-b akomoka aha mugihugu c’Uburundi ubu asanzwe ariko akorera ibikorwa vyiwe vyumuziki mugihugu c’Urwanda amanyesha abakunzi biwe badahengeshanya kumubwira ko bamukumbuye mubiteramo mugihugu c’amavukiro,avuga ati:kurya munkumbuye nanje ndabakumbuye kandi ndabahoza kumutima.
Sat-b abandanya avuga ko yishimye cane kurukundo abakunzi biwe bamweretse biciye mukumutora kubuhinga bw’ubutumwa bugufi kugira azoserukire uburundi mumahiganwa ya Kora award 2016,mukiganiro twagirnye Sat-b yabandanije atubwira ko amatora yararangiye kandi vyaranezereye cane kumajwi naronse ico kikaba ari igice ca mbere c’ihiganwa ubu hasigaye ko tugenda mugihugu ca Namibia tugatana mumitwe turikumwe amaso kumaso nabarya baririmvyi musanzwe muzi bakomeye hono muri africa nka Diamond,Eddy kenzo n’abandi ariko ntabwoba kuko kwegeza iryo sango imbere nanje nguma nitegura.
Sat-b abandanya avuga koko vuba abagezaho indirimbo agiye gusohora yitwa"African girl"iyo ndirimboo ije iyindi aheruka gusohora kandi ikaba yarakunzwe cane yitwa "Nyampinga"
Nkurunziza Fabien-bill
Messages
14 Ntwarante 2016, 10:13, par NIMPAYE Joachin
sat-b turi inyuma yawe ubandany utera imbera abafana natwe ntako tutazogire.ariko turagukumbuy cane. big up my brother
14 Ntwarante 2016, 20:52, par fiacre
s tub ndamwifurije amahirwe yogusohora iyindi
14 Ntwarante 2016, 21:02, par Minani berry
Sat b :get my hug turagukunda cyane kandi nawe aradukunda tera imbere naho turi kure indirimbo nibikorwa ukora biradushkira
14 Ntwarante 2016, 22:44, par NKESHIMANA Kalim,batazira New Best,,
Bravo %sat B Imana Iguhezagire,kandi Ntuze Utinye Arko Wibuke Umuziki Wawe Wavuze Ngo Uburundi ni nka Dawe Bujumbura Maman,,ugaruke mugihugu cawe kuko bayamaze ngo "ntawureka kwonka nyina ngo arwaye uruhere,,j
20 Ntwarante 2016, 11:10, par romeo ntibandetse
sat-b ndamukunda cane kandi imana imuje imbere muriryohiganwa agiyemw turamukumbuy muburundi cane cane mubiteramo
20 Ntwarante 2016, 20:01, par ELVIS
SAT B NDAGUKUNDA KUVA KERA ARIKO NTAVYO NARI BWAKUBWIRE NDAGUSHIMIRA SANA UTATUJA KURE
22 Ntwarante 2016, 13:32, par Jean Messi
Sat-t Courage Natwe Turagushigikiye Komeza Udusunikira Izongoma Muburundi
1er Ndamukiza 2016, 20:42, par Duhayimana Flavio
Ico Niyumvira Nuko Uwo Mwami W"umuziki Mu Burundi Tumwizeye Cane Muri Kora Award 2016
6 Ndamukiza 2016, 22:02, par DISMAS
NONE MUZOHIGANW NANDAYAMOND UZOMUSHOBOR NDAKWIPFURIJ AMAHIGW NTMUGISH
6 Ndamukiza 2016, 22:07, par DISMAS
NONE MUZOHIGANW NANDAYAMOND UZOMUSHOBOR NDAKWIPFURIJ AMAHIGW NTMUGISH
8 Ndamukiza 2016, 06:24, par Niyimbona
ok we komera
8 Ndamukiza 2016, 12:40, par jolis
sat-b rspct svr nukur turakwinginz witegur nez uzotsind kuk uzob witey agatek utey nagatek uburund natw abakunz baw nah tugukumbuy tuzokwihangan nn turindir gushik ryar?kand turakeney kwunva indirimbo ya mwe na diamond cank davido nukukur uzob ukoz
17 Ndamukiza 2016, 19:23, par Ose Heliodoro Niyukuri
Bonne Chance Avec Satura Sat-b
25 Rusama 2016, 19:49, par rukundo criss
bit?sat b ukosawa ukoju tunashukuru ushahuriwako tunakupenda sana rakin usisahabu baimbaji badogo ubasaidiye bafayidk ok rasta
24 Myandagaro 2016, 22:12, par JEROM-B
NDAMWEMEJE
29 Nyakanga 2016, 21:59, par Moses Rukundo
Big_up Sat_b Turarindiriye Nigishika Cishi Komeza Nubundi Uruwambere.
13 Gitugutu 2016, 09:31, par niyo.nkuru.shadra.ck?,
twe.nka.nba.
fanzi.bawe.tura.ryo.herwa
kubi.korya.bya.we.badanya.udu.
he.bisha.sha.tura.guteye.inte.ge.,
18 Gitugutu 2016, 22:35, par Melchior
Jew nagomba mbaz uwomuririvyi dukundacan ko ivyoyavuz arivyo?akab atarivy aduhumuco
18 Munyonyo 2016, 05:46, par REVERIEN IRANKUNDA
Sat-b Komera Kwibanga Ryumuziki Urumusani Kandi Intsinzi Ni Kashi Muburundi.
24 Munyonyo 2016, 06:14, par Nimbona Ernest
Jewe Nipfuza Sat B Ko Yoguma Aduteza Imbere Kubijanye N’ Umuziki Ariko Yibuke Kuza Mugihugu Ca muvyaye
15 Kigarama 2016, 21:03, par sisi ajei simeon
nn iry higanw rizob ryar?
12 Nzero 2017, 14:15, par PONTIEN
SAT-B YOBA AZOSUBIRA MURWANDA?
18 Ntwarante 2017, 14:27, par INGABIRE jules boris
Bt sat.b umez bn jew ndanezerw nindirimb zaw nkak ndi numu fana waw non uraz kudutemberer mur commune rusaka uzi ukugen tubashuhiy? ok ugr ibih vyiz yar boris mbe warasohoy am sanamu ya tomotch?
29 Ntwarante 2017, 17:45, par SAT,B
NDUWIMAMADONASIYANODOGO
21 Ruhuhuma 2018, 18:54, par egide
Andika hano: nanje ndagomba kubabaza umusi sat-b afiseko igiteramo nzoze kumuraba kuko ndamufana ariko sindamubona ndanakunda cane indirimbo ziwe murakoze