Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Somalia: Reta yafuse umunsi mukuru wa Noel i Mogadiscio
Somalia: Reta yafuse umunsi mukuru wa Noel i Mogadiscio
mercredi 23 Kigarama 2015
Reta y’igihugu ca Somalia yafashe ingingo yo guhagarika iminsi mikuru yo guhimbaza umunsi mukuru wa Noel ku mugwa mukuru w’igihugu Mogadiscio.
Umuyobozi mukuru mu bushikiranganji bujejwe ivyo amadini, Sheikh Mohammed Khayrow, yagabishije amenyesha ko iminsi mikuru nk’iyo itajanye n’idini rya Islam, ishobora gutuma haba ibitero vy’iterabwoba vy’umuhari Al Shabab.
Sheikh Mohamed yavuze ko abajejwe umutekano bose bategerezwa guhagarika canke kubuza amahuriro yose, afise intumbero yo guhimbaza umusi mukuru wa Noel atajanye n’idini rya Islam.
Mu mwaka uheze, ku munsi mukuru wa Noel abarwanyi b’umuhari Al Shabab bareteye ikambi y’abasirikare b’ishirahamwe ry’Ubumwe bwa Afrika AMISOM ku mugwa mukuru I Mogadiscio abasirikare batanu barapfa.
Benshi mu banyagihugu ba Somalia ni aba Islam.
Van Naris Mugisha
Messages
24 Kigarama 2015, 05:01, par Nzoha Gilbert
nibazako uwoy fashe iyongigo yarinziza ariko icakwiye kumenya nuko akwiye nokwigi shaabantu bakame y’uko Imana yatanze ikiruhuko kimwe gusa naco niki gikuriki kira Nisabato ibonekamuribibiriya nabanze abigishe nezakwizera yesu yazutse atari muhamadi yapfuye ntazuke murakoze nimusome Kuvayo 20;8 nayesaya 8:20
24 Kigarama 2015, 18:15, par NYABENDA Patrice
Gusa Uw Muyobozi Ahonyanz Agatek K’ayand Madini. Guhimbaz Uw Mus Mukur Ryar Itek Ku Bakristo, Imana Imubabarire.
24 Kigarama 2015, 20:01, par bachelier
ahubwo arabe afute amahuriro yos niryabisilamu ritavuyemwo kuk umwasi azoca aho nyene kand yorohew kuruta uko yokwinjirira mubachristu.
24 Kigarama 2015, 22:16, par ndikumana Abdulikalim
muvyukuri atarububeshi uyumusi ivukarya yesu ryanditsehe Kotubôna Umumarayika yaje kuribiki
Ramaliya mukwezi 6 bisho Boka gute umugore atwara
inda amezi atandatu akibar
uka oma ruka 1. 26 isi yaheze imana nitabare
25 Kigarama 2015, 17:28, par Vianney
Ahubwo Nibace Bitegura Ntihagwe Ibara
25 Kigarama 2015, 17:30, par Vianney
Ahubwo Nibace Bitegura Ntihagwe Ibara
27 Kigarama 2015, 21:07, par Kocokoco Eric
Nuwo Yabibujije Biboneka Ko Naw Ari Umu Al Shabab
15 Ntwarante 2017, 03:56, par Kanani Audace
Noweri Isobanura Ngo Ntamana Iriho Numusi Abapagani Bishiriyeho Atarububeshi Inda Ivuka Haheze Amezi Angahe? Ntanda Ivuka Kumezi Atandatu , Na Dimanche Nuko Numusi Abapagani Bigeneye Warumusi Wimana Zuba Mubapagani Uwufisubwenge Niyerekane Muri Bibiri Ahanditse Kuwamungu Ko Arumusi Wikiruhuko Soma Kuvayo 20:8 nivyakozwe nintumwa13:13-14 hamwe nivyakozwe nintumwa 13:42 ntantumwa nimwe yaruhutse kuwdmungu ntikibahaho ubihakana nazane isomo muri bibiriya
15 Ntwarante 2017, 03:57, par Kanani Audace
Noweri Isobanura Ngo Ntamana Iriho Numusi Abapagani Bishiriyeho Atarububeshi Inda Ivuka Haheze Amezi Angahe? Ntanda Ivuka Kumezi Atandatu , Na Dimanche Nuko Numusi Abapagani Bigeneye Warumusi Wimana Zuba Mubapagani Uwufisubwenge Niyerekane Muri Bibiri Ahanditse Kuwamungu Ko Arumusi Wikiruhuko Soma Kuvayo 20:8 nivyakozwe nintumwa13:13-14 hamwe nivyakozwe nintumwa 13:42 ntantumwa nimwe yaruhutse kuwdmungu ntikibahaho ubihakana nazane isomo muri bibiriya