Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
IGIHE Burundi http://igihe.bi/ Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise...... rn SPIP - www.spip.net Amasendika y'abigisha asaba Reta kwigiza inyuma ikibazo ca'' concours national'' https://mail.igihe.bi/amasendika-y-abigisha-asaba-reta.html https://mail.igihe.bi/amasendika-y-abigisha-asaba-reta.html 2015-05-04T10:34:14Z text/html rn IGIHE HomeNews
Amasendika y'abigisha avuga ko bidakunda ko ikibazo co mu mwaka wa gatandatu ‘'concours national'' gikorwa, kuri uno wa kane, asaba ko cokungurizwa ku rindi sango.
Mu gihe ico kibazo cari gitegekanijwe kuri uno wa kane igenekerezo rya 7 Rusama, mu ma sendika y'abigisha babona ko bidashoboka ko gikorwa kubera imvo z'umutekano muke, nk'uko bishikirizwa na Eulalie Nibizi arongoye sendika STEB. Ndetse hari n'abana bahungiye mu bihugu bibanyi kubera umutekano muke nyene. Ayo masendika asaba Reta (...)
- Amashuri / HomeNews ALSD risaba HCR gufata mu minwe ikibazo c'abanyeshure ba kaminuza https://mail.igihe.bi/alsd-risaba-hcr-gufata-mu-minwe.html https://mail.igihe.bi/alsd-risaba-hcr-gufata-mu-minwe.html 2015-05-04T10:11:43Z text/html rn IGIHE HomeNews
Ishirahamwe ALSD risaba HCR gukurikirana hagufi ikibazo c'abanyeshure bo muri kaminuza y'uburundi, bashagaje imbere y'ubuserukizi bwa Reta zunzubumwe bwa Amerika hano mu Burundi.
Ishirahamwe ALSD(Association de Lutte pour la Santé et le Développement ) riharanira amagara meza n'iterambere rusangi, rirarajwe ishinga n'ubuzima abanyeshure bo muri kaminuza y'Uburundi babayemwo, bagiye gusaba ubuhungiro imbere y'inyubakwa y'ubuserukizi bw' Amerika mu Burundi, kuko bashobora kuhandurira indwara (...)
- Amagara y'abantu / HomeNews OLUCOME :‘'Ubwigenge bwo kumenyeshamakuru busa n' ubwahambwe ‘' https://mail.igihe.bi/olucome-ubwigenge-bwo.html https://mail.igihe.bi/olucome-ubwigenge-bwo.html 2015-05-04T09:37:06Z text/html rn IGIHE HomeNews
Abugaye ibimenyeshamakuru nta kindi batinya atari uko abanyagihugu bamenya ibiriko biraba hamwe n'ibikorwa bibi nk'ubwicanyi, bikorwa n'abari bajejwe kubakingira, biri mw' itangazo ryasohowe n' ishirahamwe OLUCOME.
Mu gihe Uburundi bwaraye buhimbaje umunsi mpuzamakungu wahariwe ubwigenge bwo kumenyeshamakuru ,mw' ishirahamwe OLUCOME bavuga ko bababazwa n'ingendo ya Reta yo kwugara amaradiyo amwe amwe, ivyo vyose bavuga ko biva ku gutinya ko abanyagihugu bamenya ibiriko biraba, bijanye (...)
- u Burundi / HomeNews Umushikiranganji Rose Gahiru asaba abari mu myiyerekano ko hatojamwo abana bakiri bato https://mail.igihe.bi/umushikiranganji-rose-gahiru-asaba.html https://mail.igihe.bi/umushikiranganji-rose-gahiru-asaba.html 2015-05-04T07:35:14Z text/html rn IGIHE HomeNews
Umushikiranganji w'amashure mato mato n'ayisumbuye, Rose Gahiru asaba abavyeyi kurungika abana kw'ishure , abari mu myiyerekano yo kwiyamiriza ikiringo ca gatatu ca Petero Nkurunziza abasaba kwubahiriza agateka k'abana.
Mu kiganiro n'abanditsi co kuri uno w' Imana, umushikiranganji w'amashure mato mato n'ayisumbuye, umupfasoni Rose Gahiru, aributsa abavyeyi ko ikirangaminsi c'umwaka w'ishure kitarahinduka. Ubwo bushikiranganji buributsa kandi ko ca kibazo concours national co mu mwaka wa (...)
- Amashuri / HomeNews Ubuserukizi bwa Amerika busaba Reta kwugurura ibigo vya kaminuza y'Uburundi https://mail.igihe.bi/ubuserukizi-bwa-amerika-busaba.html https://mail.igihe.bi/ubuserukizi-bwa-amerika-busaba.html 2015-05-02T12:43:30Z text/html rn IGIHE HomeNews
Ubuserukizi bw'Amerika hano mu Burundi bumenyesha ko ingingo ya Reta y'Uburundi yo kwugara kaminuza y'Uburundi yateye ingorane zitarizikenewe muri kino mbere ko itanasiguritse ,mbere basaba ko iyo kaminuza yosubira kwugururwa .
Inyuma y'aho abanyeshure bo muri kaminuza y'Uburundi bagiye gusaba gukingirwa kuri ubwo buserukizi, ubuserukizi bw'Amerika hano mu Burundi bwasohoye itangazo kuri uno wa gatanu, igenekerezo rya 1 Rusama. Muri iryo tangazo bavuga ko mw'ijoro ryo kuwa 30 Ndamukiza uno (...)
- umutekano / HomeNews Burundi : Abateguye imyiyerekano batanze akaruhuko k'iminsi ibiri https://mail.igihe.bi/burundi-abateguye-imyiyerekano.html https://mail.igihe.bi/burundi-abateguye-imyiyerekano.html 2015-05-02T12:33:45Z text/html rn IGIHE HomeNews
Abari muri rwa rugamba rwo kwiyamiriza ikiringo kigira gatatu ca Petero Nkurunziza bafashe akaruhuko k'iminsi ibiri.
Inyuma y'iminsi itandatu iyo myiyerekano iriko iraba, abantu baruzuye mu mabarabara, ku ma banki huzuye abantu ,abandi bagiye gusuma, eka ubuzima bwasubiye kuboneka mu gisagara ca Bujumbura, ababa mu ma karitiye yabereyemwo imyiyerekano bashoboye gushika mu gisagara ca Bujumbura.
Pacifique Ninihazwe, umwe mubateguye iyo myiyerekano,asanzwe ari mu mashirahamwe adaharanira (...)
- umutekano / HomeNews Ububirigi burashobora guhagarika gufasha igiporisi c'Uburundi https://mail.igihe.bi/ububiligi-burashobora-guhagarika.html https://mail.igihe.bi/ububiligi-burashobora-guhagarika.html 2015-05-02T11:10:23Z text/html rn IGIHE HomeNews
Intumwa idasanzwe y'Ububirigi mu biyaga binini imenyesha ko igihugu c'Ububirigi gishobora guhagarika imfashanyo y'umugambi wo guha inyigisho igiporisi hamwe vyoba ngombwa. Franck de Conick asaba kandi iyugururwa ry'amaradiyo yugawe.
Igihugu c'Ububirigi kirarajwe ishinga n'ibiriko biraba hano mu Burundi, mu rugendo yaramaze mwo iminsi itatu hano mu Burundi, Franck De conick yarashoboye kubonana n'impande zitandukanye yaba abategetsi ba kino gihugu ,abanyamigambwe hamwe n'abo mu amshirahamwe ataho (...)
- u Burundi / HomeNews Abanyeshure ba kaminuza bemerewe kuguma imbere y'ubuserukizi bwa Amerika https://mail.igihe.bi/dawn-liberi-na-tom-malinowski.html https://mail.igihe.bi/dawn-liberi-na-tom-malinowski.html 2015-05-01T11:42:32Z text/html rn IGIHE HomeNews
Ubuserukizi bw'igihugu c'Amerika hano mu Burundi busaba Reta y'Uburundi gutorera inyishu ikibazo c'abanyeshure bo muri kaminuza bashagaje, imbere y'ubwo buserukizi basabwa gukingirwa umutekano.
Umupfasoni Dawn Liberi aserukira igihugu ca Reta zunzubumwe z'Amerika hano mu Burundi hamwe n'intumwa ya Barack Obama, Tom Malinowski iriko igendera igihugu c'Uburundi muri kino gihe, babonanye n'ababanyeshure bo muri kaminuza y'Uburundi baraye ijoro ryabo rya mbere imbere y'inyubakwa z'ubuserukizi bwa (...)
- umutekano / HomeNews Burundi: Ubumwe bw'Afrika buhamagarira abarundi kuganira muri bino bihe https://mail.igihe.bi/burundi-ubumwe-bw-afrika.html https://mail.igihe.bi/burundi-ubumwe-bw-afrika.html 2015-05-01T10:54:06Z text/html rn IGIHE HomeNews
Ishirahamwe ry'ubumwe bw' Afrika bamenyesha ko barajwe ishinga n'ibiriko biraba hano mu Burundi, kandi ko babazwa n'abariko bahasiga ubuzima hamwe n'ibitigiri vy'abahunga baguma bahunga.
Nk'uko biri mw'itangazo ryashizwe ahabona kuri uno wa 30 Ndamukiza, Nkosazana Dlamini-Zuma ,arongoye umurwi w' ishirahamwe ry'ubumwe bwa Afrika ,amenyesha ko bakurikiranira hagufi ibiriko biraba bishobora gusubiza inyuma intambwe Uburundi bwari bugeze ko ,yaba mu mahoro n'umutekano hano mu gihugu ndetse no mu (...)
- u Burundi / HomeNews Igiporisi n'igisirikare bisabwa gusenyera ku mugozi umwe mu kugarukana amahoro https://mail.igihe.bi/igipolisi-n-igisirikare-bisabwa.html https://mail.igihe.bi/igipolisi-n-igisirikare-bisabwa.html 2015-05-01T09:41:04Z text/html rn IGIHE HomeNews
Abashikiranganji babiri uwo kwivuna abansi hamwe n'uwo umutekano bamenyesha ko izo nzego zibiri barongoye, zigiye gufatana mu nda mu kugarukana amahoro n'umutekano muri kino gihe.
Mu kiganiro n'abanditsi n'abamenyeshamakuru cagirishijwe n'abo bashikiranganji uko ari babiri , Gabriel Nizigama , umushikiranganji w'umutekano hamwe na Pontien Gaciyubwenge ajejwe kwivuna abansi, umushikiranganji w'umutekano Gabriel Nizigama , amenyesha ko badashobora kurera amaboko muri kino gihe hari imyiyerekano (...)
- umutekano / HomeNews