Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
IGIHE Burundi http://igihe.bi/ Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise...... rn SPIP - www.spip.net Rumonge : Abanyagihugu bashikirijwe buramatari wabo https://mail.igihe.bi/rumonge-abanyagihugu-bashikirijwe.html https://mail.igihe.bi/rumonge-abanyagihugu-bashikirijwe.html 2015-04-18T10:44:07Z text/html rn Egide N HomeNews
Umukuru w'igihugu Petero Nkurunziza yarashikirije kuri uwu wa gatanu buramatari mushasha w'intara nshasha ya Rumonge. Juvénal Bigirimana yahora ajejwe ivyigwa kw'ishure ryisumbuye rya Rumonge, akaba ariwe yashikirijwe abanyagihugu nka buramatari w'intara ya Rumonge.
Intara nshasha ya Rumonge ikaba igizwe n'amakomine ya Rumonge, Burambi, Buyengero, Bugarama na Muhuta.
Muri ayo makomine, abiri yavuye ku ntara ya Bururi (Burambi na Buyengero), ayandi abiri ava ku ntara ya Bujumbura rural (Bugarama (...)
- u Burundi / HomeNews Ishirahamwe AJAP ryibutsa urwaruka kudahendeshwa amaronko https://mail.igihe.bi/ishirahamwe-ajap-ryibutsa-urwaruka.html https://mail.igihe.bi/ishirahamwe-ajap-ryibutsa-urwaruka.html 2015-04-18T10:23:04Z text/html rn Egide N HomeNews
Ishirahamwe AJAP (Association pour une Jeunesse Africaine Progressiste) rirababajwe n'abanyeporitike b'abarundi, aho gushira inguvu hamwe mu kubumbatira amahoro n'umutekano, bacanamwo mu gushira imbere urwaruka mu myiyerekano.
Mw'itangazo iryo shirahamwe ryasohoye kuri uwu wa gatanu, basaba abarundi bose kuja hamwe bagatahura kumwe ico amategeko avuga na cane cane ibwirizwa nshingiro, amasezerano y'i Arusha, hamwe n'itegeko rigenga amatora. Iryo shirahamwe rihamagarira abantu bose kwamirira kure (...)
- u Burundi / HomeNews Ban Ki Moon yibutsa abanyeporitike kwirinda gukoresha inguvu https://mail.igihe.bi/ban-ki-moon-yibutsa-abanyeporitike.html https://mail.igihe.bi/ban-ki-moon-yibutsa-abanyeporitike.html 2015-04-17T08:34:12Z text/html rn Egide N HomeNews
Umunyamabanga mukuru w'ishirahamwe mpuzamakungu ONU Ban Ki Mon amenyesha ko atewe umutima uhagaze n'icuka kitari ciza muri iyi minsi y'amatora mu Burundi. Ahamagarira Reta y'Uburundi gutegura amatora yizewe na bose kandi yo ku mugaragaro.
Mu kiganiro Ban Ki Moon yagiranye i New York kuri uwu wa gatatu n'umushikiranganji w'intwaro yo hagati mu gihugu Edouard NDUWIMANA, yamumenyesheje ko atewe impungenge n'ikoreshwa ry'inguvu ryatanguye kwibonekeza muri iyi minsi Uburundi buriko bwitegurira amatora. (...)
- u Burundi / HomeNews Petero Nkurunziza : Nabuze imvo n'imwe ifaditse yosigura uguhunga kw'Abarundi https://mail.igihe.bi/petero-nkurunziza-nabuze-imvo-n.html https://mail.igihe.bi/petero-nkurunziza-nabuze-imvo-n.html 2015-04-16T14:51:38Z text/html rn Egide N HomeNews
Mu gihe abanyagihugu b'Abarundi bahungiye mu Rwanda bamenyesha ko bahunga iterabwoba rigirwa n'Imbonerakure za CNDD FDD, umukuru w'igihugu Petero Nkurunziza avuga ko yabuze imvo n'imwe ifaditse yosigura uguhunga kw'Abarundi. Naho biri uko, abo banyagihugu baravuga icokorwa kugira bahunguke.
Ku rubuga rwa facebook rw'umukuru w'igihugu, Petero Nkurunziza yanditse ati : "Indwi iheze yose nayimariye mu ntara za ‎Kirundo‬ na ‎Muyinga‬, kugira ntahure igituma benewacu bahunga. Nararonse akanya ko (...)
- u Burundi / HomeNews Amashirahamwe adashigikiye ukwitoza kwa Petero Nkurunziza yandikiye Ban Ki Moon https://mail.igihe.bi/amashirahamwe-adashigikiye.html https://mail.igihe.bi/amashirahamwe-adashigikiye.html 2015-04-16T11:46:17Z text/html rn Egide N HomeNews
Amashirahamwe adaharanira ivyicaro vya poritike ari mw'isekeza ry'uguhagarika ikiringo ca gatatu c'umukuru w'igihugu Petero Nkurunziza amenyesha ko umutekano muke urangwa mu gihugu muri iyi minsi y'ukwitegurira amatora, ariwo watumye ayo mashirahamwe yandikira urwego rwa ONU rujejwe umutekano, hamwe n'umunyamabanga mukuru w'ishirahamwe mpuzamakungu ONU, kugira basabe ko amakungu yotobara.
Vital Nshimirimana, umukuru w'urunani FORSC, mu kiganiro yahaye abamenyeshamakuru kuri uwu wa kane, (...)
- u Burundi / HomeNews Sudani : Babiri mubahiganirwa ikibanza c'Umukuru w'igihugu bavuye mu matora https://mail.igihe.bi/sudani-babiri-mubariko-bahiganigwa.html https://mail.igihe.bi/sudani-babiri-mubariko-bahiganigwa.html 2015-04-16T09:39:51Z text/html rn Egide N HomeNews
Utunenge twibonekeje mu matora ariko araba mu gihugu ca Sudani, twatumye abigenga babiri bari bateguye kwitoreza ikibanza c'Umukuru w'igihugu bafata ingigo yo kuva mu matora. Aho n'imigambwe ikomakomeye muri ico gihugu ikiba yari yamaze kwidohora.
Abo bari kwitoza mu kibanza c'Umukuru w'Igihugu nk'abigenga bagiriza umugwi utegura amatora wo muri ico gihugu ca Sudani ko uriko ukora ibishoboka vyose kugira Umukuru w'Igihugu ahari muri kino gihe, Omar El-Bechir, ashobore gutsinda ayo matora. Aho (...)
- Poritike / HomeNews Mkombozi : Gutwara ni ukwiruka, si ku mupira gusa https://mail.igihe.bi/mkombozi-gutwara-ni-ukwiruka-si-ku.html https://mail.igihe.bi/mkombozi-gutwara-ni-ukwiruka-si-ku.html 2015-04-16T09:38:11Z text/html rn Egide N HomeNews
Umuririmvyi Mkombozi asanzwe ari mu buhungiro yasohoye ururirimbo "Papa Nzeyimana ft RWAGASORE NDADAYE" ruvugwamwo amajmbo akomeye, akagaruka ku bwicanyi buba mu Burundi, hamwe n'ubukene abarundi babayemwo.
Amwe mu majambo ari muri urwo ruririmbo "Papa Nzeyimana ft RWAGASORE NDADAYE" rwa Mkombozi avuga ati : "Présidence si parking y'ingendo za buri musi... Présidence si parquet yo gucira imanza abagabo mutavuga rumwe,... Inkuru itari nziza kuri jewe si inkuru, kuko umutwe utagira ubwenge (...)
- Mkombozi / HomeNews Zeid Ra'ad Al Hussein atewe amakenga n'Abarundi babandanya guhunga https://mail.igihe.bi/zeid-ra-ad-al-hussein-atewe.html https://mail.igihe.bi/zeid-ra-ad-al-hussein-atewe.html 2015-04-16T08:59:16Z text/html rn Egide N HomeNews
Zeid Ra'ad Al Hussein wo mu gisata kijejwe agateka ka zina muntu mw'ishirahamwe mpuzamakungu ONU amenyesha ko atewe amakenga n'abantu babandanya guhunga mu gihe Uburundi buriko bwitegurira amatora y'umukuru w'igihugu.
Nk'uko Zeid Ra'ad Al Hussein yabimenyesheje mu kiganiro yahaye abamenyeshamakuru kuri uwu wa gatatu, abantu bamwe barafise ubwoba, mbere bamwe bamwe bakaba bamaze guhunga, kubera amatora y'umukuru w'igihugu yitezwe mu kwezi kwa gatandatu. Zeid Ra'ad Al Hussein yari amaze iminsi mu (...)
- u Burundi / HomeNews Afrika y'epfo : Abarundi bagiriza ubuserukizi bw'Uburundi ko ataco buriko burafasha https://mail.igihe.bi/afrika-y-epfo-abanyamahanga-bagiye.html https://mail.igihe.bi/afrika-y-epfo-abanyamahanga-bagiye.html 2015-04-16T08:18:28Z text/html rn Egide N HomeNews
Inyuma y'ubwicanyi bunyamaswa bukoregwa abanyamahanga baba mu gihugu ca Afrika y'ejo, ibihugu bimwe bimwe nka Malawi na Somaliya bafashe ingigo zo gukingira abanyagihugu babo mu kubatahukana. Abarundi bidogera uwuserukira Uburundi muri Afrika y'epfo ko ataco ariko arabafasha.
Ubwicanyi bukoregwa abanyamahanga baba muri Afrika y'epfo bumaze guhitana abanyamahanga bagera kuri batanu, harimwo n'umuyabaga afise imyaka 14, mu gisagara ca Durban. Aho bamwe muribo bicwa bunyamaswa n'imipanga, amahiri, (...)
- umutekano / HomeNews Musaga : Amwe mu mazu yanditsweko amajambo yiyamiriza Général Adolphe NSHIMIRIMANA https://mail.igihe.bi/musaga-amwe-mu-mazu-yanditsweko.html https://mail.igihe.bi/musaga-amwe-mu-mazu-yanditsweko.html 2015-04-16T07:15:36Z text/html rn Egide N HomeNews
Muri komine Musaga, hazindutse hibonekeza inzandiko zanditse n'irangi, abazanditse bakaba biyamiriza umukuru w'igihugu Petero NKURUNZIZA, hamwe na Général Adolphe NSHIMIRIMANA yahoze arongoye urwego rw'igendereza, ubu akaba ajejwe ingendo mu biro bikuru vy'umukuru w'igihugu.
Kw'ibarabara rya mbere rya komine Musaga, izo nzandiko zanditswe n'irangi zivuga ziti : "Adolfe i Laye, Omoka Nkurunziza".
Izo nzandiko ziri ku rugo rw'umwe mu bakuru w'ama karitiye, Buregeya Sipiriyano arongoye karitiye ya (...)
- u Burundi / HomeNews