Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > SAT B > Inkuru > SatB yanditse amajambo yerekana ibihe bibi
SatB yanditse amajambo yerekana ibihe bibi
jeudi 2 Ndamukiza 2015
SatB ariko yandika amajambo yerekana ibihe bibi aho avuga ko abona ko himirije kurwa imvura, agasubira kandi akavuga ko wewe ateza amaboko amahoro mu gihe avuga ko ari mu ruganwe rusha.
SatB aboneka ari mw’ishusho y’umuntu yirabura cane, kuri iyo shusho nyene yandika ati : "Mbona igicu kirimwo kirahinduka, mfise icizere kw’imvura igiye kugwa. Naho mbona umunwa amazi ugabirije, sincika intege kuko nza negereje".
Arabandanya ati : " Nitwa Karume Bizimana, Sat_b_Satura Amabafle, amahoro niyo ntegeye amaboko, kuko niyo nkingi ya kazoza kanje mu gihe ndi muco twokita! "urunganwe" rusha".
Nk’uko avuga ko ari mu ruganwe rusha, avuga kandi ati : "Umutahe wanje n’agahogo, ijoro dukanura, igicugu tuzinduka, umutaga twiruka dutemba, duhaguruka, kuko?? "HARI IMPAMVU".
Mbega ico gicu, iyo mvura, uwo munywamazi, n’ayo mahoro ateze amaboko Sat B yoba yashatse gusigura iki?
Tugiye kumurondera avuge ico yoba yashatse kuvuga kuri ayo majambo.
Cherif Nkeshimana
Messages
3 Rusama 2015, 16:25, par feriki cairo
nasigure ico yashatse kuvuga murimake
3 Rusama 2015, 16:26, par feriki cairo
nasigure ico yashatse kuvuga murimake
5 Rusama 2015, 08:19, par iranzi.kagame
naduhe.isiguro.nziza
1er Ruheshi 2015, 09:29, par Axel
Natange Umuco
6 Ruheshi 2015, 13:01, par T-pain Burundi
Natubwire Twumve Ico Yashatse Kuvuga
8 Ruheshi 2015, 06:43, par Nshimirimana Idrissa
Sat_b Niwe Azi Ico Yashatse Kuvuga Nagire Aduhe Umuco
26 Mukakaro 2015, 14:32, par Love yuorick
Yashatse Kuvuga Iki ? Non Ko Avuga Urunganwe Rusha.Nibande?
10 Nyakanga 2015, 14:56, par chad ky
Sat b.ntimumugwany.kuk yavuze icarikumutma wiw.we arazicoyashats kuvug.kand ndibazako atabesh.
4 Nzero 2016, 14:39, par munezero ayubu
ib nivy amahor niy ategerej niy dutegerej natw ntiyokor mugahog ng aririmbe atamahor ahar ngn yumvikan mugihug ciw icamber na mahor ibind bikaz munyum murakoz
5 Nzero 2016, 21:50, par NKURU NZIZA PAMHILE
SAT B NIBWIRE KOWASHAST KUTWIZEZA KO IBIBAZO BIRIMUBURUND BIZOSHIR
14 Rusama 2016, 20:38, par Joseph Bukuru
Sat b ndamukunda cane ndamwipfurije gutsinda mw-iryo higanwa rya kora award
11 Ruheshi 2016, 10:43, par jean christophe nininahazwe
ntanvura igiy kugwa mugab murunganwe ntamahor unomusi
24 Ruheshi 2016, 15:13, par WILYSON
tur inyum yaw
24 Ruheshi 2016, 15:15, par WILYSON
tur inyum yaw
13 Gitugutu 2016, 03:27, par Ndekatubane Eric
Jew Sat B Ndamukunda Mbona Yogaruka Akaduha Ibiryoshe Mbega Nta Bishasha Ufita
23 Kigarama 2016, 08:37, par Dotto kilomia
Sat turagukund. land naweurabiz
19 Nzero 2017, 21:36, par irakoze fleury
Dushaka kumenya inkuru y’ukuri kurivyo bintu vrmt
25 Nzero 2017, 23:20, par nsengiyaremye léonce
INVRA :NINTAMBARA IBUCU : INTAMBRA IZOBA UMUNYWAMAZ I : AMARASÔ AZÔSESEKA
23 Rusama 2017, 20:14, par David Nihabwicubahiro Batazir Gonossi
Yoba Yashats Gusigur Ik?Iyomvura Ninyaak?
29 Rusama 2018, 09:49, par Ndayikengurukiye Pérès
Bite?Mbanje Kubaramutsa Ndabashimira Kunkuruzumuririmvyi Wacu Dukunda Can Sat -b Abukli Jewe Ndi Umukunzi Wiwe Mumuziki Kandi Nkunda Ivyakora Vyose