Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Somalie: Abasoda ba AMISOM bishe aba al-shabaab 300
Somalie: Abasoda ba AMISOM bishe aba al-shabaab 300
jeudi 6 Myandagaro 2015
Umukuru w’ingabo zagiye kugarukana amahoro mu gihugu ca Somaliya ku rwego rw’Ubumwe bwa Afrika AMISOM amenyesha ko bishe abarwanyi ba al- Shabaab bashika 300.
Umukuru w’urwo rwego rwagiye kugarura amahoro muri Somalia, yavuze kandi ko bariko baratohoza ku bivugwa ko abasoda ba AMISOM boba barishe abanyagihugu basanzwe mu bumanuko mu gisagara ca Marka.
Aho muri Somalia nyene havurwa intambara zikomeye hagati y’abasoda ba Ethiopia na Al-shabaab mu gisagara ca Beledweyne hafi y’urubibe na Ethiopia.
Van Naris Mugisha
Messages
6 Myandagaro 2015, 19:41, par LOLILO
NIBABIVUNE NABO BARI BABAMAZE
6 Myandagaro 2015, 19:48, par claver
none inzonkurunizo?nimudutohoreje
6 Myandagaro 2015, 21:06, par bongo
nibabivune izo ntagondwa natwe abi burundi yoyaba bajahabona bagatera kumutaga twobavugutira umuti ariko nubundi turacabiga uko bakora aho mvuga intumva zino iburundi simvuze al shababu gusa intambara yo muri somalia ntimuzoyitsinda na american yarananiwe
6 Myandagaro 2015, 21:08, par Habonimana Joseph
ingabo nizikomeze kurwanya izo nkoyi z’îkibi
6 Myandagaro 2015, 21:21, par giswi
jw mbona ingabo zagiy kuturondera kirya gihugu abatutsi batay kugira tuzoc tuciberamwo turya dututsi dukey dusigayeyo batumaz. komera ngabo zigihugu.
6 Myandagaro 2015, 21:22, par giswi
jw mbona ingabo zagiy kuturondera kirya gihugu abatutsi batay kugira tuzoc tuciberamwo turya dututsi dukey dusigayeyo batumaz. komera ngabo zigihugu.
6 Myandagaro 2015, 21:47, par Muyahudi
Mana garukira afrika kuko intambara nukwicana hagati yabowaremye irarenz duhe kugiranira urukundo nkuko wabituraze
6 Myandagaro 2015, 22:29, par abel
turabasavye mugire umwete kuko abasodabuburundi murintwari kandi turabashimiye
6 Myandagaro 2015, 22:38, par YACH
ahubwo bishe bake yo twumva bomoye izo ntagondwa
6 Myandagaro 2015, 22:40, par Abel
ndabashimiye namwe mugire akazikeza Natweturinyumayanyu mugwanemutsinda
7 Myandagaro 2015, 16:15, par JERADI
NDABABA JWE NIZÔNZIRAKARANGENE ZAPFUYE ARIKO MWEBWE MUNEJEREJWE NUKO ABASODA BIBURUNDI BISHE ABASHABABU MUMENYE KO NINO ATAMAHORO ARIMUGIHUGU CABO NDABABWIRE UKURI ERESHABABU VUBA IZIHORA KANDI MUZOSHIRIRO NIMUMUREKE MUZE GUKIZA IVYINO ABANYAGIHUGU
7 Myandagaro 2015, 17:18, par Youlipue
Abo Bosoda Biburundi Bihesheje Agaciro
7 Myandagaro 2015, 17:56, par Kalisa
Nonese ko numva mwivuga imyato ko ari ingabo za ethiopie zabivuganye wumvise ari iz’abarundi?
7 Myandagaro 2015, 18:34, par Hamenyimana Gentha Jordan
Kugarukan Amahor Nivyiz Ni Bakomer
7 Myandagaro 2015, 19:14, par KWITONDA ONESIME
ESE AKIGORO KUBIJANYE NUMUTEKANO WO MURISOMALIYA UBURUNI BUHAYE BUGIRA BOKAGIRA NAHANO IWACU ABARUNDI TWOKWIGINA.
7 Myandagaro 2015, 21:03, par ERIC DESIRE B B LOVE
MBABAJWE NABASHIMA KUKO BUMVISE HAPFUYABANTU ABOBAZOBIBAZWA NA LUREMA
7 Myandagaro 2015, 21:47, par Bimenyimana Emmanuel
Mbeg Al Shabab Yic Ifise Intumber Nyabak Yokwinjir Mu Leta.
7 Myandagaro 2015, 22:11, par martin habonimana
ubwamber turashmiy itwazagab zir kugarukana amahr mugihug ca somalia kuk numuns bakoz igikorw’twebw abarund twahr mumubabar utagir ukungana ahubw iconsab abasirikar mukingre abanyagihug bomur somali abarwany nab mubarongoror bos natw baheruk kuduhekura mubivune gos
8 Myandagaro 2015, 17:21, par Kaheze
Uwushaka avyemere cank’abihakane inkozi z’ikibi kw’isi yose zirakwiye gutuzwa 100% amahoro yiganze kw’Isi hama duhagurukir’abasambanyi kuko ubusambanyi buratwar’inda bukavyar’ubusuma kuko ntawusambana akenye aca yiruka gusahura ngw’aronk’ay’asambanisha
8 Myandagaro 2015, 17:30, par Kaheze
Uwushaka avyemere cank’abihakane inkozi z’ikibi kw’isi yose zirakwiye gutuzwa 100% amahoro yiganze kw’Isi hama duhagurukir’abasambanyi kuko ubusambanyi buratwar’inda bukavyar’ubusuma kuko ntawusambana akenye aca yiruka gusahura ngw’aronk’ay’asambanisha
8 Myandagaro 2015, 18:11, par NDAYIKEZA
UMUKURU WASIKARE NKABO BASODA 300 BABICIYIKI YARIHE
10 Myandagaro 2015, 22:14, par Patrick
Abarundi Nitwiyemer Turiningabo Pe!300bos?