Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
IGIHE Burundi http://igihe.bi/ Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise...... rn SPIP - www.spip.net A la découverte de l'IPLL : International Private Leased Line https://mail.igihe.bi/a-la-decouverte-de-l-ipll.html https://mail.igihe.bi/a-la-decouverte-de-l-ipll.html 2016-05-28T15:35:42Z text/html rn Paterne advertorial
Les grandes compagnies, les banques et les bureaux gouvernementaux peuvent désormais obtenir un service internet premium grâce à l'IPLL de Lumitel utilisant la fibre optique qui connecte le réseau de la compagnie locale (LAN) par une ligne directement dédiée à l'internet avec un réseau de la fibre optique qui couvre toutes les grandes villes importantes du Burundi.
Ce service dénommé IPLL (International Private Leased Line) fournit une connectivité sécurisée, et sans coupure qui s'adapte aux besoins (...)
- Lumitel / advertorial Econet Leo - liberté https://mail.igihe.bi/econet-leo-liberte.html https://mail.igihe.bi/econet-leo-liberte.html 2016-05-17T15:31:07Z text/html rn Paterne Ad4_MediumRectangle_300x250 - Bannieres Principales / Ad4_MediumRectangle_300x250 IGIHE Normal Logo https://mail.igihe.bi/igihe-normal-logo.html https://mail.igihe.bi/igihe-normal-logo.html 2015-12-21T17:38:45Z text/html rn Paterne logo_actuel - IGIHE Design / logo_actuel Libye : Umuhungu wa Kaddafi yaciriwe urubanza rwo gupfa https://mail.igihe.bi/libye-umuhungu-wa-kaddafi-yaciriwe.html https://mail.igihe.bi/libye-umuhungu-wa-kaddafi-yaciriwe.html 2015-07-28T16:11:53Z text/html rn Paterne HomeNews
Saif al-Islam, umuhungu wa Colonel Kaddafi yahoze arongoye Libiya, yaciriwe igihano co gupfa na sentare y'i Tripoli.
Yarengutse n'abandi bantu umunani bagirizwa bose ivyaha vyo mu ntambara bifitaniye isano n'ivyakozwe mu gihe co kubuza imyiyerekano y'amahoro yiyamiriza ubutegetsi bwa Colonel Kaddafi haheze imyaka ine.
Abdallah al-Senussi, yahoze ari umukuru w'urwego rw'igendereza, na Al-Baghdadi al-Mahmudi yahoze ari umushikiranganji wa mbere bahawe igihano co gupfa.
Uwuburanira Saif (...)
- Mu makungu / HomeNews Barack Obama yaneguye abakuru b'ibihugu bigumiza ku butegetsi https://mail.igihe.bi/barack-obama-yaneguye-abakuru-b.html https://mail.igihe.bi/barack-obama-yaneguye-abakuru-b.html 2015-07-28T16:07:52Z text/html rn Paterne HomeNews
Umukuru w'igihugu ca Reta Zunze Ubumwe za Amerika Barack Obama, yabwiye abakuru b'ibihugu vya Afrika ko iterambere ry'umugabane wa Afrika,ritegerezwa kujana n'intwaro rusangi,umwidegemvyo n'agateka ka zina muntu.
Mw'ijambo yavugiye imbere y'abakuru bo mw'Ishirahamwe ry 'Ubumwe bwa Afrika ku murwa mukuru wa Ethiopia, Addis Abbeba, Obama yavuze ko Afrika idashobora gutera imbere igihe abakuru b'bihugu banse kurekura ubutegetsi igihe ibiringo vyabo birangiye.
Barack Obama yavuze ko mu gihe abakuru (...)
- Intwaro ibereye / HomeNews OLUCOME imenyesha ko itemera ivyavuye mu matora vyashikirijwe na CENI https://mail.igihe.bi/olucome-imenyesha-ko-itemera.html https://mail.igihe.bi/olucome-imenyesha-ko-itemera.html 2015-07-28T16:00:47Z text/html rn Paterne HomeNews
Ishirahamwe ryishinze kurwanya igiturire n'abasesagura itunga rya Reta rimenyeshako ryifatanije n'abandi mu kutemera ivyavuye mu matora y'abajenama b'amakomine n'abashingamateka,ayo umukuru w'igihugu n'abakenguzamateka.
Nkuko biri mw'itangazo ry'ishirahamwe OLUCOME ryatewe ko umukono na Gabriel Rufyiri arirongoye kuwa 28 Mukakaro,ishirahamwe OLUCOME rimenyesha ko ayo matora yabaye hatabaye umwumvikano hagati yabo vyega bose,kandi ko atubahirije ibwirizwa nshingiro ry'Uburundi n'amasezerano ya (...)
- Intwaro ibereye / HomeNews Makamba :Umuntu umwe n'ibikoresho vya gisirikare nivyo vyafashwe n'igipolisi https://mail.igihe.bi/makamba-umuntu-umwe-n-ibikoresho.html https://mail.igihe.bi/makamba-umuntu-umwe-n-ibikoresho.html 2015-07-28T08:11:12Z text/html rn Paterne HomeNews
Umuntu umwe bivugwa ko ari umurwanyi yarafashwe,ibirwanisho hamwe n'impuzu za gisirikare navyo birafatwa mu ntara ya Makamba,komine Nyanza-Lac.
Umukuru w'igipolisi mu karere k'ubumanuko Eustache Ntagahoraho yavuze ko hafashwe inkoho 28 zo mu bwoko bwa kalashinkov,ibisadugu 60 vy'amasasu,amasasu 1215 hamwe n'imyambaro 23 y'impuzu za gisirikare.
Eustache Ntagahoraho amenyesha ko ico gikorwa cashobotse kubera ugukorana neza hagati y'inzego zirongoye intara hamwe n'abanyagihugu,akabeshuza kandi (...)
- u Burundi / HomeNews Abarundi bahunze barabandanya guhunguka https://mail.igihe.bi/abarundi-bahunze-barabandanya.html https://mail.igihe.bi/abarundi-bahunze-barabandanya.html 2015-07-28T08:04:36Z text/html rn Paterne HomeNews
Abarundi bashika 300 nibo bahunguka ku munsi ku munsi bava mu gihugu c'Urwanda,aho bahungiye kuva bimenyekanye ko umukuru w'igihugu Petero Nkurunziza ariwe azoserukira umugambwe CNDD FDD mu matora y'umukuru w'igihugu.
Abahunguka benshi ni abari bahungiye mu mihana y'incuti n'abagenzi canke abari bapanze amazu mu gihugu c'Urwanda.Benshi bavuga ko ubuzima bwo mu gihugu c'Urwanda buzimvye arico gituma bashimye kugaruka mu gihugu.
Abandi bavuga ko bari bataye ubuzi,ariko ko naho bazi ko ata mutekano (...)
- u Burundi / HomeNews Nditije :" Ntiharagera kuvuga ko twatandukanye na Rwasa " https://mail.igihe.bi/nditije-ntiharagera-kuvuga-ko.html https://mail.igihe.bi/nditije-ntiharagera-kuvuga-ko.html 2015-07-28T07:53:18Z text/html rn Paterne HomeNews
Inyuma yaho umushingamateka Rwasa Agathon yitavye ibikorwa vy'inama nshingamateka kuwa mbere igenekerezo rya 27 Mukakaro,Karori Nditije umwe mu barongoye Urunani rw'Abigenga Amizero y'Abarundi atitavye ivyo bikorwa avuga ko atawovuga ko bamaze gutandukana na Rwasa Agathon.
Karori Nditije yavuze ko bavuganye na Rwasa Agathon akamubwira ko abanywanyi biwe bamuremereye bamusaba kwitaba ibikorwa vy'inama nshingamateka,ariko ivyo kuja muri Reta bakavyiga mu nyuma.
Karori Nditije amenyesha ko nimba (...)
- u Burundi / HomeNews Umugambwe CNDD FDD usaba amakungu kubandanya afasha Uburundi n'abarundi https://mail.igihe.bi/umugambwe-cndd-fdd-usaba-amakungu.html https://mail.igihe.bi/umugambwe-cndd-fdd-usaba-amakungu.html 2015-07-27T20:19:15Z text/html rn Paterne HomeNews
Umugambwe CNDD FDD usaba amakungu kubandanya afasha Uburundi n'abarundi mu nzira y'intwaro rusangi,no gushigikira inzego nshasha zigiye kujaho.
Mw'itangazo ry'umugambwe CNDD FDD ryateweko umukono n'umukuru w'umugambwe Pascal Nyabenda kuri uno wa mbere igenekerezo rya 27 Mukakaro,uwo mugambwe usaba ibihugu vy'Akarere ko mu Buseruko ko hohinyanyurwa Ibwirizwa nshingiro kugira haboneke Reta ihurikiyemwo na bose.
Muri iryo tangazo, umugambwe CNDD-FDD urashimira abafashije kugira amatora abe kandi (...)
- Poritike / HomeNews