Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Somaliya : Abagera kuri 30 baguye mu bitero
Somaliya : Abagera kuri 30 baguye mu bitero
mardi 1er Ntwarante 2016, par
Abantu bagera kuri 30 nibo bahitanwe n’ibisasu bibiri, abagera kuri 61 nabo barakomereka mu bitero vyakozwe n’umurwi w’iterabwoba wa Al-Shabab mu gisagara ca Baidoa, mu majyepfo y’uburengero bwa Somaliya.
Imodoka yari yatezwemwo ivyo ibisasu yaturikiye imbere y’inzu y’uburiro ikundwa cane, iri ku birometero 200 uvuye mu gisagara ca Mogadishu.
Umuyobozi wa AMISOM, Francisco Caetano Madeira yamenyesheje ko ababajwe n’inzirakarengane zaguye muri ivyo bitero.
Bibaye ubugira kabiri al shabab ikora ibitero muri Somaliya. Izo ntagondwa zaturikije ibisasu inyuma y’aho zinaniwe kwinjira mu biro bikuru vy’umukuru w’igihugu wa Somaliya, mbere bakananirwa n’ukwinjira ahakorera umushikiranganji wa mbere wa Somaliya.
IGIHE
Messages
1er Ntwarante 2016, 11:02, par Ikindi
Mana tabara abo waremye, udukize abobadayimoni bafise ishusho y’abantu birirwa barica abantu bawe!
1er Ntwarante 2016, 11:10, par Batwenga
Nihatari! Amissom Niveyo Kuko n’Umunyamerika Yarananiwe; Mbabazwa Nabarundikazi Bapfakara Kubwinyungu Zabamwe
1er Ntwarante 2016, 18:55, par Eric
Turahojeje Imiryango Yabuze Bihangane .
2 Ntwarante 2016, 13:49, par nizeyimana jm
iyo inzuzibirizirikozirasha,ubanzakuzimyagwawenkukobavugango umweyugurura ,umuryangowiwebukababurakeye
bivugango imbereyokujakugarura amahoro ahandinabontayobafitebigaragazayukobagiyeguca ingerobikerekanako ariyandaniniyabarundibafite ,ariyoyatumye pierre nkurunziza yankakurekura ubutegetsi.
2 Ntwarante 2016, 17:27, par Apollinaire
None Amerca Iriko Ikora Iki?Canke Irindiye Abasoda Bahone!
2 Ntwarante 2016, 22:59, par Nafia
Imana Niyo Mucamanza Mukuru
4 Ntwarante 2016, 21:10, par Nshimirimana
Izonkozizikibizikwiyeguhanwa,vyakarorero
5 Ntwarante 2016, 08:33, par prosper
imana izobahana ndahojeje abuze.nitwihangane imana iratubona.
8 Ntwarante 2016, 02:45, par Bonheur
nibaruhuk amahor mbe nta basoda bahasizubuzima
10 Ntwarante 2016, 00:49, par Zerbabert
Uburundi Ntibwari Bwagereyo
10 Ntwarante 2016, 06:04, par Sharrif
Batwenga we!Kwishura banz mwiyumvir!Nimba bariko barwana na Al-shabab,abarundi nabo barica,amadayimoni ya mber ari ngaha nyene!Harura abantu bishwe ibi bihe!Ni al-shabab y’aba kristo?